Accueil > Poritike > Imigambwe > Abagira imyiyerekano basabwe kuzana umurindi mushasha
Abagira imyiyerekano basabwe kuzana umurindi mushasha
dimanche 3 Rusama 2015
Abiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza basaba ko abarundi bosidukana n’iyonka kuri uno wa mbere, hamwe umukuru w’igihugu yoba atarisubirako, bagire iyindi myiyerekano, n’umurindi mushasha.

Pacifique Nininahazwe umwe mu bateguye iyo myiyerekano, avuga ko hari umugambi wo kugira nabi, aho umugambi wa mbere, ari abantu bari kumwe n’uwitwa Pascal Bizimana, abo bantu bakaba banyegejwe mu mahoteri y’igisagara ca Bujumbura, abo nabo, bariko bategurwa nk’uko Nininahazwwe abivuga, kwagiriza abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike, ko ari bo bateguye bongera bashira mu ngiro, igitero co mu ntara ya Cibitoke, hamwe n’uguturira imiduga mu myiyerekano bizoce vyagirizwa abo bari mu myiyerekano, yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Umukuru w’ishirahamwe FOCODE asaba abazitabira iyo myiyerekano bose, kuzana umurindi mushasha mu kwanka ko umukuru w’igihugu ahonyanga ibwirizwa nshingiro n’amasezerano y’i Arusha, ariko kandi bagasabwa kwirinda gusotora abajejwe umutekano, bagire imyiyerekano y’amahoro. Avuga ko uwuzohirahira agaturira umuduga w’umuntu canke akonona ikindi kintu, uwo muntu bazoba batari kumwe. Asaba abajejwe umutekano, kubacungerera imyiyerekano yabo.
Aristide Nizigire
Messages
3 Rusama 2015, 14:24, par vuganeza
Uyo muhimbili ni we ariko atera akajagali mu gihugu,murumva ingene ararika ababwira n’ingene bigenza hanyuma ngo ntari mu vya politique,sha bandanya ibiriko vyononekara vyose uzobibazwa,uyo mulindi mushasha natwe turawiteze,peter twaramutanze ntiduhindura!!!!
3 Rusama 2015, 15:33, par Mpangaje
None uwo mushingantahe pacifique asa numuntu yize kandi yanonosoye neza ivyirwa.Mbega ko iwe afise umuboyi umuyaya umufasha yibaza ko abo agomorera mwibarabara ko basanga imeza iteguye nkiwe?Har abarya aruko bakoze bagiye town.none bicwe ninzara?Pacifique umviriza ayavurwa na communaute international.Saba et panga ibiganiro.Jewe nibaza ko iyo umuntu apanze rebellion ou ingwano ko communaute international itaba irimwo.Twumvirije bose
aho ni opposition na cndd fdd abashaka ikiringo cakabiri ca petero nkurunziza
kugira bumvikane ni ukuganira bagafuta les reserves za accords d arusha.
Nosaba Pacifique ko yoshira amaso inyuma akibuka les obus zatewe ku gisagara ca bujumbura...Erega Pacifique turavye sawa sawa Abo Ba Peter barafise power yukurwana.ubu hoho bishimikije amategeko abaha uburenganzira bwo kwitoza.Wewe rero uriko ubarwanya wariyumviriye neza ko bafise inguvu.Gaciyubwenge wewe yunuje ngo coup d etat..Ngo igisoda kirafata responsabilite yokwirukana Peter..Huuuuuum..Pacifique abo ba peter baiye mwishamba cane cane mukwanka igisoda ko ci mela muri politique si pas muntwaro...Aho mudusubije muri case depart..Mbega pacifique iyo ngwano uriko watsa ubona uburundi buzoyiva imbere????
Ja mu biganiro mukamure ibibazo vyose hama mureke gusesesha amaraso abantu.be blessed et soit sage Mugabo
3 Rusama 2015, 15:57, par Rwamo salomon
Komera mutama.ni mukomere kuko ntawokora ico mwanse kandi Imana ibaje imbere nayo abo babanka mubime amatwi kuko amanama yo murufuri ntakigenduko ngwareke kumenyekana.bamenye kutakiranira ivyicaro vya politique.
3 Rusama 2015, 16:30, par imidi
None ko Pacifique ya tubwiyeko hariho abazoturira imiduga yabanyagihugu bace bavyitirira abari mumyirekano, kugira tubirinde twokoriki?
3 Rusama 2015, 17:03, par BAKEVYA Antoine
Hahahahah,emwe ntivyoroshe pe!
3 Rusama 2015, 17:14, par Didy
Naje sinshigikiy 3èm mandat ariko nimyiyerekano sindagyishigikiy kuko kubwanje:1)imyiyerako ituma ubuzima bwabanyagisagara buhagarara izotuma umuntu mutoyi yicwa ninzara n’ubukene! 2)uwarinze arengera impanuro ziva mumpande zose z’isi agashima kwitoza ntazotinya kwicira mumabarabara abazoba bari mumyiyerekano! 3)umuti w’ingorane ntutorwa muzindi ngorane!
3 Rusama 2015, 17:37, par Muhanuzi J Mercy
Pacifique Uko Niko Uhanura? Rurya Rwaruka Ntirwoshobora Kwihangana Gusotorana Kandi Naryamapine Baturira Baroga Ikirere Wabibabujije? Gezaho Ahubwo Uhanure Kureka Iyomyiyerekano Kuko Hagera Mwijora Bagatera Igiporisi Ivyobigwanisho Wumva Ataribimwe Vyo Mucibitoke? Canke Nizambonerakure? Kowanse Kobaheba Imyirekano Ejo Ubaje Imbere.Ariko Mugezaho Tuje Mumatora Nayo Intambara Mwateguye Ntaho Izobageza. Ntutangure Kwiyotsa Ikibi Ukuri .
3 Rusama 2015, 18:22, par f
Ejo nimutarara mukuyeho peter ntimuzasubire no kuvuga. full stop...
3 Rusama 2015, 18:55, par saruhara
Hemwe jewe mureke ndabibarize. Mbega uwo Pacifique ari muwuhe mugambwe?? Hari abantu bambwiye ngo afise ONG yiwe. None abantu bafise ama ONG baremerewe gushora abantu mu mabarabara canke nk’wivanga na politique. nukuri jewe sinize amashuri none nagira ngo munsubize. Jewe narinzi ko za ONG zishobora kuvuga ihohotegwa ry’abantu, ariko sinarinzi ko baja no muri politique. Niyo mpamvu uwo pacifique Nininahazwe , nukuri sindamwizera kabisa.
3 Rusama 2015, 20:32, par mpozenzi
Ico mbona abarundi bakwiye kumenya caane caane abahutu baba mu burundi nuko abatutsi bafise ico bateguye kandi gihuye nivyabaye mu 1972 babanje kuvuga ko imbonerakure ziriko zihabwa ibirwanisho??ko bariko bitegura kwica abatutsi ahubwo aribo bariko bategura kwica abahutu,ubu aho kwita abantu ngi ni ba MURERE babita IMBONERAKURE canke INTERAHAMWE kuri zina muhutu wese mwibuke ko umuhutu wese bamwita murere mu 72 none ubu babita imbonerakure,Hanyuma abandi babagiriza ko bariye ikigega cabadasigana kugira umunyagihugu wese ahari yumveko uwo muntu aruwo kwica,ubu naho bavuga ngo nugukura ISIHA MU BIGEGA mukanure rero ayo majambo arasa ntibadusubire,murakoze
3 Rusama 2015, 21:52, par emmanuel
muragende bukebuke
3 Rusama 2015, 22:05, par vuganeza
@mpozenzi
ndavuga ngo tera iyo sema,abatutsi nibo bashaka kwica abahutu,nibakumbure birarire,nibo amabi yose yashitse ku ntwaro ya peter bayakoze,nibo bishe ababikira,nibo baturiye amasoko,nibo banyuruje aba FNL,ivyo vyose kugira abahutu dusubiranemwo iyo ni plans,mwibagiyeko ari abicanyi bibari mu maraso bavyonse mu mabere kwa ba nyina,aho tubana n’ibikoko si abantu,abo bapolisi batewe grenades ni bamwe bo mu ngagara bazibateye,haguruka nyabuna umuhutu ntazosubire gupfa yishwe nizo mbwa zisara,grenade ku yindi nyabuna,imbonerakure ni irindi zina badutoreye ngo batumarire abacu,bose ni rutoki rumwe ,abicanyi ata mitima bagira,namwe mutegerezwa kuvyiga nta wundi muti ,ubana n’abatutsi utegerezwa guhera ikinya si non tuzosubira gupfa nk’imbeba!!!
3 Rusama 2015, 22:40, par Rufuku Djuma
Yemwe hasigaye ahabasenga,mbega yemwe dufate iki?
3 Rusama 2015, 22:41, par Rufuku Djuma
Yemwe hasigaye ahabasenga,mbega yemwe dufate iki?
3 Rusama 2015, 22:47, par mahoro
Haragowe umuntu azumviriza ivyo uvuga akagirako akabikora,. Burya wewe aha ejo tuzogusangayo mwe na bene wanyu n, abana bawe n, umugore wawe? Uraduteye intuntu n, akabonge!
3 Rusama 2015, 23:02, par mariya
Ewe Pacifique, Uhoraho aguhe igihano kigukwiye mwe nabo mufadikanije kubw, imitima y, abantu benshi iri mu gatengo , ubukene nabwo bwugarije abanyagihugu batobato kubra ubuzima bwose bwahagaze. Murimwo abadayimoni
4 Rusama 2015, 00:27, par Ukurinkukurima
Amaronko menshi aziba amatwi, Kandi ngo Kananira Abagabo ntiyimye. Mbe ga bacobo, Peter Nkuru ntiyova ibuzimu akaja ibuntu? Har’abagabo barikumwe nawe muri CNDD bagize ubutwari bwo kumubwira ukuri aca ahitamwo nabi, arabirenza. Ivyo bizomubera icagirizi, kandi nubu iyo yikanguye biramuvuruga mu mutwe. Abamushikira mubwire aje murutonde rw’abandi Bakuru bigihugu babogojwe, Bagaza, Buyoya Ntiba, Ndayizeye, n’abo twabuze babiri Ntaramira na Ndadaye, bose kumwe na Nkuru bazandikwa dans l’histoire du Burundi, azoheza nkuru ahabwe ikibanza mubandi kandi nimba ataco yiygiriza ntaco bizomutwara. Nayo Kumata kubutegetsi!!! amaherezo y’inzira ni Munzu. Humura Nkurunziza akaryoshe ntigahora Mwitama, sivyo none, Umugani ugana akariho, Umwuko n’ikiriko.
4 Rusama 2015, 00:51, par Ahubuntubwamye
Eka Ntamuhimbiri, umuhimbiri n’usahura abanyagihugu, n’ubesha kandi akabeshera abandi. Mugomba abarundi baceceke ibara ririko rigwa. Aharabagabo ntihagwa iki???
4 Rusama 2015, 03:29, par Nyaburunga
Umuntu atabona intumbero y’iyo migumuko, nacane cane UMUHUTU, afise mémoire courte. Abo bantu ntakindi kintu bariko barategura uretse gukora genocide nkiyo bakoze 1972. Abibuka murazi ko bica abahutu babita ngo ni ABAMENJA,BAMURERE. Ejo bundi 93 barabandanya bica abahutu babita ngo ni INYANKABURUNDI. Ubu naho ngo IMBONERAKURE, INTERAHAMWE. Aba hutu muzohumuka ryari? Ni traumatisme y’ivyababaye ko canke muri hypnotisés? Mwari mukwiye guhumuka atari uko muzokwibuka ingegene imisure yagurutse. Birababaje kubona abahutu bitwa ngo barize, bakuze bazi akahise kuburundi, eka mbere bamwe ari abacika cumu, unomusi bari inyuma yabagumutsi kubera inda gusa (BA NIJIMBERE) no kurondera ibiti bakibagira ahobavuye. Birababaje biteye agahinda. Komera mutama Rwasa kudifadikanya n’izo nkozi z’ikibi
Ndavuga simvura.
4 Rusama 2015, 03:58, par manirakiza
PACIFIQUE, Jewe ndakubona uko.Ndakwihweje mbona usukuye pe!Bisigura ko wewe wanyoye Quigoz.Naho woba uri igicange ni igicange kitacangiwe.Rimwe na Rimwe ivyo uvuga ndavyemera.Mugabo concernant les manifestations tu tapes
Signification , usubije inyuma Les Accords d Arusha ....None au cas ou la situation ibaye uko mutavyibaza , a qui la responsabilite>?Ibuka ko les accords d arusha zabaye igihe ibintu vyari vyanyangaye ?Les obus zarwa ku gisagara ca bujumbura nkama buye...None Power CNDD FDD yarifise yarakurutoye?Pacifique irinde ingwano.Ja mu biganiro pour completer les accords d arusha et corriger la constitution.Abahutu particulierement barashegeshwe nagasuzuguro akarenganyo etc...Ils ne bougent pas iyo barindiriye drits zabo.N amaerica isaba ibiganiro baravuze ko ata indices nimwe babona ko peter arekura.None wewe ushaka kwubaka wibaza ko manifestations avec risque ko imiyabaga isotora la police ko aryo cinema iryoshe?Reke gukora ubusa.utuma umwana kuvoma wamwihanije kumena inkono maiss ayimenera ico pour voir la reaction de la maman ou pour s amuser.Ibuka ivyo twaciyemwo ..Rebellion ntawuyi controlla pacifique
a cote vraiment.Analyse la situation mumutwe iwanyu nabo mukorana vous raisonnez comme les gens du moyennage.None muracabaho?Nsintukanye wumvise ico nashatse kukubwira.Barya bana imiyabaga murondorera mumabarabara mubagira amashetani, muboza mumitwe.Inzara iri mukubica
muri 2015 nibaza ko manifestations atari ingendo nziza zo ku reclamma
mubihugu vya africa.Manifestations ni izo kwica aho ni clin d oeil.ntushobora kubwira imiyaba ngo ntimukome aba polisi.Bari muri ages de le faire aho warose kumurango.Ni igiki kikubuza guhamagara ibiganiro maze mugasubiramwo neza les accords d arusha na constitution mukayikosoza?
Mwashutse Gaciyubwenge ngo aze gusohora Peter Nkuru muri Presidence
hama wibuke ko agashavu ari kose.Depuis 2005, abo ntavuze baja kuzura abantu bagipfa bakaja kubata munzuzi mugaca muhamgara onu ngo basaze ngo bishe abantu .Enquetes ngo nta identification possible..Gatoyi bafashe aba jeunes bagiye kubigisha pendant 2 semaines ngo ca muja gutera cibitoke
Gato ngo ni CNDD FDD yateye...Ayo mayeri ni depassees.Abarundi barashishwe. Ntabanga riba ho avec plus de trois personnes.Au bout du compte ukuri kurateba kukarwa abarundi bakamenya ido ni do. na communaute internationale ikamenya ko opposition ikina nabi..None je mu biganiro.Abatutsi bari mubiganiro mbega ko batasavye ko hoba alternance des ethnies a la presidence de la Republique.L histoire des vices presidents mbega burya ziri up date muri iyi myaka?Mbega ko numva les sanctions aux personnes qui violent les accords ari izo uwushaka wese asemerera , les accords zivuga iki?ndakurahiye Pacifique ko mwogenza pole pole...Ingingo zo ntizija barabarani ziva mu mishikirano.Hama mpejeje ndakwibutsa ko opposition ifise power yokutangisha embargo ku burundi, embargo ibabaza abasiriisita ko abanyagihugu bato bagumana aide humanitaire.Opposition ifise power yo kufungisha ba adolphe et consorts i la HAYE..None uraba neza I la HAYE wewe ntubona ko hasa na sheraton.Ivyo bitwara iki?Opposition ifise gahunda yokubuza adolfo et consorts america europe etc...Bibatwara iki ko bimenyereye ibilocales..Barya ba DD power bafise , ntibaribagira ishamba
ntibaribagira les hautes montagnes au dessus de bujumbura.Bazi no kunyaragasa muri tanganyika batera ama obus aho bashaka.None qui est plus fort?None wewe wobishobora?Uzotuma abandi qui exigent le budget annuel du Burundi de dix ans comme honoraires..Azova hehe?kubera iki onu yokwonona ayo mahera lorsque mugiye mibiganiro la solution yoza i bonetse a la sortie de l hotel meridien..
la verite presidence de la republique du burundi ni business ya seriye mugani wa baraho.abantu bapfa si ingorane yanyu igikuru nuko muyifata.
ikibabaje muri dans un bras de fer hamwe numucuko aca amenya ico egocentrisme ivuga.Mais aho biri
Buyoya Pierre yaravuze ati Iyo Mandat yoba ari iya gatatu ya Nkurunziza ntikiri probleme juridique ati ni politique.Un probleme politique est resolu mu biganiro et non mwibarabara.Ivyo pacifique ni ibintu vyumvikana.Eka na communaute internationale mpereye kuri UE, UA, America bavuga ngo ja mu biganiro.None kurungika imiyabaga mwibarabara ngo bitwaje umurindi mushasha, iryo jambo rivuga iki?Rivuga iki? Hoba hariho difference nukumesa ou kurongorora?Abazokwitaba la Haye si bake kweri.....Ibiganiro nivyo vyo
vyoca vyitwa ARUSHA II.Hari nabandi babisaba
4 Rusama 2015, 04:00, par Masabo Jean- Marie
uwo muhimbiri Ngo ni Pacifique ahubwo ni guerrier. Kuba atarahanwa kubwicanyi yakoze akiri umu sans échec bimutuma Ashoka gusubiramwo ububisha bwiwe. urabwira ayo makungu atakuzi. Mugabo impera n-impruka uzoriha abo wishe n-abo wicishije.
4 Rusama 2015, 09:36, par muco
Uwo muntu yitwa Vuganeza yarakomantajwe n’amacakubiri basi! Ivyiyumviro vyiwe vyose ni amacakubiri gusa! Muvyo abiyerekana bavuga hari numwe aravuga ivy’abahutu n’abatutsi?
4 Rusama 2015, 13:30, par Kamanzi
Muraho benewacu babarundi? mukomere kandi mushishoze cyane murenge ubwoko murebe nigikwiye gukorwa aricyo mushyigikira. Igihugu nicyanyu mwese kandi ntimukagashukwe nubwoko kuko ndibazako ntamwe bigirira akamaro murimwe ngo nuko harikuyobora ubwoko kwawe, usibye kwishima mubyiyumviro ngo harayobora uwo muhuje ubwoko.
4 Rusama 2015, 14:42, par Kaka
Ndagarutse kugirango ntange ivyiyumviro vyanje ndi umunyarwanda ndagerageza kwandika mukirundi kugirango mwese mwumve ivyiyumviro vyanje, aho ncikwa nkandika ikinyarwanda mumbabarire. Nasomye ivyiyumviro vyanyu mwese kuri ino nkuru no kuzindi nkuru zivuga kubibazo biri mu Burundi. Ntamuntu ntasomeye commentaire yiwe, ariko nababaye cane kuko hariho ivyiyumviro vyinshi bitofasha abarundi kuzana amahoro no gutera imbere; un example nuwitwa Vuganeza aho atinyuka ngo abasenga babireke ngo n’Imana na satani ntibigihari vyarahunze! C’est domage!!! Abantu Vuganeza, Nyaburanka, Mpozenzi, Didy na Manirakiza nabahanura kureka ubwoko mukibonamo kuba abarundi nkuko igihugu canyu ari kimwe namwe mube bamwe, car vous diviserez pas le Burundi, cizokwama arikimwe. Kahise kiburundi sinkazi cane ariko ndakaziho en histoire kuko sinari bwavuke ariko nubwo vyoba arinkako mubivuga ari realite ntimwohamagarira abarundi kwicamo ibice, kandi ibiriko biraba ubu vyovyo ndabizi ndabikurikirana neza, none ga bagenzi mwovuga ko ubu ntambonerakure zibaho? Murere simbazi bobo peut etre babayeho ou no; ariko ivyo c’est le probleme que vous avez, ikibazo mufise ni uhonyanga ibwirizwa nshingiro namasezerano y’Arusha. Est Nkurunziza kuri mwebwe mubona ahejeje manda 1 canke 2 ? Ndashaka mube abashingantahe bakunda igihugu muvuge ukuri, kandi mwibuke ko Amasezerano y’Arusha niyo yahagaritse akavuyo kintambara zurudaca zari hiyo mu Burundi. Nshaka mvuge kuri manufestation nayo; mugihe uri muto ukora icyo ushoboye example Papa agukoreye nabi wanka kurya kugira agire ikigongwe agusabe imbazi, none ga bashinganta, mushaka abariko bariyerekana aribo bahamagara Nkurunziza ngo ingo twumvikane? Umukuru niwe agomba guhamagara umuto. Gusa manufestation muri Africa ikorwa nabi, ari iburaya ntawapfa. Ikindi muriko muravugango abakora manufestation baratera inza mugisagara, hama amakungu nabafatira embargo bizogenda gute? Reka ndakubaze wewe murundi uwoguha akazi habanje gupfa umuntu umwe wogakora uryohewe? kuko harya kuba president ni poste navyene. Ndinkurunziza entant qu’un chritien sinokwemera ko hapfa umuntu numwe kabone nubwo ntamanda nimwe noba narayoboye. Naho abavuga ivyamoko rero ntawomenya par chance harinaho uwomusimbura yoba uwo mubwoko bwawe ariko habaye ukuri. Gusa wawe ufite ubwoko mumutwe wovyikuramo kuko uwo ariwe wese yisanze uko ntawiremye. Abahutu, Abatutsi na Abatwa ni Abarundi bafite igihugu kimwe cy’u Burundi, nuko Imana yabipanze kuko aribyo byiza yashimye. Naho Abarusiya n’Abashinwa ni les opposants des USA; ntimwibaze ngo ivyo bavuga ni realite. Ntaciza ca bazungu, aho bi oppoje hose harico vyatanze? Sawa Imana ibafashe ibehe amahoro niterambere nivyo nama mbasabira. murakoze
5 Rusama 2015, 08:52, par fffg
pscfiq bagegeze urabona baravugumira bakubonye sha uri umugabo pe babwire
6 Rusama 2015, 16:07, par Mavica
Ivyo uwurongoye FOCODE avuga n’ukubesha abanyagihugu.n’inde yabonye imyiyerekano iba mumahoro?Ahubwo rero kubwanje nobwira abanyagihugu bihutire ibikorwa vyabo vyamisi yose hakuja mumyiyerekano.
7 Rusama 2015, 19:03, par RIRAGENDANWA
NIMUKOMERE KU RUGAMBA!
11 Rusama 2015, 17:59, par buyoya
Inkotanyi aho ziri hose zirota gusesa amaraso raba nkiyo nbwebwe isa numuzige ngo ashaka ubutegetsi eka Da baca umugani mukirundi bati ishavu ryimbwa riherera mumurizo wukunkumure mugushuhura imbwa kuko wewe numuru wazo
12 Rusama 2015, 13:35, par IRADUKUNDA JEAN BOSCO
HA NONE UBURUNDI BUHINDUTSE URUBUGU BAMWE BARABAREKA ABANDI BAKABASHWIRAGIZA?MANA GARUKIRA IGIHUGU CAWE.
4 Ruheshi 2015, 06:29, par Renovat
None Iyimbwa Pacifique Ntakindi Yokorera Abarundi Atarikubahamagarira Mwibarabara? Mbega Wewe Katajimbere? Nugwaruka Rwuburundi Ntigwiyumvira Kweli! Rwaruka Ntimubona Kotugeramiwe Nuyumwangushi Pacifique? Muze Tumusambure!