Accueil > Poritike > Imigambwe > Basubijwe inyuma badahonyoje ikirenge mu gisagara ca Dar es (...)
Basubijwe inyuma badahonyoje ikirenge mu gisagara ca Dar es Salaam
dimanche 31 Rusama 2015
Inyuma y’aho hari bamwe mu banyeporitike bari bagiye i Dar es Salaam bakabuzwa gusohoka ikibuga c’indege, barekuwe baca baja i Kigali mu Rwanda.

Abo bari bafatiwe ku kibuga c’indege akaba yari Chauvineau Mugwengezo wo mu mugambwe UPD Zigamibanga akongera akaba umuvugizi wa ADC Ikibiri, Pancrace Cipaye arongoye ADC Ikibiri mu bihugu vya Buraya n’umushingwamanza Syriaque Nibitegeka.
Abo bose uko ari batatu basanzwe bahurikiye muri Mouvement Arusha, bakaba bagira bagarukanwe i Bujumbura, ku nguvu, ariko ntivyakunda nk’uko babivuga. Ariko uko ari batatu, bakaba baciye basubizwa inyuma, ubu bose bakaba bari mu gihugu c’Urwanda.

IGIHE
Messages
31 Rusama 2015, 13:35, par kibondo
bakomeshe tu bibza ngo tanzanie haritaha
31 Rusama 2015, 14:00, par rutumo jean
ahubwo iyo babaha i giti bari bagiye kuzibira amabarabara ya dar es salaama nayo. ivyo bariko barakora mu burundi bizobahama iyo bazoja hose nka gahini. iyo ni ntango.
31 Rusama 2015, 14:26, par Eric NIZIGIYIMANA
Imana ishimweko batabarungitse mubicanyi ba cndd fdd bacumbiye kurumanga.
31 Rusama 2015, 14:30, par Dede
Bahane,ntakuntu Boza Batera Akajagari Mu Gihugu Bitwajeko Bafise Iyo Baja Nuburyo Bwokugenda.
31 Rusama 2015, 14:31, par Dede
Bahane,ntakuntu Boza Batera Akajagari Mu Gihugu Bitwajeko Bafise Iyo Baja Nuburyo Bwokugenda.
31 Rusama 2015, 14:48, par mahoro
biragoye umwe wese avuga icoyiyumviriye. Harikintu twomenya kibabuza juja mugihugu icarico cose. Je nagra gutembera nuburenganzira bwumuntu wese! Imana idufashe abuhanuzi bwishi buravuga kwimbere hari ibikomeye. Uwiteka adufashe
31 Rusama 2015, 14:53, par ferdinand
bari mu RWANDA muragenda mubakureyo
31 Rusama 2015, 15:03, par mahoro
biragoye umwe wese avuga icoyiyumviriye. Harikintu twomenya kibabuza juja mugihugu icarico cose. Je nagra gutembera nuburenganzira bwumuntu wese! Imana idufashe abuhanuzi bwishi buravuga kwimbere hari ibikomeye. Uwiteka adufashe
31 Rusama 2015, 15:04, par Kakindi inno
Iyo babarungika mu Burundi Tukabamesa.
31 Rusama 2015, 15:08, par Hanugwa Wumve
Jew Numva Ataco Bagiz Kubasubiza Inyuma!Nari Kubabara Iyo Inama Yasiba!Reka Turindire Ikiyivamwo!Sivyo?Ntihabura Abaza Guhahamuka!
31 Rusama 2015, 16:37, par kuri
nibagende kwasebuja wabo kagame
31 Rusama 2015, 16:55, par RWUNGERE
Au Rwanda Oui ! C’est belle est bien le dépotoir des ordures qui nuisent au développement de la paix dans la sous-région des Grands Lacs et de la communauté Est-Africaine.
31 Rusama 2015, 17:28, par richard
ntibitangaje kuko birazwi ko kagame ariwe abahenda ariko turamwiteguriye
31 Rusama 2015, 17:30, par Mugisha
Ivyo vyose bitegwa n’ubutegetsi bw’igitugu bwa Petero Nkurunziza.ariko arakwiye kumenya ko atawuhora kungoma.n’umwami Herode yararekuye kandi nibaza ko ataho bari bahuriye.
31 Rusama 2015, 17:31, par dezire
ikibazo bafite ntakindi
bafite bumvishamahanga
.atari gusebyubuyobozi,
nokubutuka.nibabe bakora
ibintu bisunzamategeko
!apana amahera nakagayo,
amatora nio nzira nziza
gusa,kubantu bose nkuko
none hagezweho abarundi,
bose,
31 Rusama 2015, 17:38, par miburo ismail
iyo ugiye kuvumba ntubuzi ko baguha canke bakwima nibatahe muburundi turindirirehamwe baradukukiriza umukenke
31 Rusama 2015, 18:45, par NKUNDABAGENZI
NONE NGAHA MU BURUNDI 99%HARI UMUTEKANO UKWIYE KANDI NKABA NUMVA NIMIGUMUKO IGIYE GUHAGARARA BABUZWA GUTAHA NIKI?
31 Rusama 2015, 19:33, par RABUBONE
Inama Isumb’ingimb Barundi. Mana Hangaza Uburundi.
31 Rusama 2015, 20:36, par Mututsi
Bahinyanyure nkakwakundi politike yabananiye nibaje kwa kagame izo nyankaburundi baraga puu!
31 Rusama 2015, 21:52, par FESTUS
Jew mvugati nyenicubahiro petero nkurunziza nabandanye aturongora gushika ubuzima bwiw burangiye ntacarampa ntanicodupfana ntanuwo ndabona amaso kuyandi arko ndamufitiye urukundo rudasanzwe
31 Rusama 2015, 21:54, par kim
k bashaka guhung aho batay uruzog nibabur kuza
31 Rusama 2015, 22:07, par Nyakabiga
Nibaje kwa Kagame mumisi tuzobuhondahondere hamwe amahoro abonekere kimwe mubiyaga binini.
31 Rusama 2015, 22:12, par H J C
BAHINYANYURE NKA KWAKUNDI
1er Ruheshi 2015, 00:27, par gato
ako kagabo nako hemwe, baduhe uburenganzira uburundi twabufata mumasaha atatu gusa.usicheze na kagame!!
1er Ruheshi 2015, 02:24, par vuganeza
Mwabuze kutugarukanira cane cane ci pancrace ico kigugu bon sang,cagiye kugarama mw’i hoteli i dar salam cibazako ari mu bubiligi na union europeenne yirigwa arandadaza umuhutu afashijwe n’abatutsi.Ewe ba Tanzaniya ndabakunze,mwaonye,ce sont des gens indesirables sur le sol tanzanien kubera batoteza um perezida yitorewe n’abanyagihugu,hiihihii,hahahhahaaaa,c’est domage nimba muri tanzania batagira fouille au corps nko muri Etas Unis avant d’emprisonner quelqu’un,j’aurai aime qu’on fasse asseoire et faire tousser pancrace pour voir s’il n’a pas de pneus dans son rectum pour brûler dans les rues de dar salam!!!!Je suis sur qu’ils ont fait ça car ces tanzaniens eux ne rigolent pas i wabo bose ni bacungaji !!!Vraiment mbega nkivyo bihutu iyo biriko bija mu rwanda vyibaza ko vyaronse un allié azobishikana kuri transition,aho ga niyombare na radjabu kagame ni we azobashira ku butegetsi?Murababaje n’ukuri muzopfa murushe hari hageze aho muruhuka kweli!Mwibaza ko mwasumvya Kanyarengwe gukorana n’abatutsi?Impembo ,muzobaze sinzi ko n’imva yiwe ikiri mu rwanda.Muzokorana impembo bazobaha nimwe,uretse ko natwe tutazobareka ngo mutere intambwe nimwe donc muriko muruhira ubusa,vous etes morts des deux cotés,kagame ntaco azobaha,natwe ntimuzodufatana ikintu na kimwe.
Ca pancrace muguhe inkoho kize ku rugamba,atari uko ntaco munoba!!!!
1er Ruheshi 2015, 10:42, par mukobwajana
HEWE UBUHANUZI CANKE AMAROZI YA NKURUMBI HERODI AZOPFA NABI NICO NZI
1er Ruheshi 2015, 11:26, par ndikuriyo
KWERI AHUBWO BARI BAKWIYE GUFATWA KUKO IVYABO BIRARENZE. BARABONYE KO BABAHINYUYE. IVYABO TWARABAHINYUYE. NONE RERO MU RWANDA BAZI KO AKAJAGARI BAZOGUMA BAKAGIRA NGO KAGAME ABEMERERE. NI BITONDE KWERI KUKO NTACOROSHE. SAWA OK.
1er Ruheshi 2015, 13:09, par juvenal
urwanda ntarwanze mwebwe mufatuburundi muranya ahomweretwe twe si congo urazobaza twaratojwe twobamesa tukabagirora tukabazinga urazobaza abotwahuriyaharaha bakubwire .ok
1er Ruheshi 2015, 13:14, par KAVYINABUSHUSHE
Be mzitonda basha mugushikiriza ibintu.Mbe aho mwotwemmeza neza ko intwaro ya pita ari nziza?muzovyemera uwo mufa abaha awubuze narirya aho yahora asoroma bazibiye, ayo matama yanyu yari yabingagiye mubanze mumere nkigiharage cabenje kubera kubura ivyunyunyu, niho muzoca mumenya ko mwakurikiye ubwije.Ndabatwenze ntacomuzovamwo
1er Ruheshi 2015, 23:16, par mutabazi
@juvenal. Rwose uravuga ukuri. Abatekereza ko Kagame azabafasha baribeshya. Ejo bundi décembre 2013 bamwirukanye muri Congo we na mukeba wabo M23 ahita amera nk’umusega. None hari abagifite indoto ngo yatera i Burundi. Niyambuke akanyaru bahite bamumesa bamuhindure ikigarasha number 1 (butuyu)
3 Ruheshi 2015, 14:31, par gadon
w wiyita kim!!ahubwo peter ngra ni so cnk nyoko ko numva umufitiy urukundo rwinshi!!urababaj kwli!!!
3 Ruheshi 2015, 22:46, par busyinga
...................................................
Ayo niyo mabarabara yubatwe kuva muri 2005
Avenue de l’imprimerie 2,032
Avenue de la Croix rouge 0,642
Boulevard de l’Uprona 2,154
Boulevard Mutaga III 2,145
Chaussée Kigobe 2,372
Desserte Mutakura- Buterere 4,833
CHPL Rwagasore 1,033
Avenue Muyinga Nyakabiga 2,854
Avenue Moso 1,150
Avenue Belvédère 1,580
Avenue Muyinga Zone Nyakabiga 2,854
Chaussée de l’Agriculture 1,550
Boulevard Mao 1,200
Rue JRR 0,800
Boulevard du 1er novembre 0,550
RN3 : Bujumbura-Gitaza 29, 3
RN4 : Bujumbura-frontière RDC 10,5
RN10 : Rugombo-Kayanza 122
RN12 : Gitega- Muyinga- Karusi 104
RN14 : Kirundo-Gasenyi 36
RN9 : Bubanza-Ndora 42
RN18 : Nyakararo-Mwaro-Gitega 56
RN20 : Gisuru-Rusengo-frontière
Tanzanie 37
RN21 : Mabanda- Mugina 21