Accueil > Poritike > Imigambwe > Bimwe mu vyashikirijwe n’abaserukiye imigambwe badashaka ikiringo ca (...)
Bimwe mu vyashikirijwe n’abaserukiye imigambwe badashaka ikiringo ca 3
mercredi 3 Ruheshi 2015
Mu rwandiko rwateweko umukono na bamwe mu banyeporitike batavuga rumwe n’ubutegetsi, bamenyesha ko bashima intererano y’ibihugu vyo mu karere mu gutorera inyishu ibibazo bihanze Uburundi.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’abantu 17 bo mu migambwe itandukanye, bavuga ko intererano z’umukuru w’igihugu ca Tanzaniya mu gufasha kugira ibibazo vy’Uburundi bitorerwe umuti hamwe n’uwurongoye igihugu ca Afrika y’Epfo babishima, ariko bakanegura ingingo yafashwe na Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu, yo gusiba mu nama yabaye ku wa 31 Rusama, uwu mwaka, iyo nayo ikaba yabereye mu gihugu ca Tanzaniya.
Ku kibazo c’ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza giteye impari mu banyeporitike batandukanye, abateye umukono kuri urwo rwandiko, bavuga ko biteze intumwa zizoza kugikura mu nzira, izo nazo zikazogondoza Petero Nkurunziza, mu guheba ico kiringo, ku bwabo bavuga kitari gikwiye gutera imparo.
Kuri abo 17 bateye umukono kuri urwo rwandiko, igishasha twabonye ku bateyeko umukono, akaba ari uko inani zagiye hamwe nk’urunani Amizero y’abarundi, Karori Nditije yateye umukono ku bw’umugambwe UPRONA, Serges Ndayiragije nawe atera umukono ku ruhande rw’umugambwe FNL wigenga, aho naho kandi n’umugambwe CNDD FDD userukiwe n’uwitwa Dismas Nduwayo hakaba hariko umukono wiwe.


Aristide Nizigire
Messages
3 Ruheshi 2015, 16:17, par NDAYISABA J BOSCO
BIRAHAYEKO HARIMWO UMU CNDD FDD KURURWO GWANDIKO KUKO YAGAYANYE.NTABONA KOYANKA KUREKURA ICO KIRINGO KANDAZIKWARAMASEZERANO YA ARUSHA YO2OOO
3 Ruheshi 2015, 16:56, par None?
Rwasa Agathon abamuhenze muri 2010 biriko biribinekeza Ko mwakinogihe ashobora kwerekanako yavutse nkabandi. Kubawaraye ubwiye abarundi namakubguko intwarizimfata bibanza abarundi twazirenganye mwayamatora canke munzengo zigihugu zigiye kubaho nyumayamatora, utegerezwa kuzoronka umwanya ukubereye kuko urikurerekana kuharabira inyungu zabarundi nigihugucawe ahabandibigira baniwanka bimeneke. Komera Rwasa bakoneshe mpakanawe ubashire mugashomeri nkako bagushizemwo ukabukamazemwo imyaka 5 ndajurahiye umwaka wagatandatu ntuwinjiramwo urimurakogashomeri baribagutayemwo.
3 Ruheshi 2015, 17:17, par Regis
NIMUKOMEZE MWESE DUTEGEREJE UZINJIZA IGITSINDO,UWARIWE WESE AZONTWARA KURIGE ATAKIBAZO NFISE,NDASHAKA AMAHORO GUSA, UBUNDI NGASUMIRA IBIBONDO VYANGE.
3 Ruheshi 2015, 19:02, par jhff
murarota emwenyimba mwiteze kazoheba kwitoza bemurimanika
3 Ruheshi 2015, 19:59, par ndiho
about nabasazi nibabure gufasha mugutegura. amatira ameza atagira akanenge ngobishinga gutegereza amakungu akimuhana kaza imvura ihise nibishinge ibarabara batera ubwoba abobatoye bahunga igihuha munyuma bazotera igere ngwamatora yibwe kandi abobatoye babahereje mubuhungiro
3 Ruheshi 2015, 20:24, par rutumo jean
nibaza ko inzoga banyoye ku musi wa coup d’Etat ziriko zirabavako arik kurya bamy bavuga nibaryumek ko ari abagabo bagume mwibarabar turabe ivyabo naho kuza kumaramara bivugisha ibiganiro nugusamaza.
3 Ruheshi 2015, 21:19, par Niyonkuru Gerard
Jewe Ndikondumva Abobanyepolitike,nibareke,kugumisha,ibintu!Isandugu yamatora nico ikora!!
3 Ruheshi 2015, 21:59, par majos
Ivyo nivyo abivugish ngutuzu twamatora tuzocurubanza nuko bazi ivyobateguye mu mamashine nka 210 nibakure Ndayicariiye bashireh uwundi bumvikany. Iconacobaze bakiivuganeko
3 Ruheshi 2015, 22:59, par busyinga
...................................................
Ayo niyo mabarabara yubatwe kuva muri 2005
Avenue de l’imprimerie 2,032
Avenue de la Croix rouge 0,642
Boulevard de l’Uprona 2,154
Boulevard Mutaga III 2,145
Chaussée Kigobe 2,372
Desserte Mutakura- Buterere 4,833
CHPL Rwagasore 1,033
Avenue Muyinga Nyakabiga 2,854
Avenue Moso 1,150
Avenue Belvédère 1,580
Avenue Muyinga Zone Nyakabiga 2,854
Chaussée de l’Agriculture 1,550
Boulevard Mao 1,200
Rue JRR 0,800
Boulevard du 1er novembre 0,550
RN3 : Bujumbura-Gitaza 29, 3
RN4 : Bujumbura-frontière RDC 10,5
RN10 : Rugombo-Kayanza 122
RN12 : Gitega- Muyinga- Karusi 104
RN14 : Kirundo-Gasenyi 36
RN9 : Bubanza-Ndora 42
RN18 : Nyakararo-Mwaro-Gitega 56
RN20 : Gisuru-Rusengo-frontière
Tanzanie 37
RN21 : Mabanda- Mugina 21
4 Ruheshi 2015, 00:28, par gerard ndayise
abo bant baba batanga inkuru zugu2kana namakosa indero irakenew mumico y’ikirundi vraiment jew k meme mbnako nyakwubhw peter nkurunziza umukuru w’ighugu c’uburundi akwiye gufata ingingo kabugabo vraiment kk amaraso yabnt arko ameneka nkayinyamaswa ndamusengeye mvga nti azumwuzureko igih umusi wimperuka wiw ugize narek abndi batwar kk akaryosh ntigahor mwitam ark ntagitangaj bazoba bagy kubutgetsi bishe impinja amaraso yumuntu akuz abatere ubwoba adorphe wew umungo ntazopfa niyimosh agacube dada wumukondo arazi kugatega neza ark amaraso yimivyimba yuzuy rusizi na babikira batatu imana yomwijuru batazuzu akabikorera kumutwi! narasenz mbonako urupfu rwiw azopfa apfuninyo mumazuru nomumatwi uyo munyagishubi adorphe mwumva nabana yanduza umugera wasida azobabazwa umusi niwage naze aragenda kwirira ubunure bwingurube mugasenyi kakamenge adohe abashe kwica urwaruka nabanyokuru bamuvyaye basumba nanyina yamuvyay arkoa reka umunt yagure mpimba hamw batotsinda hobababira ok murantunga harho numva ihavu ryabo
4 Ruheshi 2015, 08:26, par Melchiade MBONIMPA
Burya jewe hari ikintu kimwe nibaza, mbe abantu "b’abanye politike" iyo bario barashikiriza ivyiyumviro bijanye n’amagaburanyama yabo, baribuka ko babibwira abantu bafise ubwenge bwo kwiyumvira? Ni muvugane mugabure ivyo mukeneye ariko muduhe amahoro. Mbe ko muvuga ko mwateye umukono kuri urwo rwandiko nk’abatavuga rumwe n’ubutegetsi hakaba abasinye baserukira CNDD FDD, UPRONA, none abo mutavuga rumwe ni bande?
4 Ruheshi 2015, 16:22, par mahoro
yooooooooooh. aho sha Dismas ndaryohewe cane kuko wari warahenzwe, naje nari natangaye uko nari ndakuzi twigana primaire none ko wabonye iciza ni kibi si sawa ukava mu mbonerakure ziguteza urubwa zigateza urubwa niyuvuka. urakoze Imana iguhezagire hamwe nabo mwabohorewe rimwe mwese.
4 Ruheshi 2015, 21:19, par Bizohinduka Alail
Ntamvura idahita,kandib buraca kugirabwire.wewe uhaye,usesa amarasoy’abarundi wibazangobiherer’aho.umenyeko,hasigaye igihegitocyane,ngowishure ibyowakoze.ufatabanakungufu ubanduza sida,abatamakazi basumbanyokoyakubyaye,ntubatinyamukubicya,nokubasambanya.uwundinawe,mumasohe,umurebyemumasiye,arangwamo amaeaso y’abarundi.ewemaragowe.peter nkurunziza,ugishika kubutegetsi watubwiraga.kurumukoziw’imana.mumateranire wariryamiraga mubyatsi nomomubivu,ngurakunda imana.non’ubungubu,iyomana ubuse uracyayikundase!.kwabawebagupfirako,ukicyecyekera,ubw’imana uzayishimir’ute!?.niba ukunda imana koko.wahaye amahoro abawe,mugutanga imihoho nkuko Amerika yabigusabaga.ubundibwo amahano yuwakuremye ugiyekuyabona.
4 Ruheshi 2015, 21:19, par Bizohinduka Alail
Ntamvura idahita,kandib buraca kugirabwire.wewe uhaye,usesa amarasoy’abarundi wibazangobiherer’aho.umenyeko,hasigaye igihegitocyane,ngowishure ibyowakoze.ufatabanakungufu ubanduza sida,abatamakazi basumbanyokoyakubyaye,ntubatinyamukubicya,nokubasambanya.uwundinawe,mumasohe,umurebyemumasiye,arangwamo amaeaso y’abarundi.ewemaragowe.peter nkurunziza,ugishika kubutegetsi watubwiraga.kurumukoziw’imana.mumateranire wariryamiraga mubyatsi nomomubivu,ngurakunda imana.non’ubungubu,iyomana ubuse uracyayikundase!.kwabawebagupfirako,ukicyecyekera,ubw’imana uzayishimir’ute!?.niba ukunda imana koko.wahaye amahoro abawe,mugutanga imihoho nkuko Amerika yabigusabaga.ubundibwo amahano yuwakuremye ugiyekuyabona.
21 Ruheshi 2015, 12:02, par Anthony
Tusavye badushe kumurongo yagatatu kuko abarundi turagowe tuguma dupfa nkubunyegeri peter ntaburenganzira bwokwitoza afise