Accueil > Poritike > Imigambwe > Ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD-FDD rizoba kuri uno wa 25 (...)
Ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD-FDD rizoba kuri uno wa 25 Ndamukiza
jeudi 23 Ndamukiza 2015
Inyuma y’iminsi birindiriwe, umukuru w’umugambwe CNDD-FDD ku rwego rw’igihugu, umushingamateka Pascal Nyabenda yemeje ko ikoraniro kaminuza ridasanzwe rizotora uwuzoserukira uwo mugambwe mu matora, ritegekanijwe kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ndamukiza.
Iryo koraniro ridasanzwe rizobera mu gisagara ca Bujumbura , ku ngoro y’ umugambwe ku rwego rw’igihugu iri muri komine nshasha ya Ntahangwa, nk’uko biri mw’ikete ubuyobozi bukuru bw’umugambwe CNDD-FDD ryanditse ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 21 Ndamukiza. Iryo koraniro rikazotangura igihe c’isaha zibiri z’agatondo.

Muri iryo kete, ubuyobozi bukuru bw’umugambwe CNDD-FDD busaba abarekuriwe kwitaba iryo koraniro hamwe n’abaritumiwemwo ka burorerezi ko bokwubahirizwa kandi bagacungererwa umutekano, haba mu kibanza c’ikoraniro no mu micungararo yaho, hamwe no mu mayira bazocamwo baza mw’ikoraniro canke basubira mu mihingo baturukamwo no mu mihana yabo. Iryo kete ryateweko umukono n’umukuru w’umugambwe CNDD-FDD ku rwego rw’igihugu, umushingamateka Pascal Nyabenda.

Van Naris Mugisha
Messages
23 Ndamukiza 2015, 11:11, par ko
ntivyoroshe!!!!!
23 Ndamukiza 2015, 11:28, par Maitre kagoma
ndi Maitre Kagoma. ndibaza ko iryo koraniro rizoba inyenda muvano ya ndyogo imwe yarikira mu ntege kugira nyene ukuguru ahagurutse canke yicaye hose iryo rigi rimeneke!
23 Ndamukiza 2015, 11:45, par fghj
aho rero iryavuzwe riratashe
23 Ndamukiza 2015, 12:03, par Giribert
Ntangoranimwetwesetuzoza
23 Ndamukiza 2015, 12:04, par Hassanbell
Ntabwo bazatora petero nkurunziza kuko barakeneye amahoro mugihugu
23 Ndamukiza 2015, 12:17, par kagoma
Nuko nyakubahwa nyabenda ritutunganye.gusa mwibuke amategeko kuko mumugambw ngo mwisunga democratie.bisigura amategeko yakurikize rero natwe tubarinyuma
23 Ndamukiza 2015, 12:26, par s.a
turiteze ikiganza c’imana imana iracakunda u burundi
23 Ndamukiza 2015, 13:28, par Deo Ncutinziza
Iryavuzwe riratashe mumasaha hafi 48 icomwari mumaze imisi itarimike mubaza kizoba ikoraniro kaminuza ryumugambwe CNDD FDD
LE PEUPLE VA DECIDE LE PEUPLE VA ASSUMER.
DUSAVYE ABAVUZE KO BAZOCA BIYAHURA BATANGURE KURONDERA IBITI BIREBIRE NIMIGOZI IKOMEYE IDACIKA KUGIRA BAZOSHIKEYO NEZA.
L’avion atterira dans 48 h heures de Bujumbura shirako ceinture muhagarike neza intebe mwicayeko on va commence la descente.
23 Ndamukiza 2015, 13:57, par Nuwera
Mukinda mugaramye mukinda mwunamye, canke mukindisha agakomokomo ejohobukera ntawubi ni Nkurunziza kandibupanze neza. Abobazi icobita kwiyubaha nokwubaha abategeko canecane abavugako bazokwiyahura Nkurunziza yongeye kwitoza, nibashake bavibuzimu bajibuntu kuvibuzimu bakajibunturero sukwiyahura nukuzikwitura ubutungane gusa nayibindivyose ngonukwihereza amabarabara muzobona inyunguyayo kandi uwuzowacu bazowumuzimirizako ntakibuza hitamwoneza.
23 Ndamukiza 2015, 15:11, par Edwardson
Sha ndazi abarundi kugez’ubu barakanuye kandi barazi ikiriko kiraba naho Peter azoshigwa ngo yitoze sha ndaremye abarundi ntibazomutora mwibuke abataribake mumugambwe wa C.N.D.D bawuvuyemwe kubera ugusubira kwitoza kwa Peter ivyo ndabivuze nishinze ingene baguma basemerera ati yubaherize ibwirizwa nshingiro..Mubikore muzombwira n’ejo aho bukere..
23 Ndamukiza 2015, 16:26, par FILIBERT DEOGRATIASI
JEWE NDIBAZA KWATAUNDI BOTORA ATARINYAKUBAHWA NKURUNZIZA NATWE ABARUNDI BUMUTIMA TUBARINYUMA ABONABO BAVUGA IMIGUMUKO BAGOMBA KWIYAHULA KUKO IGIHUGU NTICITWARA
23 Ndamukiza 2015, 17:22, par Abdoul djuma
None iyo mwuvise izina rya kizigeza w ’igihugu muca mujugumira ni mwitonde abatware kuko na bambatwaye mutwaro za gahotoro ni gikenye nta bujambo mwaja muravuga nyakubahwa Nkurunziza nu dutware urabikwiye
23 Ndamukiza 2015, 17:27, par matana
wait and see!!!!1
23 Ndamukiza 2015, 17:54
Ahubwo Ryari Ryatevye Turirindiranyigishika
23 Ndamukiza 2015, 19:59, par Kaburungu
Iryo niryo koraniro ryanyuma NKURUNZIZA azoba yitavye
24 Ndamukiza 2015, 05:28, par Ni-love
Je Vrement Ndifuza Ko Bokwemeza Nyakubahwa Petero Nkurunzinza Kuko Abanyagihugu Turacamunyotewe Caaaane!!!Abumva Nab Ko Atabikwiy Inyish Nobhanur Siyo Gukra Imigmuko Ahubw Nibtur Abajejw Ayo Mategko Ham Barab Reellement Ko Atabkwiy.Ham Uzoj Mwibrabra Wes Azamnye Ko Azob Arenz Amategko Arinay Mpamv Bazomkorrako.Ok Ikibwigwa Nicumva
24 Ndamukiza 2015, 06:41, par Cuma jean baptiste
Ni vyiza mugabo baze biyumvire kahise ,ibihe turimo, na kazoza vy igihugu cacu
24 Ndamukiza 2015, 08:26, par Christophe
Ahabwo nkurunziza nagumekwisonga!
24 Ndamukiza 2015, 09:13, par KNC
igihugu camy kirimwo abagabo kandi imanga ntimarira Imana ntimwibaze ko umuhero wacu uzoshika ejo ahubwo ni intago nziza ya democratie
24 Ndamukiza 2015, 14:06, par Nkunduburundi
BAGUMYABANGA, mwebwe mwahawe amabanga yo kurongora Ubwanyaburunga, namwe mwese mufise ico muterera naho mukivugira, ndabahamagariye gusubiza agatima mpembero, mubaze imitima yanyu incuro zirenga70, imitima yanyu ndazi ko hari ico ibongorera. Maze murengere inyungu (INSTINCTS) zanyu (IBITI, AMAZU- AMA JEEPS- IVYUBAHIRO, ABAGORE
24 Ndamukiza 2015, 14:41, par Ndatangazwacane
Reka tubibutse ntawundi atari Nkurunziza, mwebwe haguhanura abavugako bazokwiyahira muhanura abariko baritegurira gushikiriza umukandida wabo?
24 Ndamukiza 2015, 15:08, par Nkunduburundi
BAGUMYABANGA, mwebwe mwahawe amabanga yo kurongora Ubwanyaburunga, namwe mwese mufise ico muterera naho mukivugira, ndabahamagariye gusubiza agatima mpembero, mubaze imitima yanyu incuro zirenga70, imitima yanyu ndazi ko hari ico ibongorera. Maze murengere inyungu (INSTINCTS) zanyu (IBITI, AMAZU- AMA JEEPS- IVYUBAHIRO, ABAGORE
24 Ndamukiza 2015, 16:21, par Daniel
Icompanura Nibareke Nkurunziza Aje Mwihiganwa Asinde
24 Ndamukiza 2015, 20:01, par BMW
aho twarara mu myonga no mumashamba Mbonimpa na president wa Forsce bari bigaramiye mumazu meza ngaha mumuji igihugu twagikuy habi nibaturek twitungany nibaba bakeney ko bahiganywa nibatang iyo candiature twihitiremwa.harambe cndd -fdd abagumyabanga nabahoze bose ari intagoheka.
25 Ndamukiza 2015, 10:12, par Melchiade
NI BAGENDE BAHEZE IBIZEZE UWO BITA KO ADAHARANIRA POLITIKE MUGABO AKAVUGAKO KU MUSI WA MUNGU ABAJA GUSENGA BOSIBA BAKAJA MW,IBARABARA KUGUMUKA UWO NAWE AKABA ARI nshimirimana vital TURARINDIRIYE TURABE UWABARUNDI BAYOBOKA NIHAGUMUMUTEKANO AZOCE AJA KUZANA BARYA BANYAKIRUNDO BANYARUKA KWUMVA NO KUYOBOKA .NKURUNZIZA IYONGERE INTSINZI
25 Ndamukiza 2015, 10:15, par Melchiade
NI BAGENDE BAHEZE IBIZEZE UWO BITA KO ADAHARANIRA POLITIKE MUGABO AKAVUGAKO KU MUSI WA MUNGU ABAJA GUSENGA BOSIBA BAKAJA MW,IBARABARA KUGUMUKA UWO NAWE AKABA ARI nshimirimana vital TURARINDIRIYE TURABE UWABARUNDI BAYOBOKA NIHAGUMUMUTEKANO AZOCE AJA KUZANA BARYA BANYAKIRUNDO BANYARUKA KWUMVA NO KUYOBOKA .NKURUNZIZA IYONGERE INTSINZI
25 Ndamukiza 2015, 14:35, par NAUG
Mbega Ko Badashaka Gutora Uyundi Mu Kandida Nuko Nkurunziza Wabo Boba Bamukunda Kurusha Abandi? Kira Noneho Hazoba Icagezwe! Ubutware Canke Icubahiro Bitangwa N,IMANA.