Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CNDD FDD : Umunsi wahariwe umurwanyi Komine MWUMBA (FOTO) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > CNDD FDD : Umunsi wahariwe umurwanyi Komine MWUMBA (FOTO)

CNDD FDD : Umunsi wahariwe umurwanyi Komine MWUMBA (FOTO)

samedi 15 Munyonyo 2014


IGIHE

Messages

  • hahaaaa.munyumvra ngo uyu munsi mukuru uzohorauraba mu burundi???canke igihe bazoba batagitwara(cnd-fdd)bazowukorera he?

  • Muvukanyi Uncle jj, ivyovyokuvuga ngo CNDD FDD igihebazoba bavuye kubutegetsi mbebazosubira kugira iyimisimikuru? Umvarero nisunze imyaka ufise igihe CNDD FDD izovirakubutegetsi ntavyowiteze kuzobona kuko ubarevye baripanze bikwiye bafisimyakamwishi yokuzokomeza batsinda amatora incuronyishi, Ariko ivyowibajije ntawutovyibaza arikubakurikiranye barabivuganeza ko barikobarigina itsinzi barose, vyuvikaneko mugihebobabatsinzwe ntacovyomara kujakwigina ngokowatsinzwe nicogituma ubona atayindimigambwe iziko yatsinzwe ijakwigina ko yatsinzwe.

  • ndabara cane ndavye amahera mukoresha muruwo musi mukuru abacitse amaguru nimisaya yakebanye birigwa badumako insazi namwe mubakinda kubumuga batewe nokubashikana ahomuri ikebuke mwibukeko atariko bavutse kandi kuba muraho mwabitewe nabo bitanze bakaba ibimuga ariko ayo mamiriyoni mwonona meiginako mwashitsaho murya neza ntimwoyavuzamwo abo mwahoranye kurugamba mukanabafasha kubaho neza nabo bakabonako ico bagwaniye bagishitseko

  • kuvyina iyotsinzi yabashikanye aho mwicanye sico nyamukuru ikiri nyamukuru nukwibuka abo mwagendanye bahasize ubuzima bwabo nabene wabo bahacikiye ibimuga ubu batawe nkakanuka badumwako ninsazi nkukumengo ntaco bamaze mukubadhikana kumurete babakuye kumagoma yakungu ubwoba ibitutu vyimigano mupata ndogo ogoni nibindi vyariwe bitaribwa ariko bobo bagumye kurivyo ahubwo bataronka naho babikura kubitiza ahatima mpembero mufashe benewanyu babashikanye mumadiva babakuye kumiranda yimigano namabuye mwicarako ayomahera yokwigina ivyo mwigina yabagirire mwimigambi yiterambere nabo baboneko bagwanye koko

  • barakabura batiginy umusiwabarwany iyo ntimubona kwarimitingi bakora twizere neza yukoboba bawuhimbaj ubwanyuma kubera amatora ntayobazotsinda ntibowuhimbaz batakir kubutegts

  • umunezero nimwishi kubasigaye. ndipfuza umuntu yoba yarazi costantin yahoze yiyita rugwe cank kabambe abandi bakamwita norisi. yoba yaragije uruganba gite

  • ariko bstsinz ryari intambara??? bateke amabi gusa naho intinzi y ukuri ntayo gusa bariko barinisha ceni n imbonerakure. ariko tubatege imisi!!! twabahinyuye turi benshi

  • Ruhuna,les victimes de Bugendana,les enfants innocents de Buta,les bébés et les veillards,les soeurs religieuses,abo bose mwariko muragwana? leurs sang crient vangeance,bitebe bitebuke mumenye ko muzobibazwa ngaha kwisi intsinzi yanyu ihagaze ku maraso des innocents burundais muzobizira abarundi barorera et d’ailleurs iyo ntsinzi mwayihawe nande ko ata 1 cm mwigeze mufata ahubwo mwari kugura 1 bouquet de fleur mugatwara kuri cimetière ya mandela we yabahaye un cadeau empoisonné ! àvaincre sans péril on triomphe sans gloire

  • mukomeze mutware ariko ibyo bukorana na fdlr sinzi ko bizobahira .mugire iminsi myiza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.