Accueil > Poritike > Imigambwe > UPRONA ya Concilie Nibigira yatanze uwuzoyiserukira mu matora y’umukuru (...)
UPRONA ya Concilie Nibigira yatanze uwuzoyiserukira mu matora y’umukuru w’igihugu
samedi 28 Ruhuhuma 2015
Abari mu mugambwe UPRONA ishami riyoboka Concilie Nibigira, batanga izina ry’uwuzobaserukira mu matora y’umukuru w’igihugu.

Abadasigana bayoboka uwo mugambwe usanzwe wemewe n’ubutegetsi, bakaba bavuye mu ntara zose z’Uburundi, baje kwemeza izina ry’uwuzobaserukira muri ayo matora. Imbere y’uko izina rya Gerard Nduwayo rivugwa ko ariwe azoserukira uwo mugambwe mu matora rimenyekana, abo badasigana bakaba babanje kugira urugendo rwabakuye ku Mugumya ahasanzwe hari ingoro y’uwo mugambwe, bazunguruka amwe mu mabarabara yo mu gisagara hagati ca Bujumbura, bitwaje inzandiko zibasaba kwima amatwi basesa nkuyoze.
Muri urwo rugendo rwari rwitabwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza rwahavuye rushikana abadasigana ku kibuga bita Tempete, abashingamateka canke abakenguzamateka b’uwo mugambwe ntibavyitavye. Uwo mugambwe ukaba ufise abasingamateka 17 n’abakenguzamateka 3.

Aristide Nizigire
Messages
28 Ruhuhuma 2015, 14:23, par SIHONDI Levis
NDITIJE TESHWA UTE CANKE CIRA BIRARURA; UKO WARI WAGIZE RWASA MURI 2010 AGUSUBIRIJE MUNKOKO MURI 2015. MBEGA MUZOTUBWIRA RYARI UWUZOSERUKIRA URUNANI RANAC?????????????? TWIZERE KO ARI RWASA KUKO ICO KIBANZA MUTAKIMUHAYE MWOCA MUBIFA KUKO ARIVYO BAPFUYE NA ADC IKIBIRI. KOMERA MUVYEYI WACU KONSIRIYA TURI INYUMA YAWE.
28 Ruhuhuma 2015, 14:35, par MAKOROKA
mperutse kugira amatohoza nsanga; abaporona bagiye murunani ranac; nibamwe baremera buyoya ko yabahemukiye; kubona aja kuganira na bahutu I ARUSHA. ni abaporona banyaze ivyabandi; ni abaporona bazi urupfu rwa nyakwigendera nicola mayugi; ni abaporona bazi kandi bagize uruhara muvya 1972; ni abaporona bazi kandi bafise uruhara murupfu rwa nyakwigendera melikiyoro ndadaye. ngejeje aho abo nibo baporona bavuye mumugambwe wa rwagasore baja murunani ranac.
28 Ruhuhuma 2015, 14:56, par KIBAMBA
MAKOROKA; AMATORA NIYAHERA ABO BAPORONA UVUZE BARI MURUNANI RANAC DUSHAYISHE UBURUNDI; TUZOBATANGA TANGA TUBASHIRE KUMURONGO TUBASHIKIRIZE CVR.
28 Ruhuhuma 2015, 15:16, par NDAVUGASIMVURA
mbega uwo azotegwa nande nibahambe umugambwe basubire iporona ni bayi bayi ndabivuze ndabisubiriye porona bayi bayi mwandike musubire muvuge ivyo mushaka porona bayi bayi....
28 Ruhuhuma 2015, 15:39, par mona alida
ahubwo wewe makoroka uvuga ivyo utazi abashigikira buyoya arusha ni bo ba nditije hama concilie yari muba dashaka kumva ivya arusha ubu aho igihugu kigeze abo ba gaston na concilie turabizi nti bashigikiye arusha natwe dukeneye abakwikiza arusha kugira igihugu cacu gitwagwe neza abanka arusha bose nabashaka ko iporona igenda kandi noneho birabona ko cndd.fdd ishaka kwikurako uprona nayo izo nsimbirahamwe nibazerere uprona yamaze kwimbigwa ikinogo na cndd.fdd.
28 Ruhuhuma 2015, 18:16, par Nuwera
@ Makoroka, ivyuvuze ndemeranya nawe nubwo baryaba PRONA barikumwe na RANAC harimwo mwenebabandi bapfakwiruka mubintubatazi iyobiva niyobija, ariko ivyowatohoje birumvikana iyuwumvirije aba PRONA bokuruhande rwanya kwubahwa umupfasoni (umuvyeyi) Kosiriya barikobaravuga urumvako baturiye ukabonako arabategetsi bava mumugambwe UPRONA kandi umusanze aharimwarakorera nubwoyobaziko ataruwo muri UPRONA urabonako akwakira nkumutegetsi wabose. ARIKO MURAZOKWITEGEREZA ABAPRONA BAKURIKIYE NDITIJE IYOBARIKOBARAVUGA MENGO BAFISE IGINTU BASHAKA GUTURITSA!. IKINDI NUKO BURYA VYARAMAZEKWIBONEKEZAKO AMABI YAKORERWA ABAHUTUKERA KO ABATUTSIBOSE BITABANEZEREZA NICOGITUMA UBUTUGIYE KWIHATIRA KUBABARANA BIMWEBIBONEKA MAZE GUHANGANE NABASESANKUYOZE. RWASA AGATHON NAWE YAHEJEJE KWIHORA NDITIJE AMATWI ANSUMIRA ARIKO ARASHAKA KWIYUNGA NABOBAHOZE BASANGIYE UMUGAMBWE KANDI RWASA NUBWO RANAC BOMUHA KUBUMUKURU WAYO NTACUBAHIRO YOGIRA NKICOYOGIRA BIYUNZENABO BARIBASANGIJUMUGAMBWE FNL MBEREYAMATORA YOMURI 2010
28 Ruhuhuma 2015, 19:54, par Yohani
@SIHONDI Levis : Nimba Konsiriya umwita umuvyeyi wawe, ntawumuguteyeko. Arakurera weregwe !
@Makoroka: Amatohoza yagarukiyaho ? Uraraba ntuzohave wicwa n’intuntu !!! Umugani wa mugenzawe Kibamba, CVR irababona. Nimba nawe itakubona.
@Nuwera: gusaba n’ugupfukama ncuti. Hozako
Pour terminer, juste un mot pour cet illustre futur président Nduwayo Gerard: chauffer bien ce banc avant que tu ne le laisses à ton patron DD. Mais fais-gaffe qu’il ne te brûle les fesses. Conseil d’ami.
28 Ruhuhuma 2015, 20:11, par Yohani
Hari ikindi mutari muzi. Gerard Nduwayo yarahungiye muri Canada mu myaka iheze baramwima ubuhungiro. Yavuga ko ahunga CNDD-FDD. None ubu ahagaze he?
28 Ruhuhuma 2015, 20:35, par YOHANI PETERO
Levis, Levis Weee! Reka Fanatism Ark Uhanuy Abaporticien Bo Muburundi. Yaba UPRONA Ya NDITIJE Canke Iya CONCILIA Yose Ni Imigambwe Ibwirizwa Kubahiriz Ibwirizw Shingiro Ry’uburundi Mukwiyamiriz Ikiringo Cagatatu C’umukuru W’i Gihugu. Makoroka Nawe Uravuga Ivyo Woshobor Gusigura, Nawe Uwugutohoza Ntiyubura Ico Wagirizwa Mutunganywa Ribi Ry’igihugu Cacu. Rondera Ineza Y’igihugu Reka Kuronder Ineza Y’umugambwe Cank Y’umuntu Kugiti Ciwe!
1er Ntwarante 2015, 17:01, par Nuwera
@ Yohani, wewe urabaza kandi inyishu irimuribiryanyene twanditse? Subiramwo usome urabona ivyovyose washatse kumenya mazurekegutumwanya wawe wubusangurabaza ivyubaza.
3 Ntwarante 2015, 07:50, par democrate
jewe nibaza uwo yiyita nuwera ko yihenda cane niryo zina gusa rirerekanako yihenze kuva kera mbe barya ba uprona bari harya nabukuri?loin de la.ubwanje twahuye na bus muma 17h irimwo urwaruka ruvuyeyo baririmba bagenda berekana ibimenyetso vyiyindi migambwe nibinywere inzozoga mubaha gutora nimwibanga muzojugumira mbe basha mugih ca bob ntimwanyuzwe kubona ibanyagihugu batararitswe ngo bemererw amahera kuko aba dd babikoze samedi ingene bahevye ayurya musi wose bakamusanganira?wait and see.ayo macakubiri witwaza nuwera yarataye igihe buca tubabaza abahutu beshi mwishe kuntwari yanyu bangana gute?aba fnl batorwa munzuzi bishwe nabatutsi?ishura nimbufise umutima.abarundi twarize ko hatica ubwoko ariko hica intwaro mbi yitwajije ubutegetsi namaronko mukwica uwo wese badasangiye imigambi. nuwera urabesha abandi rero ubu twarakanuye ivyokubera vyiza nuko wohinduka ukabona ko ivyo wandika ko aribinyoma gusa nimba nawe udahabwa ubwo buhera kugirango wandike ivyobinyoma.
3 Ntwarante 2015, 18:15, par Nuwera
@ Demorcate, nibakubaza kwerekana abantubamunzwe nivyamoko ukazana Nuwera uzimaramarira imbereyabantu ntibagiwe nimbere y"Imana niyocabona burya ivyotwikozavyose duhendabantu ngotirineza kandi turi abangushi kw’Imana bisigurako tubatwiyishe nkakurya umuntu yiyahuye atazigera yihanganirya n’Imana, ikindi jewe simpabwa amahera ahubwonijewe noyatanga, akarorero niwewe urabona kowanditse kandi atamuntu yaguhaye amahera kugirawandike niyabahariho uwaguhayamahera kugirawandike nanjebayampayentivyobaribibi, arikontahitwobatutaniye nibipupe canke robokopi zimwe abazubgubakora zivyuma bimezenkabantu.
4 Ntwarante 2015, 09:31, par democrate
none nuwera aho uhunga ibibazo nakubajije aho wibazako uru muryambwenge?urihenda cane urabanza wishure kuvyo wanditse nakubajije uhenda abantu.
6 Ntwarante 2015, 10:35, par Saguil
SiHONDI:urabesha nta Concilia ari umuvyeyi wawe ni ironie kuko naw ndazi ntaryo uzomuha nimba uzi neza uwariwe.noneho niwicire izo ndya kand gira vuba nkabandi umwanya uraguherany hasigay autour de 150jours.ni harambe IKIBIRI niharamb RANAC,intwaro mbi rirakwiy kuhava hasigay ko ukuri kumenya na bose
7 Ntwarante 2015, 17:53, par Nsumirinda Concilianus
CNDD Ya Concilia ramba , sinobahenda abo ntanijwi narimwe bazoronka , abo bose batondetse baje kuronka agahembo kamahera yabanyagihugu , nihagera gutora UPRONA turayizi nabaturongora turabazi. Conciliya nizo nshonji ziwe , nibikoresho vyaba DD , baje gutera isoni umugambwe wa Rwagasore, basigaje imisi iri kurushi ivyo bariye bazobiruka.
Komera les Honorables NDITIJE NA NGAYIMPENDA ABARUNDI NA BA UPRONA BUMUTIMA TURI INYUMA YANYU.
TURAZI ICO MWAZIZE , MWAZIZE INEZA YUBURUNDI NA BARUNDI KANDI INEZA YAMA ITSINDA INABI.
Umuphasoni bambe ikibura soni Conciliya nabaja biwe tuzobavugutira umuti mumisi iri imbere.
17 Ndamukiza 2015, 13:29, par fayida.fldele
Turashigikiye umukuru wigihugu .abavuga vyishi kukiringo3batinya gutsindwa.kuko.ntawomuja.imbere,