IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Hoba hasohotse imitahe yo gufata bamwe mu banyeporitike bateguye (...)

Hoba hasohotse imitahe yo gufata bamwe mu banyeporitike bateguye imyiyerekano

lundi 20 Ndamukiza 2015

Imigambwe iri mu rugamba rwo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yasubiye guhamagarira abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura mu myiyerekano.

Iyo migambwe imenyesha ko itageza kuva muri ayo mabarabara mu gihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza atovuga ko kwitoza yabihevye. Muri iyo myiyerekano yaba Chauvineau Mugwengezo umukuru w’umugambwe w’iteka wa UPD Zigamibanga, canke umushingamateka Oscar Ndayiziga yotowe mu mugambwe CNDD FDD mu ntara ya Muramvya, nawe ari mu biyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, bamenyesha ko batumva iburagizwa bagiriwe n’abaporisi mu myiyerekano yo kuri uyu wa 17 Ndamukiza uwu mwaka.

Basaba ko abaporisi bobacungerera umutekano, bakareka kubapompa amazi canke ivyuka bikoroza amosozi. Basaba kandi abayimiriza ikiringo c’umukuru w’igihugu gusidukana n’iyonka mu mabarabara y’igisagara ca Bujumbura, kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 20 Ndamukiza, kandi bakavuga ko batageza kuva mw’ibarabara, Petero Nkurunziza atavuze ko atazitoza.

Hagati aho, abari mu runani ADC Ikibiri bo mu ntara ya Ngozi bakaba baragize imyiyerekano kuri uyu w’Imana basaba ko abapfunzwe borekurwa, kandi umukuru w’igihugu, akareka kwitoza ubwa gatatu, abo bakaba batakomwakomwe, igiporisi ahubwo kikaba carabacungereye, umutekano.

Chauvineau Mugwengezo umukuru w'umugambwe w'iteka wa UPD Zigamibanga

Abariko barategura iyo myiyerekano rero yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, bikavugwa ko boba basohorewe imitahe n’umushikirizamanza mukuru wa parake ikukira igisagara ca Bujumbura Archade Nimubona yo kubahagarika, aho abashobora guhagarikwa ari Onesime Nduwimana yahoze ari umuvugizi w’ugambwe CNDD FDD, Leonidas Hatungimana yahoze avugira umukuru w’igihugu hamwe na Leonce Ngendakumana, umukuru w’umugambwe FRODEBU akaba anarongoye urunani ADC Ikibiri.

Leonidas Hatungimana yahoze avugira umukuru w'igihugu

Aristide Nizigire

Messages

  • nibabafate ahubwo bagomba gukura reta noguhitegeko umujuruwigihugu ngonavuge batabirekuriwe nibarindire igihe kigereabivuge mugabobashaka kwiha ubutegetsi kunguvu kandi bagahamagarira abenegihugu mwibarabata kumisi yibikogwa bafisamakochameshi cane igiporisi kibahache basubiye mumayira guteshibikorwabandi kandi babatere nakarangi kabafate neza

  • ABO BAGABO NIBA ATARI ABASHINGANTAHE,KOMWUMVAVBAFISE ABANYWANYI BENSHI, NIBIPANGE BAHIGANWE NA PETERO NKUEUNZIZA BAMUTSINDE BICIYE MU MATORA.KUJA MW’IBARABARA NTANTAMBWE BAZOTERA. UWABIBAHANUYEVYARABASUTSE.AKARORERO KO MUCIBITOKE NFIRA NTIKABANYUZE! NTIBAKORAKO.

  • Leonce Oye! Dr Minani oye! Onesime,Leonidas muherutse kuva ibuzimu mukuja ibuntu Oyeee! Duhaguruke twese twiyamirize intwaro ya peter yagahotoro,ubusuma,ubwicanyi n’ayandi manyembwa akorana nakagwi gato tubwirizwa gusambura.Ngo NKURUNZZA ahubwo NkurumbiTUVE KUGAKANUKTWAGUHAZE HASIGAZY KN O TUKUDAHWLeonce Oye! Dr Minani oye! Onesime,Leonidas muherutse kuva ibuzimu mukuja ibuntu Oyeee! Duhaguruke twese twiyamirize intwaro ya peter yagahotoro,ubusuma,ubwicanyi n’ayandi manyembwa akorana nakagwi gato tubwirizwa gusambura.Ngo NKURUNZZA ahubwo NkurumbiTUVE KUGAKANUKTWAGUHAZE HASIGAZY KN O TUKUDAHWA

  • je iyintworo irantangaza,erega umugani wa mkombozi bapfunze abantu ntibaba bapfunze ivyiyumviro vyabo;mbehoho baribuka kwimana ibaho?nabo gusengerwa pe!

  • emwe! karashiz ingani uwerekanye kwadashigikiy Leta ace aba umuyobe.nta mvura irwa ntihite,umusi numwe bigahinduka

  • Ahubwo twatahuyeko hagire hajeko SENTARE MPUZAMAKUNGU izocira imanza abatwaye iyi leta (NKURUNZIZA,EDWARD,ADOLPHE NDAKUGARIKA,na BUNYONI) hamwe n’indongozi z’imbonerakure mu ntara n’amakomine.

  • kwisi hose imyirekano itunganijwe neza irarekuwe ko kuko nuburyo bumwe mugushikiriza iciyumviro ariiko kumushikiranganji wintwaro yohagati mugihugu yagumye asemerera ko bagomba kubimenyesha none gayemwe uko sugukengera inzego zigihugu kuki banka kubimyesha ikindi abo banyagihugu muriko muragomorera mwibarabara bazobazwa nde? mbe hoho kobagomba gufata abo bahutu bibimenabanga gusa abo batutsi v,p,b,a,p,r nabandi tuzi baguma binyegeza mumashirahamwe kugira bitwe babibazwa naho arukunyegeza amabi bakoze mugihugu komutabakorako?

  • kwisi hose imyirekano itunganijwe neza irarekuwe ko kuko nuburyo bumwe mugushikiriza iciyumviro ariiko kumushikiranganji wintwaro yohagati mugihugu yagumye asemerera ko bagomba kubimenyesha none gayemwe uko sugukengera inzego zigihugu kuki banka kubimyesha ikindi abo banyagihugu muriko muragomorera mwibarabara bazobazwa nde? mbe hoho kobagomba gufata abo bahutu bibimenabanga gusa abo batutsi v,p,b,a,p,r nabandi tuzi baguma binyegeza mumashirahamwe kugira bitwe babibazwa naho arukunyegeza amabi bakoze mugihugu komutabakorako?

  • Uyo mushingantahe ashaka kumukira abanyagihugu bamwizigiye bakamutora aribagiwe ko iyaguhaye ariyikwaka nashikirize ubutegetsi abanyagihugu kuko nibo babumuhaye bitorere uwo bashatse

  • LEONIDAS HATUNGIMANA....ONESIME....MURI IBIHEMU KANDI MWEBWE NTACO MUZOVAMWO.
    MBEGA UWO NDAYIZIGA WEWE NI BITU GANI....!UWO NTITUMUZI NI UMU PARVENU......!!!!!!!

  • En toile de fond, une confrontation non-voilee entre 2 camps DD: celui de Radjabu et celui de Nkurunziza, le premier (en tete duquel se trouve les frondeurs) ayant ete exclus des listes communales et provinciales soumises a la CENI. La marmite petera de l,interne.

  • Aba polisi bigihugu barakomerekejwe nabarimwiyo myiharagamvyo, nikogifata abakoze iryobara ryokuvisha amaraso babajana kubafunga kugirabababaze icatumye bajamunabarabara kandibagakorerayo ibikorwa vyokuvisha amaraso, uburero bamwe muribo murabo barikobaravuga ababaha inama zibigiyegukorwa biciye bwiyo mwigaragamvyo ubworero nimwabona abanye politike bahamagarira abenegihugu kujagubisha amaraso muzomenyeko araho bizobabivuye.

  • Ihohoterwa n’ihagarikwa nkumboneza z’indi migambwe mubihe vy’amatora vyamye bibaho!Ariko bazohagarika igihugu cose,ahubwo n’urugamba rutoroshe ?Hama novyuga kobatocika intege ataruho ihangiro rishitweko?Amakosa arikuruhande urwahe?Ndashimiye imyifoto igipolosi cerekanye muntaraya Ngozi kuri uyu w’Imana!

  • Wewe womenya ivyo uvuga utazi no kwandika ikirundi, ewe Burundi ugeze habi, ngo ni babafate babatere irangi? ngo mucibitoke? ba mureka kwigira ibintazi twaramenye abapfuye abaribo basha.nuko mutamaramara ata soni mugira basha ntimwari kuronka iyo munyikira. haragezeko ktdahwa aho twahagugiwe ni kera ré ré .

  • Imvo nyakuri yo guhagarika imyimenyerezo nuko abanyamerika bategetswe ku nguvu kwinziza imbonerakure muri nya myimenyerezo hama UMUZUNGU ASUBIZA ADOLPHE KO ATAZANWE NO KWIGISHA IMIHIMBIRI IGISODA. Baca bafunga imizigo yabo buno nyene, eka amakuru yasakaye ku mudubugu avugako ibimodoka vyari vyazanye imbonerakure vyaciye bisubira inyuma mu bucagucagu bwo kuri uno wa gatanu w’indwi iheze

  • Oya Ahubwo Uwo Mugabo Nateshw Ate Guko Ashaka Guta Mukaga Igihugu C’uburundi

  • AKO NAGAHOMERA BUNWA KKO IMIGAMBWE IRABURABUZWA AKO CNDD FDD YO YAMA MUMYIYAMAMAZO,URWO RUGENDO BITA NURWAMAHORO SIVYO NAMBA,ABO NABO NTIBAHIRAHIRE BAFATWE KKO NTAKOSA BAKOZE,NTIBAHORWE IVYIYUMVIRO VYA POLITIQUE.MURAKOZE.

  • AKO NAGAHOMERA BUNWA KKO IMIGAMBWE IRABURABUZWA AKO CNDD FDD YO YAMA MUMYIYAMAMAZO,URWO RUGENDO BITA NURWAMAHORO SIVYO NAMBA,ABO NABO NTIBAHIRAHIRE BAFATWE KKO NTAKOSA BAKOZE,NTIBAHORWE IVYIYUMVIRO VYA POLITIQUE.MURAKOZE.

  • ndaryoherwa caane nivyiyumviro mushikiriza abantu mwese mwiyamiriza umukuru wigihugu ataho vyakabonetse,kuva na kera uwahemuka ku mwami yitwa umumenja bagaca bamwangaza bakanyaga urukombamazi ivyatunze vyose,none ubu musigaye mudahwa umuntu abarundi mwarengejwe murakwiye icobasubiza kumurongo,ariko rero ivyo mukora vyose mumenyeko INTAGOHEKA ataho zagiye aho bukera zizobasubiza kumurongo kuko INYENZI YISEMA YIKWEZE KUMURUNDI WISAKE kandi uwushaka kwambara urusato rwintama tuzorumwambika.
    Ikibwirwa nicumva.

  • MBEGA ABO BAGABO IVYO BAROSE MUMYAKA BAMAZE BAKORANA NA NYENICUBAHIRO PETERO NKURUNZIZA,NTACO VYABSAMARIY? NIBA MBONIMPAMMURWENGEZO NA MBONIMPA.

  • Ahubwo ngo hari iyindi myiyerekano yari prévues ce lundi,hari uwomenya iyo vyahereye?hari abazopfa barushe!!

  • @mpozezi nimba arumwami ramuha nyoko ncanke mushikawe ntiwuva ko uzoba utomboye?nayo nimba wiyumvira ko harabo uzosubiza ku murongo birakugoye??kuko wewe nuwo mwami wawe buca musubira ku murongo ndakenda nyoko rindira indwi,zibiri

  • Ariko namwe muri umuti wa menyo.Mbega ko batarafata abishe Ndadaye si abatututsi .Ababahutu nimubeshwe kuko muri abahutu nyene.Mbega murabona site zanditseko Tutsi .org?

  • None abo bagabo bigize akabishe mugihugu cacu bibaza ko kitarimwo abagabo bijunja n’ijambo?

  • Musenge Gusa Uwuhoraho Aratubona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.