IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Imyiyerekano ya bamwe iracungerwa iy’abandi igafatwa nk’imigumuko

Imyiyerekano ya bamwe iracungerwa iy’abandi igafatwa nk’imigumuko

mercredi 15 Ndamukiza 2015

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu buragabisha abateguye imyiyerekano bose, bukaba busaba inzego z’umutekano n’ubutungane kumera magabo.

Umwunganizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Therence Ntahiraja, avuga ko iyo myiyerekano yateguwe n’imigambwe itavuga rumwe na CNDD FDD hamwe n’Abagumyabanga baherutse kwirukana muri uyo mugambwe, ko badashigikiye ikiringo ca gatatu, ko abo bashaka iyo myiyerekano batasavye uruhusha, akavuga ko iyo myiyerekano yabo ica yitwa imigumuko, iyo nayo, igashobora guhanwa n’amategeko. Umwunganizi w’umushikiranganji rero asaba abajejwe inzego z’ubutungane n’izumutekano, ko bohana abo bose bashaka kuja muri iyo myiyerekano.

Kuva mu bucagucagu bw’uyu wa gatatu rero, abaporisi ni benshi mu mabarabara y’igisagara, bamwe mbere bakaba bafise inkinzo n’ivyuka bikoroza amosozi. Iyo myiyerekano, ikaba ibujijwe, inyuma yaho, iy’umugambwe CNDD FDD yo gushigikira ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza hamwe n’ukwiyamiriza iradiyo RPA yabaye neza icungerewe n’igiporisi kuri uyu wa gatandatu uheze.

Umunywanyi wa MSD yarashwe n'igiporisi c'Uburundi

Iyo myiyerekano kandi, yanswe, mu gihe n’iyindi itandukanye yaba iyagiye irategurwa n’amashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike n’abamenyeshamakuru yanswe n’ubutegetsi bwa CNDD FDD, iyo igafatwa nk’imigumuko, abayigerageje nabo nk’abanywanyi b’umugambwe MSD barashwe, batabwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, abandi nabo bagaterwa ivyuka bikoroza amosozi, tutibagiwe abanywanyi b’umugambwe UPRONA bakubiswe, abandi bagaterwa ivyuka bikoroza amosozi incuro nyinshi bashatse kwegera ingoro y’umugambwe wabo, hamwe n’abakenyezi ba UFB begamiye uwo mugambwe wa RWAGASORE, batewe ivyuka bikoroza amosozi, ku munsi mukuru wahariwe abakenyezi.

JPEG - 45.6 ko
Imyiyerekano yateguwe n’abamenyeshamakuru bagaterwa ndetse n’ivyuka bikoroza amosozi
Abanywanyi b'umugambwe CNDD FDD mu myiyerekano bacungerewe umutekano
Abakenyezi ba UFB batewe ivyuka vyokera ku munsi mukuru w'abakenyezi
Abanywanyi ba UPRONA bariko baterwa ivyuka vyokera
Umwe mu ba JRR yakubiswe n'igiporisi arashaya mu myiyerekano

Aristide Nizigire

Messages

  • nibukebuke bicabiraza bagenzi jewe ndatanganzwa nabarundi nkamwe muguma mwibazako abenegihugu turibigugu none tujemwibarabara twiyamiriziki?umukuru wigihugu none wikuyeso ubusigaranyiki?abanyaburayi bobakamiye mucoze muryanye ndababaze twarikukiye canke turacari mwigeragezwa ryokwukira?uwuravye azobona

  • nibukebuke bicabiraza bagenzi jewe ndatanganzwa nabarundi nkamwe muguma mwibazako abenegihugu turibigugu none tujemwibarabara twiyamiriziki?umukuru wigihugu none wikuyeso ubusigaranyiki?abanyaburayi bobakamiye mucoze muryanye ndababaze twarikukiye canke turacari mwigeragezwa ryokwukira?uwuravye azobona

  • nibukebuke bicabiraza bagenzi jewe ndatanganzwa nabarundi nkamwe muguma mwibazako abenegihugu turibigugu none tujemwibarabara twiyamiriziki?umukuru wigihugu none wikuyeso ubusigaranyiki?abanyaburayi bobakamiye mucoze muryanye ndababaze twarikukiye canke turacari mwigeragezwa ryokwukira?uwuravye azobona

  • nibukebuke bicabiraza bagenzi jewe ndatanganzwa nabarundi nkamwe muguma mwibazako abenegihugu turibigugu none tujemwibarabara twiyamiriziki?umukuru wigihugu none wikuyeso ubusigaranyiki?abanyaburayi bobakamiye mucoze muryanye ndababaze twarikukiye canke turacari mwigeragezwa ryokwukira?uwuravye azobona

  • nibukebuke bicabiraza bagenzi jewe ndatanganzwa nabarundi nkamwe muguma mwibazako abenegihugu turibigugu none tujemwibarabara twiyamiriziki?umukuru wigihugu none wikuyeso ubusigaranyiki?abanyaburayi bobakamiye mucoze muryanye ndababaze twarikukiye canke turacari mwigeragezwa ryokwukira?uwuravye azobona

  • C’est un pouvoir en perte de vitesse, somme toute désespéré qui tue et vole, c’est tout!!! A bientot la fin!!!!

  • C’est un pouvoir en perte de vitesse, somme toute désespéré qui tue et vole, c’est tout!!! A bientot la fin!!!!

  • Ntamwana nikinono nibareke abandi bashikirize ikiri kumutima.None ko twamaze kumenya yuko Peter NKURUNZIZA atazitoza mukiganiro yahaye umunyamabanga mukuru wa ONI kwitelephone ahandiho aba DD bo basha bokora iki?Nibatekereze bazokubitwe intahe mugahanga abigira utumana dutoduto .!

  • turasabira uwo mutama Nkurunziza Ko Yogarukira Imana Kuko Yiteguye Kumuhanisha Igihano Gikomeye Natihana Kuko Aya Maraso Ariko Arameneka Azomugaruka Kugatwe

  • ubu rero birabonekako hari umwana n’ikinono kuko ntivyumvikana ukuntu aba cndd-fdd bayikoze bisanzuye mugabo abandi bakankirwa,bagafatwa nk’abagumutsi kandi bose ari bene burundi.

  • reka bizoz kwitoza utunyoni ;uwutaco ari bukumarir yokuva inyuma ndatangazw nabant mubona ko bigenda neza mbega abahutu mugtwaza umukazo muzoc ubwenge ryari?oh reka mumarane aho mupfa ubusa muri bamwe umva ;abahutu muryoherw muremewe "

  • Jewe mbasabe bene maman ntitwihe abo bicanyi nimbokoboko,ese twogumuka twese tuja mukibira gufatibigwanisho,baratumara nukuri ,ega akari munda yimbwa kakuzwayubuhiri,emwe jewe ntabonyikigwanisho nsimbakurikira.Peter we yarisinye arya ma honneur muyamwicirako kandi nivyo aravyamabombe yamuturikiyeko ntiyokangwa nayo majambo kandi murabe neza mwabahutumwe abatutsi ntibabagirinzira hamejo batangure gusubira kubahonyanga abo ninzoka mbi cane.ariko sha sinzi ko bazobishobora ,le monde evolue ntaho 15/00 yahonyanze 80/00 barihenda hava peter haze ba bapeter arigihe bosabga bavuye munyo bakaja mumwatata

  • Iyo Mwiyerekano Yabaye uno Musi.

  • Akataretse kabagasema urazompinyuza peter ariko yiyimbira ikinogo muburundi buzokwama butsinda abahutu barananiwe gikingira intsinzi barwaniye impemboyumwana iphamumagodoka

  • yaaaaaaaaa ! Erega ni sawa, naho ata muntu yoja mwibarababara umuntu yabonye ubwoba n’ubushobozi buke bw’abatwara, twabonye umukenyuro wabo, twabonye ibibanza batinya, ubu rero natwe tubandanya twitunganya, ntihagire uwibaza ngo ntacabaye.

  • cuti zaje zabarundi reka kugira ubwoba uko murindira uko babamarira mukasho ataco murashika ko ; 1 rondera imiryago yaba police ahiba hose muhamenye 2 ,bandikire ko babwira abo bapolice ko umusi barashe nabo bazo saga imiryago yabo yaheze kandi nuko mutegerezwa kurugwana atampuhwe 3 kurya abapolice baba bagundagaje rondera grenade teramwo hagati ha rya mumasasita baba barushe inzara yabishe ok 4 ntimushiremwo ibishosho kuko nuko mutegerezwa kugwanya DD kuko nayonyene ntabishobisho ikoresha kandi mutagwanye napolice ntimwibaze ngomuzompfa mukuyeho dd mutsize police mumenye ko muzoba mutsize4,2 ncanke gendana ubuhiri mumakoti ahantu hose muzi hari zabonerakure uyibonye kubita mumutwe impfa indampfa wibandanirize komasa turabe iyo police iyo igukura 5 abacamaza bose rondera aho baba muhamenye mumenye nabana babo nabagore babo ncane ncane baryabakuru 6 hagize uwo bica mwibarabara namwe mwice ababo ntamuhwe turabe uwuzorutsida ok ndabasavye barundi mwerekane komufise amavya namwe atari nkuruziza wenyene afise amavya nkuko a mwese asa nuwabarongoye mukomere ndihafi yanyu nda za ndababarira ingene muvyifatamwo komera ncuti zu burundi 5%5

  • jew mbona umenga natw twojayo twitwaj amahiri namabuy kubera ndabunaneza kobatiteguriye kudusiga muz twipang iryinyo kurindi twho kuki

  • ndabona kwicana mubishyize imbere!none murabona arivyo bizatuma ngo mutera imbere?shitani yabamanukiye pe!kandi koko nta kindi kimugenza atari ukwica.murambabaje!!!!!!!muzatubaze abanyarwanda tuzababwira ivyiza byo kwicana!mugabo namwe mubiziho!nimwisenyere igihugu ngo ni imyaka itanu murwanira!

  • ABOBANYEPOLITIKE NYOMBA BATIZE NDEMOKARASI ICARICO, DEMOKARASI S’AKAJAGARI NIBAGABANYE APETI NTAKUGIRA APETI UKENYE NIBASONZE BIGUMYE NYOMBA ATAMIGAMBI ITOMOYE BAFISE?

  • KOMERA CANE TURUGWANE IZO MPANURO WATANZE NIZO KANDI ZIRUBAKA URU RUNANI NURUGAMBA TWATANGUYE RWUKUGWANYA PETER NIMBÖERAKURE ZIWE KANDI NTIMWIBAGIRE YUKO TWESE TUZIKURASA PETER NAGUMA ANANA TUGOMBA KUGUMA MWIBARABARA HAMA IMBONERAKURE ZIGUMUTSE TUZISATURE IMITWE HAMA IGIPOLISI TUCAKE INKOHO TUZ4UMYE BIKENEWE UMUCANWA TUWATSE MUGISODA NTIBAZOSHIGIKIRA PETER KUKO OBAMA PEREZIDA WA AMERIKA AZOCA ATEGEKA IGISODA GUKUBITA COUP D’ETAT PETER HAMA AZOCE ARENGVSWA NIMBONERAKURE ZIWIWE HAMA TUZOCE TWITORERA UWUZOTWARIRA TWESE ATANUMWE ARENGANYIJWE DUTEGEREZWA GUKORA NKOMURI BURKINAFASO MENYANEZA UMUSI PETER YATANGAJE ICESE KWAZITOZA MURUNDI MURUNDIKAZI IYUVA UKAGERA WUMVA NEZA YUKO INTWARO YA DD YAKURIYE UMUTIMA NAMWE MISORE NKUMI NAMWE RWARUKA SOCIETE CIVILE NIMIGAMBWE ITAVUGARUMWE NIYO LETA YA PETER MUZOCE MUTANGAZA UMUSI IMWIYEREKANO IZOTANGURIRAKO UBVAGIHAGARARA MPAKA PETER ATEMBAGAJWE MUZOKWITEGURE MWESE MUGURE IBISUGUTI NAGASUKARI NAMAZI TUZOGUMA DUFUNGURA MPAKA DUHEJEJE URUGAMBA KUBERA YUKO ABO BA DD TUTABAKENYEREYE NGO ZIGUME NKO MURI BURKINA FASO NA COTE D’IVOIRE NAZA EGIPTY NA TUNISIA PETER NTAROTA AVA KUBUTEGETSI KUBERA AFISE IVYAHA VYINSHI BIZOCA BIMUTA MUGASHU KOMERA NCUTI Z’UBURUNDI DUSANGIYE KUGARUKANA UBURUNDI KUMURONGO NUGUHA ITEKA NIJAMBO ZINA MURUNDI WESE IYAVA AKAGERA UHEREYE KUMUTO GUSHIKA KURI BASOKURU .

  • JEWE NDUMWE MUBASHIGIKIYE KWIYAMIRIZA KWITOZA KWA NKURUNZIZA KANDI NKABA NARIMUBITEGUYE KUJAMWIBARABARA KUMWIYAMIRIZA. ARIKO MPEJEJE GUSOMA IVYIYUMVIRO VYUMUNTUMWE YIYISE TURURWANE BINYERRTSEKO TWESE NUBWOTUDASHIGIKIYE KWITOZA KWA NKURUNZIZA IZIRA DUSHAKAKO VYOCAMWO ZIRATANDUKANYE, NDABABWIZUKURI HAKO TUMWIYAMIRIZA DUKORESHEJE UBWOBURYO BUVUZWE NA TURURWANE VYOBABIBI GUSUMBA KUMUREKERA AGATWARA IYIMUAKA 5 IGIYE GUKURIKIRA MBERE JEWE NTANGUYE KWIYUMVAMWO GUKURA AKARENGE MURUYUNURWI WABIYAMIRIZA KWITOZA KWA NKURUNZIZA, KUKO SINORONTA MPANGANA NABA POLISI BIGIHUGU NGONONGERE NSHIGIKIRE UWOZA KUBANGAMIRA IMIRYANGO YABA POLISI IVYOVYOBARIBIBI GUSUMBA KUREKA NKURUNZIZA KWITOZA.

  • Bwa bundi, akataretse kaba gasema!uko nukuri kwose.hariho abandika kugira bacane umucanwa batazi ningene bowota.Hanyuma ngo :<<Mutumiriye abarundi kugwanya intwaro zaba CNDD-FDD,muri make ntimwanka ikiringo ca3,ahubwo mwanka uwo mugambwe!None Nyakubahwa umukuru w’UBURUNDI natitoza ariko umugambwe wiwe ugatsinda,mwumva bizogenda gute hoho ga yemwe ba Nyapolitike?Murakoze.

  • abobose badashakako Peter yitoza bose na barwayi bo mu mutwe nkuwo mugenzi wabo TURUGWANE

  • Baca umugani mu kirundi ngo «akaruta akandi karakamira» kandi ngo «uwuhagarikiwe n’ingwe aravoma» vyongeye ngo «amagara ni amazi aseseka ntayobwe». Murakoze!

  • EWE SHA WEWE WIYITIRIYE MWAMIWANJE WIYUMVIRA YUKO USUMVYANF UBWENGE GA SHA? Ko TWESE TWIZE NTANUMWE ATIZE HEWE! UGOMBUSAMAZE INDE MWURURUGAMBA TWATANGUYE RWUGUSEZERERA PETDR? MBE WIYUMVIRA YUKO IGIPOLISI C’UBURUNDI ARI MILLIYONI ZINGAHE MBERE UMUSI AZOTANGAZA GUSA ICESE NYA GIPOLISI UMWE WESE AZOFATISHWA AMABOKO N’ABENEGIHUGU 15 HAMA IMBONERAKURE IMWE IZOJIFATISHWAMABOKO N’ABARUNDI 20! HAMA TUZETURABE YUKO YA NGWAO PETER YAMA YIVUGISHA YUKO ITAZOHERA IWE IGAHERERA IWE! MBE NINDE YAMUHENZE YUKO IVYARIMAGERA BITAGERUWE? UBU UYE NTA MU CIVILE AKIRANGWA MU BURUNDI TWESE TUZI GUFATA KARACINIKOVE NUGUSHIRAMASASU MURI CHARGEUR UGASHARGA HAMA BIKENEWE UGA TIRA CIBLE! UkWEGA DETENTE WAMANUYE SURETE AHO OYE UBUKUYEMWO UMUGOLISI WAMBERE ABANDI BAZOCA BASHIRA INKOHO HASI BOMOKE MBE KO WIGIRA NKUKO WARUMWE MURITWE KABUKI WOTINYA KUMENIMITWE IMIRYANGO YABO BACAMANZA KANDI BAHAYE BACIZANGONDAGONDE KO BADACIZABISHE ERNEST MANIRUMVA NABABANYAGIHUGU BICWA NAWA MU COLONEL I MUYINGA BASHIKA 30 EGA NTITWAVYIBAGIYE ABISHE DARTANYA EJOBUNEI AVUYE KWIRABIRA RWASA KO BATARAHAGARIKWA MUGOMBA RERO TURERE AMABOKO HAMA MUGUME MUTWICA TURORERA NEGATIF SHA UBU NATWE TUGOMBA TUBAKENYERERE ZIGUMESHA! NAKARE NGO UWUKURIYE AMENYO ABAKWIBUKIJE YUKO NAWE UFISE AMENYO!

  • IMIGUMUKO TURYIYAMIRIJE ARIKO UWUSHIGIKIRA ITERAMBERE TURIKUMWE

  • nimukomeze musenye igihugu cyanyu,ejo muzaba muvuga ngo ibindi bihugu byateye imbere kandi arimwe mwasenye ibyo reta yanyu yariyagezeho. gusa reta nigabe kuko mushobora kwikanga mwafunguriye umuryango ibyihebe bya alquaida na alshababu, bakurikirane itumatumanako ryabo bakuru bakuru.

  • NDAREMYE MBE AKO KARUTA AKANDI KARI HEHE? MURAHUMBA UBUTIGU BWASHITSE MBE MWIHENDA YUKO MWE MUTAVA AMARASO AHUBWO NAGIRA MUVA AMAZI MBE MWE MUJA MWISHAMBA MWATANGUJE INKOHO ZINGAHE? KIRA TWE NTANISHAMBA TUZORINDAKUJA KUKO UBWO BU POLISI TUZOBUFYETANA NIZOMBONERAKURE EGA NATWE INKOHO TURINAZO KANDI NUKURASA TURABIZI! BACUMUGANI NGO NANYINAWUWUNDI AVYARA UMUHUNGU SHA! MBE IRYO TERAMBERE RIRI HEHE? GUTURIRA AMASOKO NUKUGURISHA TANGANYIKA NA ZA PORT NUKUZANA OBR INIGA ABIKORERA UTWABO NUKWICA UYO WESE ATARI IMBONERAKURE NIRYO TERAMBERE NAGOMC NIBUTSE PETER MBERE YUKO YIKWEGERA AKARAMBARAYE YUKO UWUTIGABA ATIGABURIRA NTACOYANZE UE, USA,NA ONU BAMUHANZE IJISHO ARIGEREZEKO ARABE YUKO ATAZOPFA AVUNDIYE MUGASHU! KOMERA KURUGAMBA RWUKWIYAMIRIZA PETER UBU HOHO NA ONESIME NDUWIMANA NA BA GENERAL GODEFROI NA GABWIEL NTISEZERANA NABANDI BENSHI NKA QADJABU,NA MBONIMPA MANASSE DUSANGIYE URUGAMBA IGISODA NTAMUNYAGIHUGU KIZORASA KUKO KIZOHABWA AMATEGEKO AVUYE KWA OBAMA YUKUDASOHORA URUSASU KUKO NYAKUBAHWA RWASA AGATHON,NA NYAKUCHWA KADEGE IVYO PETER YAMUKOREYE NTIYAVYIBAGIYE YAMAZE GUTANGIRIZA MUMAKUNGU AMABI YIWE ARAZWI EKA NA MUTAMA ALEX SINDUHIJE NTIYICAYE YAMAZE KUMENYESHA OBAMA UKO IBINTU VYIFASHE KUGIRA OBAMA AZOBE HAGUFI MUGUSEZERERA PETER NIMBONERAKURE ZIWE AHO KUZIRONDERERA UBUZI AGUMA AZIHENFSHA GUTURIRA AMASOKO,NUKWICA INZIRAKARENGANE ZA BA MA SOEUR BO KWA BUYENGERO NUGUPFUNGA ABAMENYESHAMAKURU MURAGOWESHA UBU NTITUGITINYA IMBONERAKURE NAGATO KUKO UBURUNDI BWOSE TWESE UBU ATAVYAMOKO TWAMAZE KUMENYA NEZA YUKO KAKARWI KA PETER ARIKO KARI KARADUPFUKAMYE MUNDA IYIMYAKA CUMI WOSE ARIBO BA BUNYONI, ADOLPHE, MAJOR NDAKUGARIKA,ETIENNE ARONGOYE IPEREREZA ,KAZUNGU WO MWIPEREREZA, GERASIE NDABIRABE WEWE ARAGOWE NAMAJAMBO YASHIKIRIJE YUKWINAMURA NGO BATSINZE NGO BAZOKWICUYOWESE YIYAMIRIJE IKIRINGO CA 3 ca Peter MBE AZOKWINYEGEZA HEHE!

  • NDAREMYE MBE AKO KARUTA AKANDI KARI HEHE? MURAHUMBA UBUTIGU BWASHITSE MBE MWIHENDA YUKO MWE MUTAVA AMARASO AHUBWO NAGIRA MUVA AMAZI MBE MWE MUJA MWISHAMBA MWATANGUJE INKOHO ZINGAHE? KIRA TWE NTANISHAMBA TUZORINDAKUJA KUKO UBWO BU POLISI TUZOBUFYETANA NIZOMBONERAKURE EGA NATWE INKOHO TURINAZO KANDI NUKURASA TURABIZI! BACUMUGANI NGO NANYINAWUWUNDI AVYARA UMUHUNGU SHA! MBE IRYO TERAMBERE RIRI HEHE? GUTURIRA AMASOKO NUKUGURISHA TANGANYIKA NA ZA PORT NUKUZANA OBR INIGA ABIKORERA UTWABO NUKWICA UYO WESE ATARI IMBONERAKURE NIRYO TERAMBERE NAGOMC NIBUTSE PETER MBERE YUKO YIKWEGERA AKARAMBARAYE YUKO UWUTIGABA ATIGABURIRA NTACOYANZE UE, USA,NA ONU BAMUHANZE IJISHO ARIGEREZEKO ARABE YUKO ATAZOPFA AVUNDIYE MUGASHU! KOMERA KURUGAMBA RWUKWIYAMIRIZA PETER UBU HOHO NA ONESIME NDUWIMANA NA BA GENERAL GODEFROI NA GABWIEL NTISEZERANA NABANDI BENSHI NKA QADJABU,NA MBONIMPA MANASSE DUSANGIYE URUGAMBA IGISODA NTAMUNYAGIHUGU KIZORASA KUKO KIZOHABWA AMATEGEKO AVUYE KWA OBAMA YUKUDASOHORA URUSASU KUKO NYAKUBAHWA RWASA AGATHON,NA NYAKUCHWA KADEGE IVYO PETER YAMUKOREYE NTIYAVYIBAGIYE YAMAZE GUTANGIRIZA MUMAKUNGU AMABI YIWE ARAZWI EKA NA MUTAMA ALEX SINDUHIJE NTIYICAYE YAMAZE KUMENYESHA OBAMA UKO IBINTU VYIFASHE KUGIRA OBAMA AZOBE HAGUFI MUGUSEZERERA PETER NIMBONERAKURE ZIWE AHO KUZIRONDERERA UBUZI AGUMA AZIHENFSHA GUTURIRA AMASOKO,NUKWICA INZIRAKARENGANE ZA BA MA SOEUR BO KWA BUYENGERO NUGUPFUNGA ABAMENYESHAMAKURU MURAGOWESHA UBU NTITUGITINYA IMBONERAKURE NAGATO KUKO UBURUNDI BWOSE TWESE UBU ATAVYAMOKO TWAMAZE KUMENYA NEZA YUKO KAKARWI KA PETER ARIKO KARI KARADUPFUKAMYE MUNDA IYIMYAKA CUMI WOSE ARIBO BA BUNYONI, ADOLPHE, MAJOR NDAKUGARIKA,ETIENNE ARONGOYE IPEREREZA ,KAZUNGU WO MWIPEREREZA, GERASIE NDABIRABE WEWE ARAGOWE NAMAJAMBO YASHIKIRIJE YUKWINAMURA NGO BATSINZE NGO BAZOKWICUYOWESE YIYAMIRIJE IKIRINGO CA 3 ca Peter MBE AZOKWINYEGEZA HEHE!

  • @ubugaboburihabwa komera ncuti yanje yo komutima cuti yanje ababantu bose bandika ngaha batadushigikiye numuntu umwe gusa yihidagura mazina yitwa NYamitwe kubera imigambi yabo na nkurunziza yo kumara abatavuga rumwe na reta baciye kubatutsi no kugarukana amacakubiri kugira bagume kubutetsi kugira bakigire ivyo bivye ok : !1 bishe namwe ica ntakurindira 2 police ica uwubonye wese menya kwaru mwasi kubera police kuko umwanya twataye nimwishi ncane abo tumaze kubura nibeshi ncane abari mukasho nibeshi ncane kubera ;police na bacamaza barundi rwaruka bashigantahe basoda bagabo haguruka mwerekane ko namwe zihaguka atari <<<<<<<< nkurunziza ,adolphe ,bunyoni, ndakugarika , imbonerakure) >>>>>>>>> zibatwara ????? ncanke muvuge turungike abagore bacu ko twananiwe bagende kutugwanira ,,,,??? savye abampfasoni mugerageze musunike iyo mihimbiri yabagabo nabahugu naba shigantahe basohoke baje haze kugwana numwasi wa democratie , arusha , etc ncuti zuburundi raba abana bahuze igihugu,abagore, abatama , abakecuru, none murindiriye iki???????????????/ndabasavye sisubire kwuva umuntu asubira kuvuga ngo adolphe bunyoni, ((((( ncanke ngo ibihagage)))))) ivyo nibiki?"??????? ishiremwo ko nawe uri iki hagage ok hanyuma turabe uwuhomba ntimutinye kuko bobo bafise ivyo bahomba twebwe ntaco dufise !10ans!!!!!! none mutinya iki ?????????? mumpfa kagahe Imbonerakure zireke zende banyokom., abana banyu, basege etc ico mushaka kuziha !!!!!!!!!!!!!!!!!! barundi barundikazi ± aho kwita umutama atariso go baba wompfuma ushinyiriza bakabona weguka atawuzi iki kweguye

  • Nibatureke twerekane akababaro peter agomba gushira mumitwe yacu kuko nabagiye kwiyamamaza bavugako ko bazomesa bene burundi polisi yabaherekeje nkabana babami kandi ari abicanyi .tuboneyeho guhanura umukuru wabo kubahiriza abenegihugu atamwana nikinono

  • Erega ni uko abanyepolitique bambe ba sumirinda biyita abapoliticiens, ubwenge ari buke: baba abari ku twaro ubu, baba abari muri opposition, Abarundi bariko babaha message ko batagikeneye abasesa amaraso. Iyo manifestation ya opposition itabaye, ntizokwigera iba. Mubimenye mubimenyere, ntidushaka abadusubiza mu ngwano. Nkurunziza n’akarwi kiwe nawe nyene niko kuko ntidushaka ko musubira kudusuka. Aho uworaba abana banyu baba mwebwe muri ku ntwaro baba mwebwe muri muri opposition yosanga bari muri izo manifestation muduhamarira? Ntibariko bariga muri za kaminuza abacu bariko biga yagamukama mu macollèges communaux. Onu ni irungike inteko zije hagati nyabuna ibara ritaragwa nkambere kuko muri ibipfamutima. Ko Abarundi isinzi barara ubusa, mwebwe ntimwama mwuzuye. reke kubaturirako imibe. bareke bipfire nabi.

  • Mana yo mwijuru ibuka uburundi bugeze aho umwasi ashaka.jewe ndasomye iciyumviro cuwiyise turugwane ndadegedwa mbega abantu mwese mutemera ikiringo ca 3 c,umukuru wigihugu mwiyumvira nka turugwane?mbega imiryango yaba police nayo itemer ico kiringo izicwa izira ivyaha itakoz? mwibuke ko ico dupfana kirut can ico dupfa amaraso yizo nzira karengane azobahumire mwebw muzobikor nuruvyaro rwany jewe ndabavuye inyuma kuko namw ntaho numva muriko muratujana .kuko abo bazopfa bazir ibiringo vyumukur wigihug atagihugu bigez batwar canke ngo nuko bavukany,bavyaye,canke bavyawe nabapolisi amaraso yabo ntazijana ndabarahiye.

  • @ubugaboburihabwa na turgwane
    Turabonako mwadondaguye vyinshi cane mwashizeko n’ abazungu bazoza kubagwanira,nico gituma rero twebwe dutegerezwa kwibako twebwe nta ba Obama dufise,nta nabo twigeze turonka batuvugira,rero reka iterabwoba,urwo rugamba rukore ugabanye akarimi c’est mieux,ahantu uba hari ikibazo,du blablablabla,abo ba sinduhije,bakadege,na buyoya nabikomagu si tu veux tout savoir rien àfoutre!!!Mwatugize impfuvyi,turigwanako gushika turakura twirya tukimara,ayo maruru woshaka ukayareka,ico womenyaco nta mututsi azosubira kutwicira umuntu ngo agende uko kirazira,mwatumariye imiryango,murasasika dusigara twifumbereje,muduhambira abavyeyi babona,abakobwa bacu mwabatungiriye imigano,mubaca amaberere,base babona,abagore murababaga inda mugata hanze,inzoya zikivuka mugaterera ku mbabura,ivyo ntidushobora kuvyibagira ngo tuve hasi tubakurikire mu myiyerekano yo kudusubiza murivyo,ari iyo kwiyamiriza 3è mandat tuba tubibona ariko iyo myiyerekano ntiyerekeye iyo mandat,ivyo mushaka turabibona mwe nivyo bihutu vy’ibigugu .Mbega aho udondagura ibibi vyakozwe,ayo masoko ni mwebwe abatutsi mwayaturiye,ni mwebwe mwishe barya ba FNL kugira mushobore guteranya abahutu ngo bariko bicwa na benewabo kubera mufis ibikoresho vyo gusamirana ,ariko abo mushaka guteranya babahinyuye ,ubu ni abakunzi mu myaka iheze zari inyankaburundi ,ubu murabavugira cane ,urwo rukundo ni mumpekure je ntarwo nshaka,reka kwisaza tekereza murondere ubuzima ntibworoshe!Barya babikira bo mu kamenge ni mwebwe abatutsi mwabishe abahutu ntibazi kwica kurya,gukerera amazosi irya ni signature imwe yanyu y’uburyo mwica,ariko natwe tuzovyiga tuzobimenya ingwe ntiyarizi gufatira kw’izosi yarigijwe,ntimukatugaye!Ewe turugwane izo plans zawe zo kwica abo bose ni nziza ariko reka guhimiriza,genda nawe kuri position urutangure ejo mu gitondo ce qui veut dire ko uba incungu kuko ntuhava,rero ejo turarindiriye batubwire ko wihevye,ni ahejo muri cercueil nimba uri umugabo!!

  • Nivy’ukuri ko inzego zijejwe umutekano zikora akazi kazo kuko igihugu nticitwara gitwarwa n’abagabo.uwo wese agerageza gushaka guhungabanya amahoro nahanwe hisunzwe amategeko.iyo migumuko ihagarare abayitegura bafatwe.

  • EMWE HARIH’ABANTU BAPFUYE BAGENDA ICONOSABA ABANTU BUMUTIMA DUSOMA IKI KINYAMAKURU TUZE TUREREKA ABANDI AYOMAKURU YIVYO BIROFA KUGIRA BAMENYE IBIBI BW’IVYO BIPFA MUTIMA

  • Mbe abarundi turiko tujah?inyanka Burundi zagisibij atakindi kiziraj ishinga atari gutoteza,kwica uwo wese batavuga rumwe, n’ukurya itunga abarundi Bose babiriy akuya. Muz tubiyamiriz twivuy inyuma

  • @bucanayandi
    Urantwengeje pe,sha ubwo wewe uri umurundi,ntaco bitwaye vyerekena ko utazi abarundi,jewe nkunda utu vocabulaire nka "ndadegedwa"ni vocabulaire ntaheruka et c’est drole,ndakubwwire twebwe mu burundi umuntu nka turugwane,ubugaboburihabwa,abo ni ingwe z’ibipapuro,urabona bafise ibibazo bihambaye mu mitwe ntawe batera ubwoba mwene abo ,komera!!!

  • Ibaze kur iyi myibutsa:
    1IYIGANJE YIMY IZINDI ZIBONA. M UGUTWAR IGIHUGU HARIMW UKWIGANZA MUGUKOR IBIHONYANG ABANDI?
    2 Igitsure c umugabo gihakuza bunini. Mbega itegeko n ury arisoma?
    3 mpemuke ndamuke. ni bose bashigikir ivyo batahura canke bemera?

  • Biribonekeza neza ko mu Bdi opposition na za sociétes civiles Abanyagihugu bataziyumvamwo neza. Impamvu: 1) Ayo ma sociétes civiles n’imigambwe batsimbataye mu gisagara ca Bujumbura, bakiyibagiza ko 90 % vy’Abarundi baba mu caro(ruguru)
    2) Ayo ma sociétes civiles n’imigambwe ya opposition biyobowe n’abantu bahahamiye amaronko( opportunistes), ikimenyetso: ntibajahamwe pour former une coalition, n’ubudumbidumbi.
    3) Aho Bo reheje Abanyagihugu bene gutanga ubutegetsi baresha les diplômates( abaserukira ibihuhugu n’amashirahamwe mpuzamakungu).
    Ubu wari umwanya mwiza wo gukura CNDD-FDD ku butegetsi mu mahoro n’umutekano dufatiye ku ndyane ziri muri uwo mugambwa.

  • Sinibaza Ko Kworohereza Bamwe Ugafata Nabi ABandi Hari Ico Bizohava Bishikana Kuburundi ATaruko Tuzokwama Turyana UKwo Nyene.UBukene,IShavu.IGiturire Bitera Manifestation!AHo Kurwanya Manifestation Rero Ni Barwanye Ikizitera!.Mana Ni Nanka Murundi Kubusa UZabimbaze!.Kuki Turyanishwa Nabotwumvikanishije?Dore Ko ARi Nabo Biyita Ko Baciye UBwenge,None Bize Gucurika IBintu Canke Kubitunganya Ku Neza Yabo Na Bagenzi Babo?Ingwano NTaho IZodushikana NDababwiye,ariko Iyo UKubise AMakofi Menshi UMuntu ATaco UMuhora Ubauriko UMwigisha Kuja Kwiga Karate Nawe Hanyuma AKazokwihora.Harya Hariho ABiga Karate ATaruko Bashaka Kwinonora IMitsi Ariko Bafise Intumbero.
    Muhezagirwe ABarundi Mwese!NDabakunda.

  • ivyo mu burundi vyananiranye igiporisi gikorera umugambwe CNDD-FDD gusa kandi Nkurunziza yari akwiye gukinjura

  • ibintu vyo mu Burundi vyarenze inkombe igipirisi gisigaye gikorera CNDD-FDD gusa kandi cokoreye bose kandi nkurunziza yari akwiye kwisoza

  • NJEWE PASCAL NUSABA ABARUNDI GUTEKEREZA WAKAMENYA IYO TWAVUYE NIYO TUJA GUKO NAHO MWANKA MUTAMA ARATORWA UKURI KWAMYE WEWE YIKAWUKIRE GUSA

  • NJEWE PASCAL NUSABA ABARUNDI GUTEKEREZA WAKAMENYA IYO TWAVUYE NIYO TUJA GUKO NAHO MWANKA MUTAMA ARATORWA UKURI KWAMYE WEWE YIKAWUKIRE GUSA

  • Petero nkurunziza ico nomuhanura ku bwineza y’iwe nineza y’abenegihugu nukwo atohirahirango ashobore kwitoza kukiringo kigira3

  • haaa nakajogeza ivyuburudi umenga ntamutware ahari

  • Kuba bemerera bamwe ayo namacakubiri nibareke bose bagaragaze ikibabakiye NIBIKUBITE AGASHI NTAWUHORA KUNGOMA

  • Turatangara umuntu azi nkumurundi wofata igihungu cawe ugatera imingumuko wisamburirako siduhije pasifike nyagoma nabadi ntibamaje kutwara imiryago yabo hanze bakabona kuhenda abantu nimurabire aho tufatane munda abarundi twese abanzungu ntibatuce muryahumye ok

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.