Jacques BIGIRIMANA yasavye amakungu gukura ibihano vyafatiwe Uburundi (Video)

Yanditswe na IGIHE
Kuya 22 Ndamukiza 2016 saa 06:59
Yasomwe : 29502
0 0

Source: RTNB

Source: RTNB


Kumenyekanisha

1
NVUGAMAKE 12-05-2016 à 21:12

Abavugango Abarundibabongere Ibihanomuri Ibirofabifana Icobitazi

2
turaje 26-04-2016 à 23:33

utegeye umuhutu kunda woba umushoboye kweri
ngo ntafashanyo mushaka inzara irabariye ngo bakureko ibihano
tugiye kubaha ibindi bihano kuko Peter yanze kumva ninka farao

3
Ndikuriyo Leonidas 26-04-2016 à 03:29

Erega Ntamurorerezi Aryohegwa Numuziki,ahubwo Uwuryoherwa Cane Nuwuriko Arawutamba.Mwese Ceceka,mwe Muwutamba Mugisivire Tweho Tuwutamba Gisoda.Rumwerumwe,kuruyerikugwenge,uyifirimbi Ya Arbitre Ivugiyeko Niwamenya Ko Mwojejemba Ayomujejemba,aho Uwogutekera Aga Cinq Litre Kumavya Nayandi Woyavuga.

4
Nkurumbi 24-04-2016 à 09:46

None wewe ga Jacques ni nde munyagihugu yagutumye?ko mumatora atanubusa waronse,genda Rukore muri Tanzania kwiba impungure namakoto.

5
Cimpaye 24-04-2016 à 06:57

Aracyeye.

6
Eric 24-04-2016 à 01:50

gusaba ngo ibihano bihave nivyiza ariko barabe icateye ibihano arico gitangura kuhava

7
tari 23-04-2016 à 12:12

Wewe kwatawagutoye ngumvugire abanyagihugu ivyo ninde yabigutumye niba uvugira indayawe urazi kowagiye mumatora ntiwaronka nubusa none nkawe uruha wishira mubanyapolitike burakuja gufata usuka wishinge kuvuga ayamuhe uburero ubonye hamwe wahora wirirwa gukomba isiniya vyagabanutse none wihaye kuvuga ayasunitswe nimpwemu ibihano kutabigaba bigabwa nababifashe

8
Kamenge 23-04-2016 à 11:52

Ariko ikintu ngo ni jacques kiba kivuga ibiki hanze yo kwica abantu gusa.
Wowe wiyise Gwasa, gose nyemerera nkubarire ko ataco muriko kabisa. Naho abo bazungu bahaza meme si nabo bahafise inyungu ariko namwe ca vous derrange muri gahunda yo kwica abatutsi en masse nkuko muvyifuza. Naho ivyo muri murakora mwe nico kivagundu ngo ni Nkurunziza na FDLR na bafaransa turabizi sha . Never AGAIN

9
LiLi 23-04-2016 à 11:12

NGAHO DA . IBYO SE KANDI ABARUNDI KO BISHOBOYE KO NTAMFASHANYO MUKENEYE IYO NDURU NIYICYI. UBUNDI NALINZI KO UMUHUTU ADASHOBORA KWIHANGANIRA INZARA . ARABANZA AKIHAGARARAHO IGIHE ACYUMVA ANDA YE HALIMO NKA 5KG ALIKO IYO HAVUYEHO NKA 1KG. YARYA NUMWANAWE. MULI CONGO BARABALIYE NABO RERO NIBATINDA KUBAHA IBIRYO BARABARYA DA.

10
kuri 23-04-2016 à 09:45

ICO BACITA GUTA UMUTWE CANKE GUSARANA IMVI KUMUTWE. JAQUE YIBAGIYE NGIRA YIBAJIJE NGO NI RUKORE HAMWE YIRIGWA YIBA IBIGORI NÃ MAKOTO?

MBE KO MWAVUZE KO AMAKUNGU ATACO AMAZE, NONE IBIHANO BIVUZE IKI? AHO WOKOMYE INDURU KUBARIKO BITSWA WA MU SEZI WE UGASEGA NEZA NTUBONA KO UBU BABAHINYUYE ABANYAGIHUGU

NGO HAKUBA IMBWA WOBA IMVA? NIVYO MWABAYE IMBWA CANKE IMVA?

11
Falcon 23-04-2016 à 08:30

Abarundi twaragowe,nkuyu jacques bigirimana yahejeje plomberie,none ngo arafise ivyo abwira amakungu?ngo ni umunyepolitique?ewe burundi uragowe IMANA itatugiriye imbabazi nihatari.

12
gwasa 23-04-2016 à 07:58

oya Jaque ntaco imfashanyo haheze imyaka itatu atamfashanyo dufise none uburundi ntituguma tubaho nkakwakundi mbe kobaguma biruka ngaha muburundi amaguru adakora hasi kandi ataco tukibasaba sibo biruka?baribaziko tuzoca dusaba imbabazi,gusa umutama wacu S.H Nkurunziza tumukunde kuko numugabo kweli

13
karorero 22-04-2016 à 22:36

Komera komera ntawundi akwiriy ijunja nijambo nkuyu mutama Jacques imana imurinde.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha