KARORI Nditije ariyamiriza ibiganiro vyabereye i Arusha (Video)

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 Rusama 2016 saa 07:22
Yasomwe : 29898
1 2


Kumenyekanisha

1
CACA emmanuel 30-05-2016 à 16:39

iconosaba nyakubahwa nuko atozojayo kuko abashaka gutoba umutekano babahafi tukanabashimirako mwugayeimipaka

2
CACA emmanuel 30-05-2016 à 16:38

iconosaba nyakubahwa nuko atozojayo kuko abashaka gutoba umutekano babahafi tukanabarhimirako mwugayeimipaka

3
eric 25-05-2016 à 19:15

yewd?aratumariye,kubuhombo nkihene?nkurunziza igihugucabo nabakarimigusa senarend nigirecoyokora,ndabasaba

4
Kagabo 25-05-2016 à 11:01

Tari Ndakwemey Nawe Ugiye Uvuga Ukuri. Ntawokwanka Ibiganiro Ngo Mpaka Cnared. Ega Mumisi Boguma Banana Bagorana Bongera Batera Za Gerenade Amakungu Azohindura Imikenyuro Akorane Na Mutama Peter Babafate Baje Gufungwa. Ja Urabahanura Ureke Zamvugo Zawe Bahebe Kwisamburirako Nk Intozo Zimujeri Canke Zisindumuja Baze Twubake Uburundi. Ariko Naho Wahinduye Ivyiyumviro Uzobanze Wishikane Ku Nzego Z Umutekano. Ega Kugwa Sibibi Ko Wivanguy N Injavyi Ni Neza

5
Nyanzira 25-05-2016 à 09:03

kumburawitabe ngoshikwisigizogwa wentavyubonako nkurumbi atumaze?

6
mukito 25-05-2016 à 08:20

mutama uratambikije kabisa, uri umukukuruke muvyapolitique. uzoja urahenda ibijuju bitabona. vyanse vyanse fata akaruhuko k’izabukuru, ubu ntubona ko inkona ibasubije umukenyuro!!

7
tari 25-05-2016 à 07:50

Ico nohanura nyakubahwa nditeje nabo muri cnared nuko mutoshoka mukura abobashingantahe bitavye ivyobiganiro ahubwo nuko mwokwicarahamwe mukabanza mukabaha impanuro kuko ico shima nuko amajambo bashikirije arimeza kandi nkanashima ko ivyobavuze basa nababivuze kugatwe kabo ariko batabivuze kwizina rya cnared canke rya Uprona gusa ivyiyumviro bashikirije sibibi ikindi nobasaba nuko mwokwitegurira ibiganiro bigiye kuzobahuza numuhuza mumisi irimbere kuburyo muzobijamwo muvuga rumwe

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha