Accueil > Poritike > Imigambwe > MSD : CENI idahinduye ingendo tugiye kuyihagurukira
MSD : CENI idahinduye ingendo tugiye kuyihagurukira
mardi 18 Munyonyo 2014
Mu mugambwe MSD mu ntara ya Gitega basaba umurwi ujejwe amatora CENI kwikubita agashi ugafata imigambwe yose kumwe atari aho naho, Reta igasabwa kubogoza abarongoye uwo murwi.

Mu kiganiro yagiranye n’ikinyamakuru IGIHE, Epithace Nshimirimana arongoye MSD mu ntara ya Gitega akaba asaba umurwi CENI kutihutira gushiraho abazandika abazitabira amatora, ahubwo agahamagarira uwo murwi vuba bwango kugira wumvikane n’aberwa n’ikibazo c’amatora, uko hojaho abagize imirwi ya CECI na CEPI ariko yumvikanyweko na bose. Epithace Nshimirimana akavuga ko ivyo bitabaye, bagiye kwiyamiriza bivuye inyuma uwo murwi ujejwe gutegura amatora.
Epithace Nshimirimana akaba ndetse ubwo butumwa ari nabwo yatanze igihe yariko arugurura ingoro y’umugambwe muri komine ya Itaba mu ntara ya Gitega. Muri uyo mugambwe nk’uko abivuga umukuru wawo mu ntara ya Gitega, bakaba bariko barakora ibishoboka vyose mu kwegera abanywanyi babo, kugira baze bitabire amatora yo mu mwaka w’2015, n’aho babona ibibanza nka vyose mu mirwi ijejwe gutegura amatora bisa n’ivyigaruriwe n’umugambwe CNDD FDD.



Aristide Nizigire
Messages
18 Munyonyo 2014, 16:48, par rumuri
barabahenze muze mubanze mugarukane shobuja SINDUHIJE mupfunguze nabanywanyi banyu bari mumpimba
18 Munyonyo 2014, 17:34, par MSD
Aba MSD ntitugire ikibazo kukomuri 2015 intsinzi nikashi nukuvuga mumatora azosubirakubamuri 2020 MSD niyizobiramucwa igihugu tuzoca duhindura abobakuru ba CENI mazetuzoce twishiriraho aba MSD bonyene kukontanumwe atazimo aba MSD aribobarundi bokorara bakorera ineza yabarundi.
18 Munyonyo 2014, 20:03, par sikitu
niyo havuga nabandi nayo mweho ntacomwanze iyo muza kubabandi mwobanje mukitonda nzingo abantu baribagira, ntawokwibagira amapine yaturirirwamwo, inzirakarengane
18 Munyonyo 2014, 20:22, par kibogora
Ahaha!!!!!non aba msd muburundi baba Igitega gusa.ko atahandi bavugwa non biteze kuzotsinda muntara 1?Igitega niho bamabateraakajagarigusa!mbega ahahah!!!!!!!Uburundi bwotwagwa na nduhije.ati:izina niryomuntu.yaruhije abantu naweyariyomokeye.vinyuma mwiruke.
18 Munyonyo 2014, 23:04, par hussein
jewe ukwanje nugusaba ugwaruka cane cane barya bataciye kunte yishure namwe mundafise ivyomukora ntimuze muha amatwi abanye politike kubera habaye intambara baca bahungira muzaburaya namwe mugahungira aho tanzania kurya ibigori vyinte.
18 Munyonyo 2014, 23:18, par Bumwe
Sikitu nabatamitswe amazirantoke mbona baravyibagiye barambara umutamana
19 Munyonyo 2014, 05:24, par habimana
Abo bashenzi nibo bari aba sans echec.iyo ndababonye numva nfise ikintu nakibateramwo ukuntu banyiciye muyomba bavuga ngo ni Iboro.sha bandanya munkora mujisho ntaco ndengejeho
19 Munyonyo 2014, 05:24, par habimana
Abo bashenzi nibo bari aba sans echec.iyo ndababonye numva nfise ikintu nakibateramwo ukuntu banyiciye muyomba bavuga ngo ni Iboro.sha bandanya munkora mujisho ntaco ndengejeho
19 Munyonyo 2014, 07:45, par philbert
Ni mwebwe mukwiye guhindura ingendo mukankangutwarwa n’ababurandero!! Murahenzwe mukiri inzoya...
19 Munyonyo 2014, 11:12, par Ir Ben Gourion
mbe habimana,wibutse imipanga mwatemesha abantu nk’aho umenga ni ibitumburi vy’ibitoke?sha ibint vyarahindutse ubu hoho,nta mututsi muzongera kwica buhene,ico nzi coco,murukarishe ruzobamwa,haraho gashiga yobashohora tugasigara tungana ubwo bwinsh bwanyu naho mwob mungana n’umusenyi wo kuri tanganyika muzosigara muharurirwa ku dusunwe tw’intoke.wame wibuka,nimb warize amateka,la geurre de kippour ce que nos frères ont fait aux ennemis innombrabres.
19 Munyonyo 2014, 11:14, par Video
Hanyuma ngo mu burundi nta demokarasi!!! Raba ingene bidegemvya!
19 Munyonyo 2014, 12:30, par home loup pour home
Jewe ndatangazwa nabigira ngo ni abanyepolitike naho ari abanyeshavu gusa, uwo epitas mwumva ntaho atandukaniye na manasse, bose bari abaDD hama ivyo bari biteze kuronka muba DD ntibabironka, aha rero bakinda bagaramwe ngo nibo baje gusenyura DD, sindabakengereye ariko uwo epitas ndetse nabandi atakabira kiburaya bafise ndetse bataraba nigihagararo kumashule yabo bahoze bapfana ishavu nk’ishuri, bashaka bojana akariro gake na frein kuko izo nguvu n’uburyo bata ntibizeye kubigaruza naho iyo migambwe yabo yotsinda. ariko da ngirango batigitira kuba abashingamateka, ariko navyone ntawovyizera.
19 Munyonyo 2014, 13:06, par YAKUMBA
erega ivyakozwe nabahoze bitwa abaporona ubu aribo barondeye ubwihisho bihindura aba mcd tubamenyeshwa nimvugo zuwubarongoye sinduhije naboarongoye. ahorero bigira aberanda. ngontitubazi intwaro yabo turayizi.ntibotwizeza ko hariyindtwaro bafise atari nkayayindi yokwita iboro nokubahuka bagatekera. amavyi bakayadusiga izuba ryaka.abo barubura kigongwe bazotsinda aruko batwishe twese canke twavyibagiye, aho igitega nyene, niho vyakorerwa ahubwo nimuturure mutekereze"
19 Munyonyo 2014, 16:44, par kinonko
Nta MSD mugihugu kuko mutwarwa nigitandero.muze banze mwige diplomatie hama muze kurubuga rwa politic.mukarabe namaraso mwasheshe yose......
20 Munyonyo 2014, 07:38, par MSD
Burya ngo ingwe igutwara itungwa ikagutanga kuraka abo bantu baribagy aba baseky mu masekuro abanyeshure bibuta mu kibimba ibugenda ntega na marangara muri88 mu gihugu cose 93 mwica abantu ngo bishe umukuru w’igihugu batamuzi amazirantoke mukura abantu mu miduga mubahitishamwo ayashushe canke ayakanye ahubwo nukwagura ubusho mukabihanirwa.
20 Munyonyo 2014, 08:20, par Maso
Hahaha ndabatwenze basi.kubwoba bwatekeye nbiki?nene ndabaze mwabujijwe nikigufata abobantu babiciye?kotuzikomutinya gushira, ahabona amakosa dd yakoze kwateyagahindakeshi abarundi musigayemuvuga nkabita mwihangane MSD irikurubiga bikomeye cane uyonawe avugagobari gitega gusa witonde ubaze aba dd benewanyu bazokubirira icomusigaranye niterabwoba gusa ivyonavyo twarabirenganye ukuri nubuntu nivyobizotura dusezerere itwaro zabicanyi zirikwazirica aboziyitiririye kobagiyekutukwanra none inzuzu zuzuye imiryango yacu.nitugire MSD.
20 Munyonyo 2014, 10:08, par NTIHEBUWAYO Isaî
Nimbe mugikunda icabibarutse "BURUNDI", ntimukamire mucoze ngo harinde gushika ivyabereye mure Burkina Faso nahubundi le changement brutal est fort possible vue les réactions aussi brutales qui caractérisent nos frères au pouvoir. Rappelez-vous que la liberte des uns se limitent où comment celles des autres. Agahimbo kabamwe kama kangana n’inzara y’abandi. Mana tugarukira ntidusubire mumarira nkayo twabayemwo Kubera abatahura ingendo ya démocratie. Amen.
21 Munyonyo 2014, 09:01, par MSD
Jewe mpamagariye abarundi bose gutora MSD kuko bazoba bakingiye uburundi nabarundi ibibi vyinshi ntovugira ngaha kumurongo baravyiboneye nabo kandi mpanuy abrongoye Adc Ikibiri ngo ntibabuze abanywanyi babo kwiyandikisha kuko vyanka vyakunda turahindur’ibintu hanyuma naba dd ndabasavye kudahonba ako karyo.
21 Munyonyo 2014, 13:58, par J.BAPTISTE
KUVUGA KO MUZOKWIYAMIRIZA CENI BISIGURA IK?MUZOBICISHA MUZIHE NZIRA?NIMWAGRA BIRYA MUMENYEREY MBAY NDABIBUTSA KO INEMBO NA ZA GAZ BITARAHERA.MBEGA UWUZOBIGWAMWO AZOKWITWA INCUNGU YIKI?AHUBW RABA MUGABANYE IRYO TABI MUNYWA ATARIVYO,NAGAHWANE
21 Munyonyo 2014, 18:15, par So
@ J Baptista, ivyuvuze nivyo nibafobore icokintu bagomba kuzokorera abakoziba CENI nambarukurega urubanza tubimenye, nambarukubagiriranabi nkukobabimenyeye tubimenye, mazebidufashe kumenyako umukoziwa CENI azotsitara kwaribo bazobabashikije icobahize kuzokora, iyominywayanyu buraca irabakoza isonindabarahiye!.
22 Munyonyo 2014, 03:06, par Augustin nsengiyumva
erga kuba 6nduhij atahr mtibisigura ko umugambwe udakora.ingorane kensh yamakosa akozwe ntibbona ingarka mbega haby cni na cepi ceci yabo mri system kwibwa kwamatora kwozibiwa gt?nimuhmur.msd komere kwibanga abajeune 2rinyuma
23 Munyonyo 2014, 19:53, par rwembe
MSD komera ivyo binyeshamb birahumb naho twabihebeye bigatwar imyakka cumi irakwiye....2015 ni MSD ivyo birazwi ntawobiharira!!!!!!!komera
23 Munyonyo 2014, 19:57, par rwembe
abanywanyi bazovayo ari mwe mubasubirira kandi hazob hari peine d mort...
11 Mukakaro 2015, 16:18, par Havyalimana
Ntaco Bimaliye
2 Ruhuhuma 2016, 21:53, par Felicien ndayishimiye ITABA
Jewe kubwanje ntaho negamiye muvya portique mbona yuko abarundi mupfa ubukene kuko ndavye ibindi bihugu ntabintu nk,ivyo bigira kuko birifise uwutsinzwe aguma abandanya nimirimo yiwe.., nukuvuga none ko bobo batazi kurasa canke gutera gerenade? ikubute agashi mureke kumarana ibindi bihugu birabatwenga, raba nka Tanzania ingene itekanye kandi kuva bikukiye hatsinda hagatwara umugambwe umwe (CCM) Abarundi nyimba mwaravumwe!!!
2 Ruhuhuma 2016, 21:55, par Felicien ndayishimiye ITABA
Jewe kubwanje ntaho negamiye muvya portique mbona yuko abarundi mupfa ubukene kuko ndavye ibindi bihugu ntabintu nk,ivyo bigira kuko birifise uwutsinzwe aguma abandanya nimirimo yiwe.., nukuvuga none ko bobo batazi kurasa canke gutera gerenade? ikubute agashi mureke kumarana ibindi bihugu birabatwenga, raba nka Tanzania ingene itekanye kandi kuva bikukiye hatsinda hagatwara umugambwe umwe (CCM) Abarundi nyimba mwaravumwe!!!