Accueil > Poritike > Imigambwe > Nyabenda : "Abagumyabanga bazohabwa umukandida bipfuza’’
Nyabenda : "Abagumyabanga bazohabwa umukandida bipfuza’’
samedi 11 Ndamukiza 2015
Mu myiyerekano yateguwe n’Abagumyabanga b’umugambwe CNDD FDD mu gisagara ca Bujumbura, Pascal Nyabenda umukuru w’uyo mugabwe avuga ko ikoraniro kaminuza riri mugutunganywa, kugira abagumyabanga bahabwe umukandida bipfuza.
Muri iyo myerekano yatanguriye mu mpera z’igisagara ca Bujumbura yerekeza ku kibuga ca Tempete mu gisagara ca Bujumbura, abaje muri ivyo bikorwa bavuye mu Bumanuko bw’igihugu bazananye ku Musaga, abavuye mu Buraruko nabo bazananye mu Kamenge, nayo abavuye mu Burengero bakaba bazananye ku mpande z’ikiyaga Tanganyika. Abo bose, bakaba baje baravyina indirimbo zitandukanye, aho bamwe bavuga bati :’’Ubwa mbere hatowe isake iraribwa, none hatowe inkona, uzoyikorako, izomukora’’ .Abandi nabo bakavuga ko barahiye Peter Nkuruniziza azitoza.

Muri ivyo bikorwa kandi bibabaye inyuma yaho ibihangannge mu mugambwe CNDD FDD bikuriwe muri uyo mugambwe, vyagirizwa kugumuka kuko benshi muri abo bategetsi banse ikiringo ca gatatu ca CNDD FDD, Pascal Nyabenda akaba yavuze ko ibihano vyatanzwe kuri abo bafashe inzira y’abakeba. Umukuru w’uyo mugambwe mw’ijambo ryiwe ryagenda ariherekeza n’akaririmbo, akaba yasavye Imbonerekure gukomeza indero, na cane cane Imbonerakure nshasha. Asaba abatari muri uyo mugambwe kutagira ubwoba, kuko ataco bazoba, mu gihe abatari bake bafise amakenga ku birwanisho bavuga ko biriko biratangwa, co kimwe n’amajambo y’iterabwoba avugwa n’Imbonerakure.
Umushingamateka Nyabenda rero akaba ndetse mw’ijambo ryiwe yananeguye abamaze iminsi bose bakebura umukuru w’igihugu ku bijanye n’ikiringo ca gatatu. Ku bwiwe, avuga ko bitanganje kubona abamye barangwa n’intwaro z’ibikenye babanje guhirika ubutegetsi, abo avuga ko batazi demokarasi, aribo basigaye bagaruka bakigisha uko ibiringo vyubahirizwa, vy’umukuru w’igihugu. Umukuru w’uyo mugambwe ati:’’Umugambwe CNDD FDD n’uwabagumyabanga, ikoraniro kaminuza rizotunganywa n’abagumyabanga, baheze batange umukandida abagumyabanga bashaka.’’

Igihe rero uga yariko iraseha bamwe mu bagumyabanga ba CNDD FDD bava ruguru, abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi hamwe n’abandi baba mu micungararo y’ico kigo kiri ku Mutanga, bakaba bari bahagaze kw’ibarabara ryitiriwe uwa 28 Munyonyo, berekana intoke zibiri, aho basigura ko ibiringo ari bibiri gusa, atacagatatu. Bamwe bakaba ndetse banavuga ko hamwe ivyo biringo bitokubahirizwa, biteguriye kuzihereza amabarabara biyamirize ihonyangwa ry’amasezerano y’i Arusha hamwe n’ibwirizwa nshingiro.
Tukabamenyesha ko muri ivyo birori vy’umugambwe CNDD FDD vyarimwo kandi n’ivyegera vyose vy’umukuru w’umugambwe CNDD FDD, uwutwara igisata c’Abakenyerera rugamba umushingamateka Genevieve Kanyange akaba atariho yari, kuko aheruka gutera umukono ku rwandiko rwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, eka na Denis Karera arongoye urwaruka rw’Imbonerakure akaba atagaragaye muri ivyo birori.



Aristide Nizigire
Messages
11 Ndamukiza 2015, 15:12, par Nwari
Yaaaaaaaaaaa!!!!!!!!!abo nibo banywanyi basigaranye muguhugu cose!!!!!!!///abo nibo bari baje kutera ubwoba ??mugisagara????heee barawatsa tuje turabe ’concilia yabarushije abanywanyi kuko aho bagiriye nihobaheruka kugirira?? nkuruziza genda tutarakunobesha iminwe ’tutarashavura wabonye ko atanamasaha abiri yohera niwatera intabara
11 Ndamukiza 2015, 15:12, par Odila
Inarunyonga yaraje umushitsi igisizimwe kiraza kiramutwara ati: Ndakabona ndamuraje iyo ndamuraza cantwara umukobwa. Umuhungu wa Peter ugira yarimwo. Ni mwibuke Cagu ivyo yabwiye...
11 Ndamukiza 2015, 15:35, par samandari
Ndaremye uburundi bugiye kuba urwanda rushasha mugutemana kuko izo mbonerakure nabatiduza yuko murokore nkurunziza nibahurira mwibarabara hazoca uwambaye nibidengeri vya maraso gusa bizoboneka
11 Ndamukiza 2015, 15:47, par FDN
IRYONITERABWOBA.?
11 Ndamukiza 2015, 15:51, par nshima ariona
nibateriger ryanyuma nako boduhaye amahoro ibindi barimenya
11 Ndamukiza 2015, 16:08, par shaggy
bareke uwugombakupfa arayasamvya
11 Ndamukiza 2015, 16:10, par Bukuru Hassan
Uwuserukira abakenyerarugamba siho yarari n’uwuserukira imbonerakure siho yarari none bompi boba batubikiye iki? Abavyeyi nibo bahekurwa n’urwaruka nirwo rusukwa muntambara rukota uworutacanye. Izi institutions zibiri zibonyeko arizo zirwa kenshi mungorane zigahava zivavanura napolitique itarota izana amahoro umutekano n’iterambere mugihugu nibazako atangorane zindi nkizi tubona ubu zohabaye mugihugu c’uburundi kandi.
11 Ndamukiza 2015, 16:29, par ###
Nyabenda ariko uwo mu kandida azobe yisunze amasezerano yi Arusha ataruko akayabu kazobasobako ntibone ngo muri beshe ngaho.
11 Ndamukiza 2015, 16:46, par minani
Ndashigikiye abo banyeshure kuko ntibariye umunwa kuko hakubimbwa wobimva ntidutinya imbonera kure zihendeshwa imbombo kandi atanincambwenge zifise ukobigira kose turiteguye guhangana nabo piere yarabivungo bakinda bahenye bagarama bubama turavyanseeeeeeee
11 Ndamukiza 2015, 17:49, par msd buja
intoke zibiri ntizisigura ibiringi bibiri ahubwo ni msd arkonawe bivugeneza simyigaragavyo kuko imyigaragavyo bononihintu kandi ntibataha gusakimwe turabonako bagwiriye kandi kinwe dushakamahoro ntihagire uwuturungika gusesa maraso yabandi jewuko nabibinye ntabarabara nzojamwo kuko bosebageze kubutegetsi bahigivyiwabo kandi ngiye mwibarabara bakafata kandi icotwashaka ntikibe uwantumye acayihungira nanje nkagasigaramwo abandi bapfuye akarorero kahafi batubwiye kuvuza amahoni baduciye cumicumi ntawatuvugiye barihoreye rero benewacu twogenza buhoro turabonako bitazoroha
11 Ndamukiza 2015, 18:08, par NTAKIRUTIMANA Lazare
INKONA NTIYARUZWA, GEZA MURORE.
11 Ndamukiza 2015, 19:55, par Tubirabe
None nimba uwo mumenyeshamakuru atabeshe hamwe umukuru w,imbonerakure atarahari ariko ntimubona ko umugambwe wagiye akagirire ufashe igiti ukagica imizi ugasigarana igiti kitagira imizi ubwo wovuga ko ufise igiti gitotahaye.Urubanza rwarurwuyo mukuru w’imbonerakure none yabiravye abona ntaneza bizana arabivamwo.Ahubwo twobimushimira kuko kudadaza ntaneza bizana.
11 Ndamukiza 2015, 19:59, par patient
iryo koraniro kaminuza turarindiriye ariko muhitemwo neza nibatsindwa ntbaze bitwaze peter.
11 Ndamukiza 2015, 20:18, par MWANAFALSAFA
hoooo,ntamvura idahita barabaza ghadafi,na osama yari igihangange ntawe tukibona.....
11 Ndamukiza 2015, 20:53, par Ntahonkuriye
Abo bakungu biriwe barasara Imana izobarandura nababo
11 Ndamukiza 2015, 21:35, par ndayi
ndabonye aba dd ubwoba burabarembj basi guhadagara agumyabondo bos bomuburundi kugira barabe ukobangana ndabony ninkehwa basi
11 Ndamukiza 2015, 22:02, par Hanna
Mubikorane ubwenge ntihagire umuryagihugu bica azira usa
11 Ndamukiza 2015, 22:03, par Hanna
Mubikorane ubwenge ntihagire umuryagihugu bica azira usa
11 Ndamukiza 2015, 22:07, par Hanna
Mubikorane ubwenge ntihagire umuryagihugu ahorwa ubusa
11 Ndamukiza 2015, 23:20, par Denis
Barundi barundikazi ba mutahura ivyo mubona mwumvurize neza ata ka details kabajana.Les accords d Arusha ni iki?Ni umwumvikano wabaye entre les 2 camps
concernes par la guerre de 1993 a 2003.Hari abakubiswe ama obus barabura iyo baja ou bava baca bikora Arusha kugira basabe ko Ababatera ama obus bohagarika .Izo accords uzisomye neza ni umwumvikano wotuma abarundi babana neza badasuzugurana eka atawurenganya ou ngo arengere uwundi.Tutabeshana ama accords d Arusha yoba yarakwirikijwe mu bihimba vyose bw ubuzima bw abarundi?Eka da...
UWUBISHOBOYE NASABE Arusha @ secondnegociations.com.
Peter Nkurunziza yanse kwitoza encore une fois kubera intimidation ya a gauche a droite abarenganywa aho harimwo na ba sinduhije etc....ntavuze abishwe ninzara bazomuduga ko
12 Ndamukiza 2015, 01:00, par vuganeza
@ndayi
Abatutsi mwibagira vuba,kuri ndadaye niko mwavuze,n’ubu muzomaramara ntimushobara gutsinda aba dd;ninde mbega wombwira azohiganwa nabo ,muvuga ngo bazotsindwa,na nde??????Ayo ma image ya ciramunda turazi ico atumbereye,no kuri ndadaye kwari uko mwagira montage y’ama images,ariko iyo muva ntimuruha,uyo muntu azotsinda cndd fdd ni nde ko atawe turumva canke ngo tubone!!!!!!!!
12 Ndamukiza 2015, 01:26, par Kajaga
NIYABA IMYIGARAGAVYO YOSE IVURWA KWIZOBA NGAHA MUBURUNDI IKABIZOBA IRIMWO UBWITONZI NKUBO TWABONYE MURIYI MYIGARAGAMVYO NTAKIBUZA IGIHUGUCACU CATEYIMBERE MURI DEMOCRATIE MUBIHUGU VYOMUBIYAGA BININI, UMVA, HARIHO AHANTU TWARIDUHAGAZE NONEHO TUBINA IMBINERAKURE ZIRIMUKIVUA CAZO NATWE DUHAGAZE KUNKOMBE YIBARABARA MAZE TWESEHAMWE TURASEMERERA TUZIZIMERA TUVUGADUTI MURARUHIRUBUSA MWABIJUJUMWE VYI MBONERAKURE BACIYEBATWISHURA NGO MUKONERE BARUNDI BENEWACU NGOKUKO TURABONA NTAKIRWANISHO MUFISE!.
12 Ndamukiza 2015, 03:51, par nday hassan
Mbega bibaza ko uburundi ari Zimbabwe ? Nimba agomba kuba nka kaddaf narindire
12 Ndamukiza 2015, 03:51, par Mbonabuca
Abagumyabanga bazohabwa umukandida bipfuza ARIKO yemewe n’Ibwirizwa shingiro, tubitege amaso!
12 Ndamukiza 2015, 04:52, par Ndayahundwa jean clovis
"Abagumyabanga bazohabwa umukandida bipfuza ".Demokarasi n’intwaro kandi ikorera Abanyagihugu .Uwo mutama Nyabenda ntasobanukirwa neza Demokarasi ico arico. Muri Demokarasi Abanyagihugu ni bene intwaro kuko nibo bitorera ababaserukira,ntibahabwa ababaserukira! Mu ntwaro y’igikenye ( dictature) niyo Abanyagihugu batagira ijambo kuko ntaburenganzira bafise bwo guhitamwo ababayobora canke abakandida
12 Ndamukiza 2015, 07:38, par Vena
burya harico mutazi kandi mukwiye kumenya! abomubonangaho benshi bariko biciramafranga gusa bamwe barinyuma ya oposition abandi bashigikiye aba dd birukanywe mumugambwe ! barindiriye gusa kohatangazwa uwuzitoza
12 Ndamukiza 2015, 09:49, par renovat
vyukuri nivyiza kotwavuyemuntambara mugaboniyubahirize amategeko kukonimana ikunda uwumvira murakoze’
12 Ndamukiza 2015, 11:03, par Nkunzimana pierre
None kumwumva arabaje kwicira amahera mutinyiriki amatora mugashaka transition.imbwa yahiye kumurizo ngo burakeye tuhereke abagabo
12 Ndamukiza 2015, 11:04, par tharcisse
Ico nobwira abanyahihugu nibaba batarabibona,Leta ya Nkurunziza yarisinye gutwara ikiringo ca gatatu ,ashaka gusesa amaraso yabanyagigugu kubera inyungu zakarwi gatoya kamukikije,imbonerakure nabandi ba DD babona ko hamwe Peter atobandanya atwara uduhera babahendesha batazosubira kuturonka nico gituma bahisemwo Inzira yintambara.ico nosaba abarundi nuko bomera magabo bakihereza amabarabara kuko naho bobarasa ntibobamara.ariko uburundi ntibwongere gutwarwa numuntu atagira ubwenge nka petero.nagende mu mavoka areke uwundi atware kuko siwe gusa ashoboye gutwara uburundi,nta nguvu yasumvya Buyoya yarafise igisoda cose nkeswe wewe afise igice caco nahone nico gice ntigikwiye namba.narekure ubutegutsi hanyuma intahe imukubite mu gahanga kubwicanyi bwagahomera bunwa bwaranzwe nintwaro yiwe.
12 Ndamukiza 2015, 11:21
iyo yari —avant-gout— abaja mwibarabara batevye ikindi barindiriye ni igiki. fanya fuyo uwone.
12 Ndamukiza 2015, 11:34, par niheza
Emwe uzorukarisha ruzomumwa. irya yari avant gout. Nayo abaja mwibarabara sinzico barindirife.ejo narabaraba nkatwenga. Igitiba aho bagikuye hasigara ibisigaranzega. fanya fujo muwone.
12 Ndamukiza 2015, 11:47, par EMERA
uti zarinkehwa sha nawe ntukanura.naje iciyumviro nagihinduye.nahora ngira ngo ntabakiriho nkurikije ivyamaradiyo avuga. ivyumukuru wimbonerakure ko yoba atarahari umunyamakuru yaduhenze kuko binjiriye henshi. Mbe yobadahari hoho ............
12 Ndamukiza 2015, 11:52, par mahoro
nwese murapfa ubusa ni CNDD-FDD UPRONA ya Nibigira bizohangana na FNL UPRONA ya Sunduhije biriko birahangana abasigaye muhitemwo hamwe mujya. ibindi ni iterabwoba gusa. turaje amatora agere tubabone
12 Ndamukiza 2015, 12:06, par claudine
mwese mutanga ivyiyumviro ngaha nabandi barundi benshi nikuki iyo mugeze mukumba kitora mushira imbere ubwoko?
12 Ndamukiza 2015, 12:17, par mwaro
CNDD warakoze kuva gerakubutegetsi ata mututsi wigeze urya urwara! byaratweretse ko umwumvikano urihafi. courage nimushire hamwe mwegucanamwo ibyiza birimbere.
12 Ndamukiza 2015, 12:20, par mwaro
CNDD warakoze kuva wa gerakubutegetsi ata mututsi wigeze urya urwara! byaratweretse ko umwumvikano urihafi. nimushake umuti wubukene mwongere umuyaga nkuba, courage nimushire hamwe mwegucanamwo ibyiza birimbere.
12 Ndamukiza 2015, 14:02, par kuri
PETERO NKURUNZIZA NUMUKOZI WA SATANI IVYO MBIVUZE NTATINYA ABARI MURUSENGERO ARIMWO MUGABE NDABIBABWIYE HUNGA GIHONOMO KIRIKO KIRAHINDA MWESE MURAGIYE KURANDUKA PE!!!!!!!!
12 Ndamukiza 2015, 14:23, par kuwayo
Intwaro ya Peter = Intwaro ya Habyarimana Juvenal
Muti gute ? ibintu 3 ngire mbereke
1. Habyarimana yihendaga ko kubwira amahanga ko yakemuye ikibazo cy’impunzi yagikemuye kandi abesha = Peter ati muhumure,mushitse umutima mu nda, amatora azoba mw’ituze, amabwirizwa azokubahirizwa, etc,...........
2. Igisoda cya Habyara,, cyarushwaga agaciro n’INTERAHAMWE kuburyo n’amakungu amwe n’amwe yaraziko interahamwe arizo ntwaramiheto z’u Rwanda hahahahahah = IMBONERAKURE zo mu Burundi zizwi n’amakungu kuruta igisoda cy’Uburundi kandi abo bategetsi mvuze niho bimirije amakiriro yabo
3. Intwaramiheto za habyara zari zimaze kumukuraho icyizere mw’iabanga atabizi, kuburyo hari abangaga kujya ku rugamba bakavuga ngo bazarwana aruko intambara ishyitse mu makomine bavukamwo hahahhaha = mu burundi naho niko bimeze ubu mu basoda bakuru n’abato umuriro uraka indani hasigaye ko biseruka inyuma gusa
List ni ndende ariko izo 3 éléments nizo ntoranyijemwo namwe mugerekeho izo mubona
12 Ndamukiza 2015, 15:09, par kanyange
@waro
cnddfdd ntiyicana urarivuze,ni abatutsi bagumye bica abantu bakoresheje aba sans echecs n’utundi tu organisations tw’inkozi z’ikibi bamye bafise,nibo baturiye ayo masoko yose wumva,kubera bafise ama radio bakuye mu vyo batunyaze,bagaca babidurumisha,abanyagihugu bakabahenda,bagateranya abahutu kugirango tumarane mu cizere co kutwaka intsinzi.Ivyo vyose barabikoresheje abanyagihugu barabahinyura,none ubu hageze aho hari abashaka kwigira ba mandela n’abakozi bo muri FBI aho mvuga ba bob rugurika
ubu batanguye kuvuga jenocide iriko irategugwa ngo yo kubica,plans zo kwica zamye ari iz’abatutsi,rero kubera abazungu babashigikira kubera inyungu zabo,moindre geste bitarukiriza mu gicu ngo genocide,bakavogera mu vyacu pour nous provoquer nk’uko vyamye kuva kera,ariko ivyo vyose bigenda bibatekurukana,ico babikorera kwari ugukwepa amatora bashaka za transitions,bakigenza kuri mandat ya gatatu ya peter kandi batari mu mugambwe umwe,aho kwitegurira amatora baguma barindiriyeko cndd fdd ngo itanga umu candidat nkuko umengo uyo mu candidat ni unique mu migambwe yose,none ko atari unique mu migambwe yose ikibazo kirihe umugambwe wiwe umukunda ukamwongera,je simbona ingorane,ni uko baziko abatanga amajwi bamukunda,bo baja kubarondera hageze amatora nta chance nimwe bafise yo kumutsinda,ubu rero bariko bategura kugwana ,bariko barondera ibigwanisho bagaca badusamaza ngo ni imbonerakure zifise ibigwanisho,abahutu bihenze ngo nta vyamoko bihari basubira kwizera abatutsi babagira abagenzi ubu nibo basakwa bagasanga bafise ibigwanisho batazi ingene vyabashikiye mazu kubera abatutsi bavyinjijeyo bo babizeye,kandi mu gusaka bakamenya aho bahera,urabona rero koko si twebwe abahutu twicana,ni mwebwe abatutsi kuko mwavyonse mu mabere y’ababavyaye,ni nature yanyu ntidushobora kuyihindura,ubu twafashe umugambi wo kwikingira tugakora nkamwe naho bitugora bitari dans notre nature,c’est-Ã -dire tugerageza kwiga kudatinya amaraso nka mwe niyo langage yonyene mwumva kandi mwatwigishije,sinon nkuko wavuze abahutu ntitwicana wabitoye!!!!!
12 Ndamukiza 2015, 15:46, par john
IBARABARA RIRUGURUYE ABEMERA IKIRINGO CA 3 TWARABABONYE KUWA 6 ABATACEMERA NABO TUZOBABONA NONE TWESE NTI TURI ABENE GIHUGU HARI ABEMEREWE KUGENDA MWIBARABARA KU MURANGO NABAKWIYE GUCA MU BIHURU?????NGIRA UBWOBA BWARAHEZE YARABONYE KO ASHIGIKIWE(pRESIDENT NKURUNZIZA), NAREKE NATWE TUMWEREKO KO MUBURUNDI HATABA 100000 AHOBWO HARI 4000000 BASHOBORA GUTORA!!!!!
12 Ndamukiza 2015, 17:00, par kubwayo
3 choix pour NKURUNZIZA
1) kwitoza hakameneka amaraso
2) guheba kwitoza agakurikiranwa n’ubutungane mpuzamakungu
3) kwiyahura agapfa nka mugenzi we ADOLPHE HITHLER
12 Ndamukiza 2015, 18:28, par Viator
KUBERA I KI TURONDERERA INGORANE AHO ITARI?UKWITOZA KWABA UKWA KABIRI CANKE KWA GATATU KWA PETER NKURUNZIZA UBWANJE NDUMVA BITOTUBERA IKIBAZO MU GIHE ABA CANKE ABANDI BATAVYAKIRIYE KUMWE.MBE NI KUKI UKWITOZA KWIWE TWOCA TUVUGA KO ARI INTAMBARA?AZOKWITOZA KUGIRA ATERE INTAMBARA MU GIHUGU CIWE?CANKE ABAVYANKA NIBO BAGAMIJE IYO NTAMBARA.KO ABARUNDI TWEMERA KO TWACIYE UBWENGE KANDI UMUNTU AKABA AZOTORA IKIRI KUMUTIMA,NTITWOGABANYA INDURU N’UGUSIMVYA UMUTIMA ABARUNDI N’AMAKUNGU MUGUSHIRA IMBERE INTAMBARA MAZE TUKAZOKWICIRA URUBANZA HAGEZE GUTORA?KO BIVUGWA KO BENSHI BATABISHAKA,UMUGAMBWE UMUSHIZE IMBERE NUMVA KITOBA IKIBAZO ABATABISHAKA BOHEZA BAKIMA UMUGAMBWE CNDD FDD IJWI RYABO.
12 Ndamukiza 2015, 18:45, par vuganeza
Abatursi muri abana bo kwa shetani pe,mukunda amaraso,ndabira uyo ndihokubwayo,mu ma proposition atatu yatanze ntagenda adashizemwo umuvyimba,terrible abahutu imana yaraduhemukiye yabazanye mu bihugu vyacu,ariko ntaco nugukora nkamwe,dent contre dent!
12 Ndamukiza 2015, 20:25, par Nshimiyumukizadesire
Mwiriwe poritike mubur
undi,ikinwa nabi.gute,a
bana bubahuka kubwira
Sewabo amagambo bish
akie? icyitwa akavuo k
agaterwa,nabiyitako.ar
abanyabwenge.jewenzi
neza,ko.inderonke.ama
franga.ubwenge bwaba
ntu.ibyobintu ntabwo bi
kwiegukoreshwa mugihe
kigezweho muburundi,
iyobirigukora,abari satani,impanuro mpae.
abanyabwenge,baziko
kuva kuri nyumba10 ku
gera kuri umuyobozi wi
gihugu ,ari Yesu. ubas
hiraho mumubwire.ako
meze uwoyashizeho cy
anke kubwe anashirehu
ndi,bikorwe mukinyabuf
ura,bizagaragare kumu
nsiwamatora.muyobozi
wanje.Nkuruniza komer
a,ugire ikinyabufura,ku
ri Yesu nomuboyakujeje.,aribo
twe.mumenyeko ariwe
mahoro,kandu mubitumd
menyeshe natwe,izinu
muturage inzira dufite
muri,demokarasi ,ni1gu
sa.ntamirimo dufite,twe
re kana keretse kwuba
hana,nindero nzizamuri
rusangi.samagambo.sa
fb.prezida.we.afite byi
nchi,dushima numwanya
wokubikora.banye pori
tike,ntabwodushakimir
yane yanyu.murugo ni
gashikanwa ngazi,
12 Ndamukiza 2015, 20:28, par Nshimiyumukizadesire
Mwiriwe poritike mubur
undi,ikinwa nabi.gute,a
bana bubahuka kubwira
Sewabo amagambo bish
akie? icyitwa akavuo k
agaterwa,nabiyitako.ar
abanyabwenge.jewenzi
neza,ko.inderonke.ama
franga.ubwenge bwaba
ntu.ibyobintu ntabwo bi
kwiegukoreshwa mugihe
kigezweho muburundi,
iyobirigukora,abari satani,impanuro mpae.
abanyabwenge,baziko
kuva kuri nyumba10 ku
gera kuri umuyobozi wi
gihugu ,ari Yesu. ubas
hiraho mumubwire.ako
meze uwoyashizeho cy
anke kubwe anashirehu
ndi,bikorwe mukinyabuf
ura,bizagaragare kumu
nsiwamatora.muyobozi
wanje.Nkuruniza komer
a,ugire ikinyabufura,ku
ri Yesu nomuboyakujeje.,aribo
twe.mumenyeko ariwe
mahoro,kandu mubitumd
menyeshe natwe,izinu
muturage inzira dufite
muri,demokarasi ,ni1gu
sa.ntamirimo dufite,twe
re kana keretse kwuba
hana,nindero nzizamuri
rusangi.samagambo.sa
fb.prezida.we.afite byi
nchi,dushima numwanya
wokubikora.banye pori
tike,ntabwodushakimir
yane yanyu.murugo ni
gashikanwa ngazi,
12 Ndamukiza 2015, 20:43, par Enock
manda ya gatatu nabarundi bahereye hanze kuberiyo manda rekuriyo manda ataraho amakungu nabarundi tuzoyiyamiriza kandi uwo mu president ntakundabarundi mbega mushaka ko abarundi tuzogirumugambi wo kwibohoza ibazo kuba dd.
12 Ndamukiza 2015, 21:05, par olivier
Barundi namwe Barundikazi niba dukeneye igihugu kirangwamo umutekano namajambere mureke tureke ivyamoko twirinde no gushusha abantu imitwe burimuntu wese akore icyo ashinzwe kandi.neza nabayobozi mutware mbere n’ambere kunyungu z’igihugu .n’aho nibitaba ivyo tuzahora turi abanyuma kwisi nzima.murakoze
12 Ndamukiza 2015, 21:09, par gatikumye
jewe reka mbwire uwo avuze ngo Petero yitoje hazomeneka amaraso...mbega ntiwumva ko mwateguye ibirwanisho vyo kuzoca mugeseza abo bose mwita abamushigikiye??hagati yanyu nanya ba DD nibande ari abicanyi???nibande banka Uburundi???jewe reka ndabivuge mwitwaza ngo ntantwaro zabahutu,aba DD ngo ikiringo ca gatatu...ubwo birya vyabaye samedi ntasomo mwakuyemwo??barya nabashoboye kuza.nukuri mushaka kumenya abamushigikiye muduge ruguru hagati migihugu.aha i Buja muri bakeya gose.jewe ntabwo ndi umunyamugambwe numwe mugabo ndihweza ibiriko biraba.harabahenzwe nama societe civile,oposition...gusa mumenye ko haba abariko baramwiyamiriza ntakindi bashaka atarubutegetsi..nyabuna mumenye impamvu ya vyose
12 Ndamukiza 2015, 23:47, par Nwari
@igihe ariko ayumuntu aza gusegera gaha akazibira abandi ntimwobikuraho akaja murusegero @kubwayo et john komera ahubwo niyiyahure niyo nyishu yonyene asigaranye kubera akagaye ariko agaya abarundi kareze peee nayo izi mbwebwe zandika zivuga ivyamoko ahubwo nimumwongere manda mwongere banyoko abakwirikize kugira2020 acagaruka mumutore mwabaye beshi kuko twaraye,tubonye ko musigaye muribake
13 Ndamukiza 2015, 01:16, par Ukuri
BARUNDI NAMWE BARUNDIKAZI BENE DATA,
Mbandikiye aka gaketi , nubwo ndi umunyarwanda, ngira ngo mbatere akamo kubera ibihe mulimo !!!
1.MWITONDE rwose ntimusubiranemo ngo abahutu n’ abatutsi mwicane nkuko byatugendekeye muli 1994 !!!! Umwansi wanyu ni umwe kandi muramuzi, uwo mwansi akaba akoresha cyane cyane za media na lobbying mu bazungu b’ i burayi na america, ndetse nizo za RPA n’ izidi nsakazamakuru z’ aho i Bujumbura zifiswe n’ intagondwa nkeya z’ Abatutsi bo muli UPRONA na MSD kandi izo ntagondwa zikaba zishyigikiwe n’ abturanyi banyu bo haruguru aho i Rwanda ari naho inyinshi ubu zarangije kwitoza inkoho ngo zize gukora ibara mu bene gihugu maze ngo byitirirwe ubutegetsi bwa Peter NKURUNZIZA, bityo intwaro ye isamburwe mu mivu y’ amaraso !!!!! Ibi mbabwiye mbifitiye gihamya rwose, ndetse izo ntagondwa zikaba ziteguye kandi zizashyigikirwa na RDF muli ivyo bikorwa vyo kumena amaraso mu Burundi !!!!! Bizoba bibi cyane rwose kurusha muli 1972 !!!!! Mumenye kandi ko no mu gisoda canyu c’ u Burundi, hari bamwe babogamiye kandi bashigikiye ihirikwa ku nguvu ry’ intwaro ya Peter NKURUNZIZA bakaba bazafatanya n’ ic’ u Rwanda !!!!! ICYO BASHAKA NTA KINDI, SI UGUKURAHO Peter NKURUNZIZA , AHUBWO IKIGAMIJWE NI UGUKURAHO INTWARO Y’ ABAHUTU M’ UBURUNDI, IGASUBIZWA MU MABOKO Y’ ABATUTSI !!!!!!!
NYAMUNEKA ABAHUTU NTIMUKABE IBIJUJU NGO MWIBWIRE KO IKIGAMIJWE N’ ABATUTSI ARI DEMOKARASI !!! MWABA MWIHENDA CYANE MUGACAGAGURANA KANDI MULI ABAVANDIMWE KANDI NYAMARA MWESE MUZABIHOMBERAMO !!!!! Mwibucye uko intwaro ya HABYARIMANA yatembagajwe !!!! INTWARO Y’IWE YARI YARARANGIYE GUHIRIKWA N’ ABAHUTU UBWABO BABESHYWAGA N’ INYENZI-NKOTANYI NGO ZIZANYE DEMOKARASI !!!! ICYO ZAKOZE MULI AVRIL 1994 VYALI UKURANGIZA UMUHANGO KUKO ABAHUTU UBWABO BARI BARARANGIJE KUYITEMBAGAZA !!! HANYUMA SE DEMOKARASI YIGEZE YIMAKAZWA MU RWANDA RW’ INKOTANYI KYGEZA NA NUBU ?????????? NAMWE RERO BAHUTU B’ I BURUNDI, NIBA MUDASHYIZE HAMWE MUGATIZA UMWANSI MUKISAMBULIRA INTWARO NGO NGAHA MURARWANYA NKURUNZIZA, MUZABA MWIHENDA CYANE KANDI INGARUKA MUZOZIBONA !!!!!
UMUTURANYI WANYU WABAGIRAGA INAMA !!!! AMAHORO
UKURI
13 Ndamukiza 2015, 05:43, par I
Cnddfdd ifise umugisha mumatora aheruka abarikugabangana nayo ubutegetsi baciyebiruka icisigarana igihugu cose. Nonubunaho abohaye amahirwe iyindi migambwe mukuyiha amajwi ngabo ibihuha vyabamenyeshamakuru, abanye politike, amashirahamwe yigenga, ababonekera n’Imana barabatekeje barahunze.
13 Ndamukiza 2015, 09:22, par GAKOZI
Nibarize uwiyise gatikumye. Uvuga ngo ntamugabwe n’umwe urimwo, uribeshe cane kuko mu nyandiko bica biboneka neza cane. Uti gute? iyo uvuze ngo abahendwa nabari muri société civile na opposition ngo bararaba neza ico bashaka nabone n’ubutegetsi, aho wewe ntuca wumvikana ko uri mu mugambwe uri kuri pouvoir. Niba bavuze ngo peter yitoje yazomeneka amaraso, abandi bati ni mutemera ko yitoza abatavyemeye tuzobarasa, mu kurasa ntamaraso azoseseka? Uwavuze ko amaraso azoseseka we ashobora kuba atavuze ko azica, ahubwo azoja mw’ibarabara yanyuma mu mumese nkuko nkuko mwabivuze, ndi nanje tujorinamwo kuko turarushe.
13 Ndamukiza 2015, 10:09, par tekana
Ewe kanyange uri n’ubwenge buke gisanga uziko isoko yaturiwe n’abatutsi..uri ntajambo vrai,ent.ubwoko bwaraheze busigay muri wewe utabona.
13 Ndamukiza 2015, 10:17, par Excellent NIM
Juste un petit constant d’erreur de frappe: ......muri abo bategetsi banse ikiringo ca gatatu ca CNDD FDD nibaza ko washatse kwandika ...ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA pas ca CNDD FDD sinon harimwo ukwihenda. Regards
13 Ndamukiza 2015, 10:22, par msd
yemwe banyamigabwe nimureke gusamazwa nikiringo cagatatu cankurunziza kukoahomukuramajwi ntimurikomurajaya kwigisha ejoburajeye muzovugako babivye kandi umwanya mwarimuwufise wokwigisha abanwanyibanyu abibantu muriko muhanagarira juja munabarabara nimubigishe judatora uwo nkurunziza nayo babasamaje bihagije ntacomuzohanoba bobobabandanya bigisha mutanguye kuvugako atabanwanyibafise kanditubonako buzuye murabeneza numukino murukino usamaye barakwinjinza ukumirwa nimupange abakinyi banyuneza kugira nwinjize ntinuvugengo babivye muzihererza amabarabara nabobihererze mubanyagihugu hagati ntimuzobashobora kandi mugirimana ayomabarabara muzojamwo bishoboke mukabona biras
nse nahonyene imbwizobiriye ubureta !!! kukontamahigwe maniniya dufiseko dushoborabgujura ikintu mwibarabara burakeye tubirabe kukondavye harinabazopfa abandi bakomereke abandi mumpimba dukoreshe ubwenge
13 Ndamukiza 2015, 10:27, par olivier
igihe mwagerageje mubka bloqua commentaire zimwe na zimwe zabantu.bsba extsremiste ko muri ikinyamakuru kibereye kufasha abarundi aho kubavangura.nkuno muntu wiyise ukuri ndemeza ko atari umunyarwanda kuko ntamunyarwanda igifite iyo mwumvire keretse niba ari muri FDLR mu mashamba ya congo.please ariko aratera umwuka mubi mu barundi
13 Ndamukiza 2015, 10:30, par DUDU
NUKO AMACAKUBIRI YABANYEGEYE NO MWI GUFA: Burya Jérémie, simbaruhije, siryuyumunsi Thaddée, MUDEREGA Pamphile, NTanyungu festus, pasteur BUCUMI nabandi base ni abatutsi ko mbona nabone ikiringo ca 3 c’umukuri w’igihigu bakabona no mujisho, par contre NDUWIMANA Eduwarudo hamwe n’abandi batutsi binda yabahatse baragishigikiye. Reka amoko
13 Ndamukiza 2015, 10:45, par kirundo
ukuri ndakwibarize ahubwo turabire uzotubwire izobwebwe ahozizananye icotwikorera kuko biragaragaranezako kagame arinyumayavyo turabiremutubwirekobaje ntavyishi unubtuyovuga tuzikivuga binjiye muturaniregusa
13 Ndamukiza 2015, 10:47, par olivier
ba nyamakuru bigihe muharanire ko mu burundi ibyaba mwaba mutagizemo uruhare kuko hari commentaire zisenya abarundi mureka zigabuka.Be proffesionals please.
13 Ndamukiza 2015, 15:36, par claire
nkumuntu agerageza kuraba kure, nagomba mburire aba CNDD-FDD, murarabe neza ntimuzohave mugwa mumutego usange hagarutse zantwaro zavangura amoko, ibi bintu bya mandat ya 3 abatutsi bashobora kuvyitwaza bagateza imidugararo mugihugu maze abanyagwanda bagaca baza kubafasha bitwaje ngo baje gukingira ihonyabwoko, none ga yewe, CNDD-FDD muzogwanya abahoze muca BIKOMAGU bafatanije nabanyagwanda mubashobore????? Ndababarire mutaravye neza iyi ishobora kuba intango yo gutakaza ubutegetsi kubahutu gushika Yesu agarutse. Ico ndabasaba ni iki, PETER nahebe iyo mandat turabe ivyo bindi iyo bizoza biva, ndabahanuye, mufate ama décisions adatuma dusubira kwangara, mugwanda mwarabonye ivyahabaye, abahutu ubu bageze he bo Mu gwanda??????? MBE NONE MURI CNDD-FDD ni PETER wenyene ashoboye gutwara??????? aho honyene ni ukwigayisha, ikindi naba DD ni ba ntahomfatwa, iyo tuganira nabo wumva bapinga mandat ya 3 mugabo kubera ubwoba, ntibavyerekana, puuuuu ubwo si ubugabo ni ububwa.
13 Ndamukiza 2015, 15:48, par Mutabazi
@Ukuri, wavuze ko uri Umunyarwanda, witumiye uza gutanga impanuro ku Barundi, izo mpanuro zawe kubwanjye nabonye zitanoze none najye Abarundi banyihanganire ko nitumiye kuri iyi web kugira ngo ngire ibyo nkwibariza:
1. Ese mu kugira inama aba baturanyi ni uko koko ubakunda ubifuriza ibyiza? Umwanzi ubabwira ni uwabo koko, si uwawe ushaka kubatwerera?
2. Mbese inama utanga koko ziyobowe n’ubwenjye n’ibimenyetso ntakuka? cyangwa ni sentiments gusa gusa (haine)?
3. Ese politique ya munyangire uri ku exporter aho uzi yakoze igateza imbere abantu mu mibereho yabo cyangwa se ikabubahisha mu makungu ni he?Munyangire ya 94 y’i Rwanda se? iya za 194.. muri Allemagne se? iya 2014 muri Centrafrique na Sud Soudan se...? UBWO IZO NAMA UTANGA ZIRIMO BWENJYE KI?
4. Ese ko tuzi ko buri gihugu kigira services secret, ubu urusha services secret z’abarundi (nk’abantu bakunda igihugu cyabo) kumenya ngo abanzi b’igihugu cyabo ni bande?
5. Ko tuzi ko twese abantu tudahuza talents ndetse na capacites, nkawe uramutse ushaka ku reussir au plus vite un projet personnel igusaba ko abandi bantu bagufasha, abo bantu wabahitamo parmi les plus proches (famille, ethnie, voisins..) utitaye kuri capacite cyangwa wabahitamo parmi les plus capables (efficaces, bonne attitudes...) utitaye kuri liens sentimental? indi exemlpe: ari nka projet public yo gukora equipe ya footblall iri efficace wabigira ute?
6. Mbese ari uwabakiza uwo wita umwanzi wabo (umuntu badahuje indeshyo, igitsina, idini, inkomoko... ) ari n’uwabakiza kugira ubushobozi buke (ubumenyi buke, ubujiji, amahera adahagije, ubukene, experience idahagije mu mikorere, akarengane, imbaraga nke z’umubiri, inzara, indwara...) aho byabagirira akamaro ni he? njye nk’uko mbyifuriza igihugu cyanjye, ibyo bya kabiri nibyo nabahitiramo kuko kubwanjye n’ubwo ntari umutama ntaho nigeze mbona URWANGO (haine) rugeza abantu ku byiza.
Mugire amahoro n’iterambere Barundi tout comme banyarwanda, kandi nawe Ukuri ndakwifuriza gutera imbere muri domaine y’urukundo (ubumuntu) no mu bindi byiza. Uzagaruke usure u Rwanda urasa n’utaruheruka.
13 Ndamukiza 2015, 16:32, par NDUWIMMANA
VIATOR NDAGUSHIGIKIYE CANE....ABARUNDI ?NYAMBA BIYAMIRIZA NKURUNZIZA NI BAREKE AZOKWITOZE HANYUMZ BZMWIME AYO MAJWI DATA.
HANYUMA IYO NTAMBARA BAGUMA BARIRIMBA TUZORABE UWUYITANGURA KUKO NTAZOBA AKUNDA ABARUNDI.
SAWA KUVUGA MENSHI SIKO KUYAMARA.
13 Ndamukiza 2015, 16:46, par NDUWIMANA
IBINTU NABONYE SAMEDI KUBA DD BIRATEYE UBWOBAWEEEEEEEEEEE!EREGA JEWE NARINZI KO BENSHI BABIVUYEMWO KUMBE NI BESNHI KWELI....NICO GITUMA GUHERA UBU NSUBIYE MU BA DD KUKO NARI NABANJE UBWAMBERE KUJA KWA SINDUHIJE..MUNYUMA KWA RWASA....IPU UBU NDASUBIYEYO KUKO CNDD FDD URAKOMEYE KWERI.
13 Ndamukiza 2015, 16:57, par NDUWIMANA
BARUNDI NAMWE BARUNDIKAZI BENE DATA,
Mbandikiye aka gaketi , nubwo ndi umunyarwanda, ngira ngo mbatere akamo kubera ibihe mulimo !!!
1.MWITONDE rwose ntimusubiranemo ngo abahutu n’ abatutsi mwicane nkuko byatugendekeye muli 1994 !!!! Umwansi wanyu ni umwe kandi muramuzi, uwo mwansi akaba akoresha cyane cyane za media na lobbying mu bazungu b’ i burayi na america, ndetse nizo za RPA n’ izidi nsakazamakuru z’ aho i Bujumbura zifiswe n’ intagondwa nkeya z’ Abatutsi bo muli UPRONA na MSD kandi izo ntagondwa zikaba zishyigikiwe n’ abturanyi banyu bo haruguru aho i Rwanda ari naho inyinshi ubu zarangije kwitoza inkoho ngo zize gukora ibara mu bene gihugu maze ngo byitirirwe ubutegetsi bwa Peter NKURUNZIZA, bityo intwaro ye isamburwe mu mivu y’ amaraso !!!!! Ibi mbabwiye mbifitiye gihamya rwose, ndetse izo ntagondwa zikaba ziteguye kandi zizashyigikirwa na RDF muli ivyo bikorwa vyo kumena amaraso mu Burundi !!!!! Bizoba bibi cyane rwose kurusha muli 1972 !!!!! Mumenye kandi ko no mu gisoda canyu c’ u Burundi, hari bamwe babogamiye kandi bashigikiye ihirikwa ku nguvu ry’ intwaro ya Peter NKURUNZIZA bakaba bazafatanya n’ ic’ u Rwanda !!!!! ICYO BASHAKA NTA KINDI, SI UGUKURAHO Peter NKURUNZIZA , AHUBWO IKIGAMIJWE NI UGUKURAHO INTWARO Y’ ABAHUTU M’ UBURUNDI, IGASUBIZWA MU MABOKO Y’ ABATUTSI !!!!!!!
NYAMUNEKA ABAHUTU NTIMUKABE IBIJUJU NGO MWIBWIRE KO IKIGAMIJWE N’ ABATUTSI ARI DEMOKARASI !!! MWABA MWIHENDA CYANE MUGACAGAGURANA KANDI MULI ABAVANDIMWE KANDI NYAMARA MWESE MUZABIHOMBERAMO !!!!! Mwibucye uko intwaro ya HABYARIMANA yatembagajwe !!!! INTWARO Y’IWE YARI YARARANGIYE GUHIRIKWA N’ ABAHUTU UBWABO BABESHYWAGA N’ INYENZI-NKOTANYI NGO ZIZANYE DEMOKARASI !!!! ICYO ZAKOZE MULI AVRIL 1994 VYALI UKURANGIZA UMUHANGO KUKO ABAHUTU UBWABO BARI BARARANGIJE KUYITEMBAGAZA !!! HANYUMA SE DEMOKARASI YIGEZE YIMAKAZWA MU RWANDA RW’ INKOTANYI KYGEZA NA NUBU ?????????? NAMWE RERO BAHUTU B’ I BURUNDI, NIBA MUDASHYIZE HAMWE MUGATIZA UMWANSI MUKISAMBULIRA INTWARO NGO NGAHA MURARWANYA NKURUNZIZA, MUZABA MWIHENDA CYANE KANDI INGARUKA MUZOZIBONA !!!!!
UMUTURANYI WANYU WABAGIRAGA INAMA !!!! AMAHORO
NDAGUSHIGIKIYE
13 Ndamukiza 2015, 17:48, par Keza
Yemwe IGIHE.COM, mutarebye neza muraba nka RTLM. Muyungurure ibyo mushyira ku rubuga rwanyu. Comment za UKURI mumenye ingaruka zazana mu basomyi. Murakoze.
13 Ndamukiza 2015, 19:04, par kubwayo
3 choix pour NKURUNZIZA
1) kwitoza hakameneka amaraso
2) guheba kwitoza agakurikiranwa n’ubutungane mpuzamakungu
3) kwiyahura agapfa nka mugenzi we ADOLPHE HITHLER
14 Ndamukiza 2015, 09:59, par giraso
abarundi turateye isoni. intambara zagiye ziraba zatangugwa nabatutsi mugabo bakabihenurira kubahutu e mama ngo 1972 ngo nabahutu bamaze abatutsi, ngo 1993 ngo yari programme ya frodebu, Buyoya nawe ati: ntega - marangara abahutu bafashe imipanga batemagura abatutsi or irya ndege yari mwipanga? nubu rero bariko bategura intambara bace bayegeka kuba dd, bazubwenge pé! muragabe rero aba dd, nabandi barundi bumutima.
14 Ndamukiza 2015, 13:27, par ndayisaba
nakamaramaza kumuambwe ahubwo bunvubwoba
14 Ndamukiza 2015, 14:06, par josue kumueinda
Emwe baraye babonye uko abagumyabanga bangana nibatekereze
14 Ndamukiza 2015, 14:38, par kubwayo
Amakuru twahawe n’umuntu yari yinyegeje inyuma y’idirisha mu gihe abo batama bompi bagirana umubonano, yatubwiyeko
1) KAGAME yumvirije isaha yose irenga NKURUNZIZA amusaba ikigongwe kukuba yarizigiye KIKWETE agasa nk’aho ahevye Kagame kandi ariwe yamufashije kumenyekana mu makungu.
2) Petero yabajije kagame ico yokora ngo abarundi basubire bamushigikire, Kagame ati irukana Adolphe na bunyoni ukure INTERAHAMWE zivanze n’IMBONERAKURE. Aha peter yaciye AJUGUMIRA kuko ataraziko mugenzi wiwe azi ayo makuru
3) Petero yaciye ashoka amubaza i banki mpuzamakungu yokwimuriramwo ivyo yasahuye u burundi ariko KAGAME ngo yanka kumuha inyushu itomoye kubugirankana kuko peter yasa nkuwataye umutwe kubera ibibazo bimurindiriye imbere
4) icanyuma nuko PETER ngo yerekanye KUBURA UBUKEREBUTSI muvya diplomatie aho ngo yacishamwo akarya inzara zo ku ntoki canke ngo akikora mu zuru uko umutima uteye
14 Ndamukiza 2015, 15:36, par john
Umuntu wiyise nduwimana mumwiyamirize barundi. Uyu yapfuye ari muzima we ukigendera mu buhutu n’Ubututsi. nta nubwo ari umunyarwanda kuko nta Munyarwanda ukigendera muri ibyo by’amanjwe ngo n’ubwoko. Nduwimana wabyanga utabikunda, umwanzi abanyafurika dufite ni umwe, ni ubukene. naho iby’ubutegetsi byo, uwaza wese akazana umutekano n’amahoro ikindi waba ushaka n’iki. va mu bitekerezo bishaje we. UMuhutu!!!! Umututsi!!!! buribo ninde wakwitwazau bwo buhutu bwe cyangwa ubututsi mw’iduka ngo bamuhe ibyo ararira!? Va ikuzimu ujye ibuntu. Barundi ntimugwe mu mutego w’ubwoko. muri mwe ninde wifuje kuvuka ari Umututsi cg Umuhutu? ko mushaka guhinyura IMANA ariko! Mbaragije uwaduhanze. twe turaganje iwacu i Rwanda n’Umutekano n’amahoro. niba mushaka gusenyuka nimuyoboke ibitekerezo bya nduwimana n’abandi baba batekereza nkawe.