Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Poritike \BB Imigambwe
Reta yasabwe gufatira ingingo amwe mu mashirahamwe mpuzamakungu (Video)
Yanditswe taliki ya 28-07-2016 - isaha 06:51' na IGIHE

Ivyiyumviro vyanyu

uburundi nimba bufi subushobozi bwogufatira ayandi mashirahamwe yibindi bihug,nibufatiri ngingo yamashirahamwe arikwa girucuruza gwabana bakobwa vyihusekandi nihO twogiru mwizero koko ko ifisubushobozi kandi banagarukanwe iwabo.

1er.08.2016 à 14:11
nzeyimana fabien

Amakuru mukirundi

29.07.2016 à 09:38
Edson

ntaryamira a été tué par les EXFAR et interahamwe qui vivent maintenant au burundi avec les imbonerakure

29.07.2016 à 09:19
jean

Burya umugabo iyamaze kurwara ihahamuka ni vyavuga ntabakivuga ibitomoye ! kandingo uwo biburiye ntabura uwapfana. Mbega bibajije kwari babagore babo bafata ukobigombeye, ahubwo novuga kwatandero bagira abo ba DDDDDDDDDD puu.

29.07.2016 à 02:48
morodikayi.

Ewe Burundi urafise abantu bashiririye, turabashigikiye 100%

28.07.2016 à 20:42
Kanyosha

Ehe yemwe Na discours yiwe aguma ayikosora !

28.07.2016 à 11:53
Ciza

UBurundi burashitse aho umwansi ashaka. Je n en reviens pas ! Ibijuju nkivyo bidutwara gute ? Turagowe n ukuri. Ubujuju incarné !!!!

28.07.2016 à 10:50
Burundiano

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.