Home > Poritike > Abanyeporitike b’Uburundi bari mu nama ibahuza mu kayanza
Abanyeporitike b’Uburundi bari mu nama ibahuza mu kayanza
Friday 3 August 2018, by
Imigamwe 21 kuri 32 yemewe mu gihugu c’Uburundi niyo yitavye iyo nama ihuza abanyeporitike aho bitegekanijwe ko igihe c’isaha umunani n’inusu ariho haterwa umukono k’urupapuro rw’inzira rw’amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020.
Iyo nama ihuza abanyeporitike yateguwe yongera itunganywa n’ubushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu hamwe n’inyigisho zo gukundisha igihugu.

IGIHE