Accueil > Poritike > Domitien NDAYIZEYE arahanura abakuru b’ibihugu bamwe bamwe badashaka (...)
Domitien NDAYIZEYE arahanura abakuru b’ibihugu bamwe bamwe badashaka kurekura ubutegetsi
mercredi 25 Nzero 2017, par
SC: Tele renaissance
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
25 Nzero 2017, 21:37, par .
Jewe nkibi Domitien avuze ntabuhinga ndabibonyemwo, kuko iyondevye abakurubibihugu bamaze gutwara uburundi basanga Bugande itwarwa na Museveni nibeshi nambaguhinduranya arivyobizaba iterambere ubugande tubatuvusumvya iterambere.
Ariko jewe mbona ubugande bukomeza gutera imbere.
Ariko nubundi sinoreka kuvugako nobwohojaho uyundi ntivyobuza kubugande bukomeza gutera imbere.
Murivyo rero Domitien avuze ntabuhinga mbonyemwo ahubwo nunkununtu yariyabuze ivyo avuga.
25 Nzero 2017, 23:32, par Alain Nyabenda
Genda uri umushingantahe. Wa muhungu w’i Mwumba ahemuka kuvuga ko ngo niyo abenegihugu babimusaba ngo ntazobagambararira bisigura ko agifise akayabagu kama mandat.Ubuho ngo nukuguma kubutegetsi ngo kugeza yesu agarutse. Mana duhe natwe CEDEAO niyo izi icijejwe
26 Nzero 2017, 13:26, par Athanas
Burya nuwugaya urukwavu aravugakorugenda.Domitien Ndayizeye ndakwemera cane urumushingantahe.sinzibagira kuntwaro yawe aho amarobe bayita ikoti ya musitanteri,ibitoke ngo wahorahe,ibijumbu ngo n’ingorane,ibigori ngo nikayogoro.raba nyakubahwa,ubu abarundi batibitse uwavubi,ubuzima bwarahagaze mubice vyose vy’igihugu ibiciro vyaduze mubice birenga amajana kwijana.vive son exellence Domitien. Ndayizeye!abandibo nukuvyonga ivyo bavyonga!Domitien icompa ugasubira kuba president!
1er Ruhuhuma 2017, 02:52, par Nowera Nimbona
Wewe urumushingantahe wijambo, niko nubumushingantahe wijambo Kayanza yamanye abashingantahe bijumja.
29 Mukakaro 2018, 22:46, par Sylvere Sibomana
Nivyiza cane niko vysri bikwiye kumera ba nyakubahwa