IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa

Willy Nyamitwe yahatswe kugandagurwa

mardi 29 Munyonyo 2016, par Jean De Dieu

Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yahatswe kugandagurwa n’abantu bamurashe ageze hafi yo ku rugo iwe i Bujumbura, mu Kajaga.

Nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano bakorera hafi y’aho ico gitero cabereye, Willy NYAMITWE yatewe avuye ku mirimo mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, nk’ inyuma y’isaha imwe y’ijoro. Abatanze ayo makuru bakavuga ko umwe mu bamucungerera umutekano wa Willy NYAMITWE yaciye acikana, uwundi arakomereka cane. Willy Nyamitwe bivugwa ko yoba yakomerekejwe ku kuboko n’urusasu, akaba yaciye ajanwa kwa muganga, ku bitaro KIRA HOSPITAL biri mu gisagara ca Bujumbura.

Abicishije ku muhora Twitter wiwe, Alain Aime NYAMITWE, umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu, akaba n’umuvukanyi wa Willy NYAMITWE, yemeje ayo makuru y’igitero cakozwe kuri uwo muhanuzi w’umukuru w’igihugu, ashimira Imana ko acitse kw’icumu.


IGIHE

Messages

  • ngiryo ryahonyabwoko KaGAME NAZAMBWA ziwe baribamazimisi baririmba ryoguhonya abahutu bize rikibandanya, boshaka bobireka kuko nomuribo abize barimwo! basoroma aha abandi basoroma hariya..... akataretse kaba gasema

  • Mwibuke amerika itangazo baheruka gushikiriza ngo mugihigu hagiye kubaba,dushimire UHORAHO,ko atapfuye tubandanye dusenga

  • BUYOYA azobamara ni muraba nabi basha!!!! namwe nimumwitange canke abamare.

  • Iyo nimburi kuriwe rumusivye unomusi ejo ntiruzomusimba, mbeyibaza kurya birirwa baragandagura benewabo, burya ntirubarindiriye? imisi yumwicanyi iraharuye, kuba yarokotse na bishimirimana yiwe yikuzimu, imwe basazwe basenga na sewiwe Nkurunziza petero.

  • uwo yamurashe nta muntu arimwo yamuhushije gute kweli?bamushake bamuhane bamubaze impamvu atazi kugema

  • Mbabajwe nakoga porisi kaguye mu mporero, kuko namabi birirwa barakora yo kunyuruza abenigihugu babitumwa nabanyamitwe,na bankurunziza. mukandi kanya mpavangenda kumuhereza misuhuko, oya sindavyemera kwarivyukuri, nzovyemera ninabona arikamuga wakaboko.

  • Iyo bafuma ba mugema Ku munwa basi

  • Tout se paie ici bas, iyo ni Gasopo 2016 ntayiheza,no mu bitaro baramusangayo,mchezo wa ndani,Bunyoni arabamara

  • Hahaha birakomeye ni baze baramarana nkinyana vyingurube, igihugu ntigipfakara, nakare baraduhoneje barakarushwa.

  • @ Kamaro

    Gabanya ubwo bugoryi bwawe. Ntukazane ibyo mwijanditsemo mwicana numwanda wanyu kuri Presida wacu. Mugume hamwe mu marane hanyuma muzabona ingaruka zabyo. Nimukomeza tuzabaha isomo ryayuma.

  • Nibaza ko ubwo Ari ubutumwa kuba dd birirwa bica benewabo babakorera nayandi mabi ateyisoni barangiza bagaca bavuga ko muburundi Ari amahoro ngirango yumvise ko ucudashaka ko bakugirira nawe utokigirira abandi abantu mwirirwa muraca amazosi ataco mubaziza nimurindire imana igiye kuba garagaza mwese mutangare Ari nda mutegereje numve ko kumugora aza gusimbira kwiradiyo atubwira ko amaho Ari umusesekara mugihugu

  • Abarundi muramaranye neza neza .

  • Birabaje Kuza Barakuramwo Kamwe Kamwe.Kandi Turababaye Ko Yacitse Ikimuga.Ariko Bobura Bagomora Pita Kuko Abandi Bagwa Mumporero.

  • Birabaje Kuza Barakuramwo Kamwe Kamwe.Kandi Turababaye Ko Yacitse Ikimuga.Ariko Bobura Bagomora Pita Kuko Abandi Bagwa Mumporero.

  • Imana Nihabwe Icubahiro Kuba Yamurokoye! Kandi Ndahojeje Umuryango Wuwo Mu police Yaguye Muricogitero,

  • Nibaza ko Nyami head yakometse kubwo akaboregwe uwo mupolisi nawe ngira ni nyamitwe yamunize kuk uburundi ni nyabagendwa"time will tell it"

  • burya birashoboka hahahaha narinziko bitoshobokako kuber icegera cimana ntivyokundako bakirasa? nyamba bariko barabesha nivyabinyoma vyokungurukana bumenyi bakwiragiza

  • Narintangaye ukuntu inkuru nk’ iyi yarangira nta kigoryi kivuze H.E KAGAME, abarundi niyo mpamvu mutazapfa muvuye mu bibazo murimo rwose mubura gushakira ibibazo aho biri mu kabishakira mu Rwanda ?? mubure gukemura ibyanyu mukomeze mubyitirire u Rwanda tu twe ntacyo bitubwiye uwo nyamitwe yapfa atapfa ntacyo bihindura ku gihugu cyacu rwose. Imana ikomeze ibarinde.

  • Coup monté. Et puis c’est un coup interne. Le réseau commence às’entre- tuer. Barakugarika a tué Adolphe, lui aussi tué par Désiré, aujourdhui désiré en prison......Bunyoni progrmme chaque fois de tur Nyamitwe. De toutes les façons bose bazomarana,le dernier qui va rester ce sera Bunyoni.....pcq’il est intelligeant. Et puis il nomera Buyoya àla présidence pour calmer la situation. Wait and see. Le polithologue vous parle. Ndadaye était vraiment très fort, mais les suivant gâchent ce que ce dernier a créé. N’est- ce pas vraiment Willy Nyamitwe? Ces journalistes etrangers que Nyamitwe a donné l’interview,akababwira presque tous les secrets,nibyo ugiye kuzira. Jewe mbona vyiza wakwikorera réfuge au Rwanda.....nico conyene,igihugu cobigufashamo.

  • Ubutaha ntimozuhushe mbahaye amanita 3/10

  • CNARED. SINDUMUJA NA BUYOYA ni mutahe babereke nta igihugu muzotoza intoke kiriho. Impera ni mperuka muzohinyuka.
    Buyoya urwawe rurakurindire!!!

  • Reka kuba mubeshyera Kagame wa cu di.

  • nawe uva amaraso mutama. wabibonye?

  • Asha uyo uwamuhushije yagerageza murundi...ingene atambira kumivyimba sinarinzi ko hogera igihe akabona umuriro mumaso yiwe ndumuhutu mugenzi we muga amajambo amuvamwo ntahesha icubahiro zina Murundi wese ...Komere

  • imana irakoze kuba warusimvye uburero jakuri radio utubwire umutekano uri kubice bingahe kwija?

  • None Ababikoze Nibande?Sabonyene Bamucungera Mwirigwamubaronderakure Rekareka Turabimenyeye.

  • @jamvier. Ubuhutu ntawe ubukubajije wa gihunyira we. Ibyo byerekana ko uri umututsi wumwicanyi. None kubera nostaligie ya 72 mwashakaga kumwica nkuko mwishe ababyeyi biwe.

  • Inkinamico.com, les DD murahenda abandi

  • Reka ya corruption mwagira principe de gouvernement ibagaruke. Avec la corruption personne n’est àl’abri. Na Nkurunziza yigira surivu abo bagendana nibo bazomuyoza iminwe. Murabaza nta ntwaro nimwe igize corruption mode de gouverment iragama. Mwebwe nyene muzimaranira hagati yanyu.Inda y’"ibihumbi" umugani wanyu izobahumira.

  • IMANISHINWE.KOYAKÛZIGAMYE.NIDUKUNDANE.NKUKOYESU.YADUKUNZ

  • Agakino kaba DD katahuwe,hari umututsi bagira bice, murindire gato,nah u Rwanda murureke rwirambire

  • Haaaa birababaje kubona mushiki kwica Nyamitwe kubera akora neza ivyo yantumwe ariko ikibabaje caaane nuko bamuhushije ukoze wokora ugahura.

  • Barundi na Leta yanyu nimwe mworora imisega. Reba nka Pacifique Nininahazwe yajyaga afata abana b’abakobwa batarengeje imyaka 15 kungufu aka ba viola. Nimubashake mukusanye ibimenyetso maze ubutabera bukore. Maze murebe ko hazagira igihugu yongera gukandagiramo. Uwitwa Maggy we yafataga abana b’abahungu kungufu. Nsabye leta y’uburundi gukora amatohoza. Hanyuma hagatangwa imitahe yo kubacakira

  • HAHAHA UKWONYENE WILI NYA

    MITWE NTAGAPFE ABAKEW GUPFANTIBAPFA HAPFA INTUNGANE NIMURIRINDE MUHER MWAFASHIGIHUGUCUBURUNDI MURAGIHINDURIRA MUKIGIRA MUKIRANKIMPUZU IRIMWIBIHER MWEBWEBAZOBAMAR KUKO NIMWEMWABIZANY NGOCARABAVUNY NUMUKENYER KIBAVUNENYE

  • @Tari. Uvuze ibintu bizima. Je pense ko ayo matohozakuri Maggy na Pacifique azakorwa vuba.

  • mbe bakurondera kwiki mitwe.iyaba bakurondra barigushika kumodoka bakarabako wapfuye.ivyo ivyo nimcezo wandani muta bariko baragukina ahubwo uragabe.urashimirimana

  • Imana Irakubona Abo Sibo Bakuremye . Kumara Abarundi Ngo Niho Bofata Ubutegetsi Tuzoraba .

  • Komera Willy Nyamitwe, Jehovah Rohi arikumwe nawe kanatsinda, He is the final say!!!nta Sindumuja azofata igihugu abicishije m’ ubwicanyi. Ariko twebwe Abarundi twashegeshezwe na Sindumuja et en particulier Buyoya na mwene wabo Busokoza ko mwokora ukomushoboye mwebwe na Gouvernement mukarengukisha imbere y’ Ubutungane abo bagabo babiri bitabe Urukiko imbere yuko babatwara ubuzima kuko bari decider yo gukora criminalité kugira bagaruke k’ Ubutegetsi.
    Programme yabo iracari yayindi ntaho iraja donc il faut absolument kubitanga imbere yuko babitanga canke hari iyindi alternative muyikoreshe ariko bishure ku vyaha bakoreye Abanyagihugu, ntibabandanye bidegevya

  • iyobakumenamavyawamugesarawe

  • komera kwibanga nyakugir,imana bazopfa bamaramara ibidutera ubwoba.sivyo turinyuma yawe abakeba ntamutima bagira

  • Birababaje ariko akagohe twovunira ababikora nuko ataco bazoshikako kuko abarundi bati NTAWUMARIRA IMANA naho hazosigara umurundi umwe ntazemerako igihugu kirwa mumimwe yizo nyankaburundi, mbaye Nyakwigendera NDADAYE umurundi wese arashobora kuba NDADAYE, ADOLPHE, NYAMITWE,... iyo bibaye ngombwa.

  • Uwicishije Ingoho Nawe Azokwicwa Nayo Uwobiraba Aribaza Bavuga Uwuguheneye Ntumuhenere Akwita Ikiburanyo

  • Umugabo Ataranirwa Agaramye Avugango Ijur Riri Hafi Abo Bant Bashaka Kwicisha Imbunda Nabonyene Bazicishwa Yene Emwe Naho Bagomba Kwica Aband Nabonyene Urupfu Ntibazorasa Komera Mutama Wacu Simba Imanga Imana Icane Warujabutse

  • yooo nukwihangan Iman Ni Yonkuru Por?

  • NIBAMUREKE UGIRA NTIBAMUZIZA MUTAMA WACU?NIBATESHWE BATE.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.