IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Utugenegene > Gitega : Femi de j’Abat ariko arasigura ibijanye n’igitabo ’’ Encyclopedie de (...)

Gitega : Femi de j’Abat ariko arasigura ibijanye n’igitabo ’’ Encyclopedie de la musique burundaise’’

vendredi 2 février 2018

Aherekejwe n’abaserukira ubushikiranganji bw’urwaruka, inkino n’imico kama, Felicien MINANI Femi de j’Abat ariko asigura uko igikorwa co kwandika kizogenda n’uburyo buzokoreshwa aho buzova.

Ico gikorwa co gusigura ibijanye n’igitabo ciswe ’’Encyclopédie de la musique burundaise’’ kiriko kibera mu ntara ya Gitega, citabwe n’abaririmvyi bava mu ntara za Gitega,Muramvya, Ruyigi, Mwaro, Cankuzo hamwe n’intara ya Karusi.

Igikorwa co gutanguza k’umugaragaro iyandikwa ry’igitabo ’’Encyclopédie de la musique Burundaise’’ catanguriye mu gisagara ca Bujumbura, kuwa gatatu igenekerezo rya 31 Nzero 2018.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.