Accueil > Imico kama > Umuco > Umuco w’Ikirundi
Umuco w’Ikirundi
dimanche 18 Munyonyo 2012
Pierre Claver Niyonkuru
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Imico kama > Umuco > Umuco w’Ikirundi
dimanche 18 Munyonyo 2012
Pierre Claver Niyonkuru
Messages
12 Nzero 2013, 01:58, par smart toussaint
igihe.bi ndabashimiye byumwihariko kumugambi mwiza mwatangije wo kutugezaho amakuru kumunsi kumunsg. thanks a lot.
8 Ntwarante 2013, 08:46, par FerdiMbera
Ndabashimiye cane kuri uru rubuga ntaramakuru rushikiriza udukuru tw’Urwanda n’Uburundi. Turi ababanyi, turi abavukanyi, turakwiye kumenyana n’ugukundana turushiriza kuba akarorero keza muri Afrika, nk’uko kw’isi yose basanzwe batangara ingene Abarundi n’Abanyarwanda bari mu bantu bitaho imico kama yabo kandi bagashima kuyimenyekanisha. Mubandanye mudushikiriza ibiganiro n’amakuru yerekeye ubuzima bwa misi yose n’imibano.
Murakoze