Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abatowe basaba kwegereza ubutegetsi abanyagihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Abatowe basaba kwegereza ubutegetsi abanyagihugu

Abatowe basaba kwegereza ubutegetsi abanyagihugu

samedi 27 Ndamukiza 2013

Inama nshingamateka na nkenguzamateka yarakoranye kuri uyu wa kane igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2013. Abo batowe bariko bigira hamwe ikibazo co kwegereza ubutegetsi abanyagihugu n’ugukwiragiza ubushobozi…

Iryo koraniro ryari rifise intumbero yo kurabira hamwe uburyo ama komine yahabwa ubwigenge. Abashingamateka basavye ko mu kiringo ca vuba hosohoka itegeko ry’umukuru w’igihugu kandi ko igikorwa co gutosora itegeko rigenga ubwigenge bw’ama komine corangira imbere y’umwaka w’2015.

Ihangiro ni ishirwaho ry’urwego ruzotunganya ibikorwa muma komine yose agize igihugu c’Uburundi uko ari 119.L’objectif visé est la mise en place d’un exécutif communal dans les 119 communes du pays. Urwo rweo ruzoba rugizwe na musitanteri n’abafasha biwe ruzoba rujejwe gutunganya ibirangurirwa muri komine, maze rugaha icegeranyo inama mpanuzwajambo.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.