Accueil > Igisata c’ingenzi > Amashuri Kaminuza yo mu Burundi
Amashuri Kaminuza yo mu Burundi
vendredi 11 Nzero 2013
Mvyariye Prosper
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Igisata c’ingenzi > Amashuri Kaminuza yo mu Burundi
vendredi 11 Nzero 2013
Mvyariye Prosper
Messages
11 Nzero 2013, 22:50, par Paterne
asha ndashimye kunyereka aho nize kweli!
15 Nzero 2013, 06:23, par U.Emil
SAGESSE Ni iyambere yarandeze ndayikunda cyaneeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
16 Nzero 2013, 01:08, par che
Nizo i Buja gusa, hagati mu gihugu ntazibaho!!
21 Nzero 2013, 00:32
mbega kombona hope ya paraissant henshi ni kuki?c’est par sa réputation.moi j’aime tant Umuco car....selon le récent classement elle s’est classée 90eme dans l’Afrique sub saharienne,c-a-d la première au Burundi.
22 Nzero 2013, 02:41, par hope
hope ni iya kwanza kabisa
5 Ndamukiza 2013, 05:54, par Alfred
YOU HAVE TO ANALYSE WELL HOW HOPE IS LOOKING ONLY ON THE PICTURE YOU TO MAKE YOUR COMMENTS
11 Ndamukiza 2013, 16:02, par angelos
ISGC ko ntayibona bita kwa Kundikije kandi nziko ariyo universite prive yatanguye mu burundi?umbonera kuri hope bigisha neza?kabuki barihisha amahera menshi?NIKO BAZI KWIGISHA CANE? TURASHAKA IMYISHU VUBA.
13 Ndamukiza 2013, 13:15, par eric
ku Mutanga canke i Kiriri ko ntahabona????????????????????????????????????????????????
16 Ndamukiza 2013, 09:01, par nicole
Universite de Ngozi ko atayo mpabona!!!!
27 Ndamukiza 2013, 16:29, par angelos
mbega narinziko uwubajije muramwishura?si mutishura bimaze iki?
4 Gitugutu 2013, 06:45, par DESIRE
C’est une honte, il fallait commencer par Umuvyeyi wa zose i mean by this l’UNIVERSITE DU BURUNDI,,,,,,,,,,,,,
29 Munyonyo 2013, 11:20, par Fleury
Nukuraba mugashirako ama dates d’agrément yimwimwe!
4 Nzero 2014, 11:03, par Tang
Murakoze ktwereka amazu yamsahure yanyu, ariko ntaho tubona les facultés , les articles publiés , les projets de recherches, les professeurs renomés, les meilleurs édutiants, les admissions en ligne, vos talents, Université nationale ngira ntibikenewe ko muyishiramwo, ntanakamaro ko muja hamwe kuko ntimugana, .....,
11 Ruhuhuma 2014, 15:24
fine but try to perfom ur system of working which is not performed like the prolongation of academic year. please; try to use 9 months for all activities of academic year. tha,nks
19 Ruhuhuma 2014, 11:55, par Nkizurwimo
Mwa bagabo muharira ngo iyi niyambere,murazi ko ko izo zose parmi les 200 premiers universités africains atanimwe irimwo!hama au niveau de la planète terre parmi les 3000 meilleurs ata nimwe irimwo!muriko muhayagiza universités zanyuma kwisi!ivyo biba bikwiy kuvuga abiga cank bize muri za Havard,MIT ou Oxford.Izo zose ni bule
22 Rusama 2014, 09:49, par philippe
ko mbona universites arinke? izindi zirihe nka za hill’s university.
10 Mukakaro 2014, 22:46, par ntibarikure
monsieur l’annonceur il ne faut pas seulement montrer le batiment on a besoin du contenu.ou est burundi university,peace and reconciliation,ISD,MWARO UNIVERSITY,NGOZI ,UNIVERSITE POLYTECHENIQUE DE GITEGA et autres.un clin d’oeil a vous .
26 Myandagaro 2014, 20:03, par hoffman
mbega icuma co?????? bibliotk zirih?? kaminuza n’imw rudend
16 Nyakanga 2014, 18:44, par KWIZERA Emmanuel
Buidings do not mean nothing but the performance of lecturers and the due care theory, corporate social responsibility, and moral responsibility of academic leaders. Guys Burundi is our country please our contributions are needed not Ibigambo. Take care of what you say. Come and support our universities
27 Gitugutu 2014, 13:39
non il n’est faut pas montre le batiment sans meme encandre bien les élèves dans votre institution
6 Munyonyo 2014, 09:08, par J.BOSCO
E.N.S iracari iyambere kuko isohora abarezi babinonosoy kandi babishoboy baramurira i Gihugu
28 Munyonyo 2014, 11:31, par me
Institut Supérieur des Technolgies IST yoyo? Ningene ses loréats aribo bajejwe la grande partie y’ivyuma vyo gurumanako vyaha i bujubmura ?
28 Munyonyo 2014, 11:49, par nduwimana
ko mutandika aho muzokugururira annee academique ya 2014-2015 mwongere mwandike nibikenewe vya dossier cane cane kuri universite du lac tanganyika
4 Nzero 2015, 20:36, par Alexandre
Merci de nous avoir montré les belle photos de certaines universités du Burundi.Mais,pour les universités privées,il fallait nous montrer les frais qu’on paie pour une année académique,la formation que vous allez donner,...si non,les locaux ne vont rien et ne signifient rien
18 Nzero 2015, 21:23, par claude ngabo
yemw ndazi les locaux peu importe :martin n’umuvyeyi wama prive!!
18 Ruhuhuma 2015, 10:45, par sylvestre
ahubwo mwasaze université des grands lacs ntimushirako ? kandi mubibazo aba etudiants bakora yama iba muri zitatu zambere?attention!
25 Ruhuhuma 2015, 10:54, par NDAYIKEZA Nicaise-UB
Je pense qu’il serait mieux de montrer la qualité de ces universités au lieu de montrer les batiments seulement.Par ailleur,montrer toutes les universités montrerait votre mobile et votre impartialité.
10 Ntwarante 2015, 11:26, par bosco
kubundi ivyo mumenyesha turabishima mais harico tugaya,ntimwigera mwishura kubibazo kandi muze murungike no kurubuga rwa facebook
11 Ntwarante 2015, 13:57, par David
Univcollines yo vipi k ntayibona?
22 Ndamukiza 2015, 08:47, par NDIKUMANA Zabulon
Emwe kaminuza yuburundi nijambo rinini cane abatayize nibamaramare bihorere
25 Rusama 2015, 06:41, par Waki
Les d’universités burundaises sont vraiment les meillleures
27 Rusama 2015, 21:21, par Kagabo
Distant Production House University kontayo ndeba bagabo?
20 Ruheshi 2015, 16:45, par NTEZIYORUVA Arcade
Nous sommes convaincus à l’U.S.A qu’à l’Homme les projets,à Dieu la réponse car vouloir c’est pouvoir donc on a les promotions d’excellences mais aussi intelligents et sages.
13 Ruhuhuma 2016, 12:21, par Daniel
Mu Burundi Ni Heza Tuzohiga
13 Ruhuhuma 2016, 13:45, par deo
Os studantes de Burundi sao buros sabes porque ? Discutiram por uma coisa que nao tém nenhuma importançia
13 Ruhuhuma 2016, 13:45, par deo
Os studantes de Burundi sao buros sabes porque ? Discutiram por uma coisa que nao tém nenhuma importançia
6 Ntwarante 2016, 15:24, par Desire Bigirimana
Ndipfuza Cane Kuziga Nanje Kuriyo Kaminuz Nanj!
30 Ntwarante 2016, 10:50, par Noël Christophe NDAGIJIMANA
Univ. Martin Luther King,mama wama kaminuza yigenga muburundi.muze mwubaha!
30 Nzero 2017, 08:34, par clémentine cynthia
aaaaaa mbega ivyiza weee!!!U.G.L KOMERA
24 Ntwarante 2017, 22:48, par Peter
Burundi terimbere mu ndero no mu nyigisho ubumenyi