Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Poritike
Bujumbura : Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya ONU yatanguye (Amafoto)
Yanditswe taliki ya 30-07-2016 - isaha 10:22' na IGIHE

Imyirekano y’ukwiyamiriza ingingo yemejwe na ONU ibisabwe n’Ubufaransa yatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura. Abari muri iyo myiyerekano bariko biyamiriza irungikwa ry’abaporisi ba ONU mu Burundi

Ivyiyumviro vyanyu

Ntitubakeneye.Turimumahoro

24.09.2016 à 01:37
kaberege

Bibarirwa Benshi Bikumva Benevyo.Jeho Mbandaya Mfungura Ubwa DONA Aha Muri Shelter.

11.09.2016 à 19:33
D Youth Way

Abanyamahanga Nibareke Kwivanga Mubitabaraba

7.09.2016 à 14:03
Mutoni Blese

nibabajane.murwanda.kuko.abahungabanya.umutekano.ariho.baba.nkunziza.nimukorumbone.naarashababu.yaratujije.nabafarasa.nibaze.bazohera.nkifu.yijira.| !!!!!!!

10.08.2016 à 07:06
ciza.pascl.mwumba

MBEGA IMYIREKANO USIGAY URI NKAKO ABARUNDI BIYI BUTSA REKA BANAN

9.08.2016 à 19:50
CLOVIS NIYUKURI

Nibabiyamirize kuko ntabo dukeneye ntibazohave batuhira nko mu gwanda muri 1994 !!

7.08.2016 à 22:42
innocent

NIBABARUNGIKE MURI CENTRAFRIKA NAYO TWEBWE AMAHORO TURAYAFISE, TURAVYASE.

1er.08.2016 à 13:30
NEYMAR

Abo bapolisi ntabwo uburundi bubakeneye ubu mu gihe amahoro ariko araboneka mu gihugu cose. Abo bagomba kubarungika bafise iyindi gahunda inyegeje iri nyuma yavyo. Uyu musi ni 200, ejo bundi bazoba ari ibihumbi 20 kuko bazogerageza uburyo bwose kugira abarundi basubiranemwo ; nka karorero bagandaguye abategetsi nkuko vyabaye mu Rwanda 1994 hanyuma bagaca baja kwisunzu ry’inzu ngo génocide yatanguye ngo bagomba kuyihagarika kandi ari bo bayitanguje. Hanyuma bace bashira ho ubutegetsi bubayoboka bubaha inzahabu n’ayandi mabuye yagaciro bashaka. Abarundi bagomba kuhagabira muri ibi bihe !! Igiti ntikigukora mu jisho kabiri !! Nibateshwe bate twarabahinyuye !! Ivyari magera vyrageruye !!

1er.08.2016 à 12:38
Museremu

Abafranca bakaba bakeneye gutegura genoside nkiyobakoze murwanda nibacire birarura turaziko atarukundo badufitiye ahontibashaka ubutarebwacu ? bareke bazebazobura inzira ibatahana. kobatagenda muri somalia kugwanya alchababu . kobumvise niclellere umugara urahagaze barabeneza ingwano ya 3gatatu barayitanguza bawucane bawota hano is not libiya..._

1er.08.2016 à 09:16
SAMSON NINDEREYE

MTANEKO MVAMAKUNGU TUGIKENEYE MUBURUNDI KUKO UBURUNDI BURAFISINABO ZIKWIYE AHUBWO NTIBAZE BIRIGWE BAZA

31.07.2016 à 19:30
EMMANUEL NDUWAYO

Ndabaramukije mwese jewe kuruyumwanya ndanditse kugira ntange iciyumviro canje ariko ndakoresha amazina atarayiwanje kugira abodusanzwe dukorana/duhuje politique ntibamenye.
Jewe ndumwe mubanka birenze ukwemera reta yu Burundi iriho ubu arinacogituma nahunze kandi mvuye munzego zakorera reta yimbere yamatora yomuri 2015
Jewe ndongeye kubamenyesha ko ndumwe mubanka reta yu Rwanda kuburyo birenze urugero.
Kubwivyorero kuba aboturikumwe twahunze irya reta yu Burundi iriho uyumusi atanumwe ashobora kwifatikanya nabarundi arinabo bavuga kobaharanira ngwasohore itangazo ryiyamiriza urwanda rukomeje gusongera isibe mu Burundi nomubarundi mbere kuburyo buboneka uwariwewese iyari yabari mu Burundi canke hanzeyabwo jewe bazonyica abomwiyi reta yuburundi canke ntibanyice, nahunguka canke simpunguke ndabona ndikondisanga ndikondakorana nu Rwanda mugutuma abarundi bakomeza kwicwa navyo bikaba bibonekera mukuca abanyarwanda batwita ibicucu ukibaza ngobabibwiye abarikumwe na Nkurunziza kumbe nimwebwe tugumatuvuga ngokuvata Nkurunziza mumuhashe nabobarikumwe kandi abobarikumwe niyomiryango yacu gusumvya urwanda gushigikira kuburyo tutazi ! Jewe iconasaba ababantu dufatikanije twahunze irya reta yu Burundi kwarukugira turekure amatangazo yiyamiriza igihugu cu Rrwanda gihagarike gukomeza guhekura uburundi, ego ibibazo tubirimwo ariko uwabonye umuntu azakumufasha kubijanye nivyo guteza imbere igihugu ntiwobona uwuza kugufasha kwica.

Jewe rero nkaramuka mbonye ukukwezi ndutanguye kuheze atamuntu twahunze Nkurunziza atangaje yiyamiriza Kagame ndabavinyuma kuko ntituzoba turikumwe nabarundi beshi twozokwisanga turitwenyene mugire Imana jewe ndumu mw’Islam wukuri sinkeneye kuba mubatanguza umuhari wabakora nkivyihebe mugire Allah.

31.07.2016 à 18:47
Sinaha Ali Narwasa

Jewe ndemezako ubufransa gusabira uburundi ko abobapolisi bokurwego rwa ONU borungikwa mu Burundi ntarukundo rurimwo kubera izimpamvu yikurikiranya :
Ubwambere nabwo urevye ibibera mugihugu camwo nabo birikwisabira aboba polisi.
Ubwakabiri iyaba igihe badufatiye ibihano guhera batwimye ubufasha bwamatora ubufransa iyobwatuvugira muri ONU bukavugabuti turasavye mukomeze murungike imfashanyo Burundi ububarikudusabira aboba polisi tugaheza tukamenya kwarurukundo.
Ubwagatatu ivyabaye mu Rwanda 94 ubwobufransa nibindi bihugu ntivyari vyarashizeyo abajejwe ngo gukingira abanyagihugu ? Nonecabubujijweko abatutsi bicirwa guhona/Abahutu bakicirwa guhona ?
Ikindi abobajejwe umutekano mpuza makungu imbunzi zabanyanda nzomubwoko bwabahutu zarizarahungiye Congo inkotanyi nzambutse umupaka kumutaga ruhangabagabo zikabica ijoronumutaga kumusi kumusi iyo ONU siyoyariri ?
Abarundi muri Burundi nabarihanze mugabanure ubujuju kuko iyo mushigikiye ibintunkibi vyasabwe nubufransa bobaraheza bakisekera bakongera bakavugabati twabaciyemwo vyaheze ngwabarundi burya ntibazi gusesangura ngo nuwubacinyiza canke abaka agateka kabo baramukomera amashi.

31.07.2016 à 15:40
Hutsi

Hhhhhhhhhhh Abarundi mugeze kure mba ndoga nkomokomo !!!! Mugeze aho gufashwa na UN ? Muzehe wacu nitwe tumuzi aho yadukuye naho atugejeje ! Nzaba mbabona Mwene Muzehe !!!!!

31.07.2016 à 13:58
Proud to be rwandan

Yewe abaturage b’ uburundi mufite ibibazo bibakomere pe murahuzagurika muramagana ubufaransa ubundi UN mwarangiza ngo KAGAME ????????? mufite ibibazo bikomeye H.E KAGAME mu mureke mumushyire hasi twe abanyarwanda nitwe tumuzi . ni umugabo uharanira amahoro kandi ntaho bitazwi ku isi hose icyo gihugu cyanyu cy’ umwanda ntabwo cyamutesha umwanya ndetse natwe abanyarwanda nta mwanya dufite wo guta kuri icyo gihugu cyanyu ?? dushakayo iki se ?? mufite iki se ??? mukomeze mute umutwe mwigaragambya twe twibereye mu mu muganda tu ??

31.07.2016 à 11:33
nkotanyi

Jewe mazimisi nkurikirana ivyandikwa nabantu bikanyobera !uruhande rumwe ruranezerewe nabaporisi batasabwe nuburundi basabwe nubufarasa,ikibazo !mbega abapolici. 228 botabara bangahe mugihugu kingana nuburundi ???mbegabatishimiye Leta ntimurenga nkamajana nibura600 !!nimwabataco murashobora kandi muhanganye nabomuzinanyi abobanyamahanga nibobazobishobora batazi numwansi uwariwe mugihe Leta irimwamokoyose !!!???ikindi mumenyeko leta itarabemera kandi ntiyabasavye.oni ntizobikora hatabaye amasezerano yaleta nayo kukoyoba iroshe ibindibihugu muntambara zazayigora kubwamategeko yashizehoyonyene abuza igihugu kwinjirira ikindi,nimwabona babirenzeko mumenyeko isi ihenuhe nintambara yubutita mubihugu bizovyara iya3yisi.nimuronderere ivyizigiro kumana kukoniyishoboye vyose,ataruko icizere cabatuvyibintukumwe nabandi kizoraza amasinde.abarundi nimureme mugwizibikogwa gusa abadusamaza tubimamatwi ariko canecane dutunganire Imana ibisigaye tuzorabe imana yomuvyumba n IMANA yomwijuru iyivuga igakora iyariyo.niko vyabaye ikarumeri ntagutabagwa kuzova muri oni nomugwanda oni yarihari siliya iraqui Ribiya nahandi bicana oni iraho !!nivyatunanira kwumvikana tuzoba icotwahisemwo.

31.07.2016 à 11:28
mbazumutima jerome

Iyo mihimbiri yi mbonerakure ni nterahamwe nurumogi nkurunziza ya baguriye, nirwo rubasarisha ngo ni myerekano. ni bashike tuzorabe icobakora izobwebwe.

31.07.2016 à 07:38
mzoyihera intagoheka

kagame turamwiyamirije areke kuba umutsamanza tawamu gize umutsamanza sivyiza

30.07.2016 à 22:38
arexisi rwasa

icombona nibamanda yagatatu atari ugwitwazo nibi hangane iyimya ka ine ahubwo bonge re inguvu kugira baze bacinde kugira borohe reze abenegihugu guhunga bira ba baje kandisivyiza nagato

30.07.2016 à 22:32
arexisi rwasa

Erega dupfa kwishimira ivyovyaboba police ntanakimwe vyotumarira congana nuko twarikuba twashoboye yakudeta, abakwarukuzagusa muntumbero yokugira uburundi ndibuzohave bwitwako bwihagazeko bigakunda bugatsinda, erega yoyaba uburundi butari muri Africa ububaba barabuhaye imidale yubuhangange kubera ivyobumaze gukora kuva haburijwebwo kudeta.
Turapfa gushigikira aboba police ntakintu kuzima bazotumarira atarugucinyiza Africa gusa.

30.07.2016 à 21:46
tari

Imyiyerekano yiyamiriza 3eme mandat ngo nimigumuko abaraswa bakaraswa.imyiyerekano itunganijwe nareta igacungegwa ningabo ikaba mumwidegevyo ntangere.non demokarasi irimuburundi yitwa ngwiki ??????ninde yompindangurakintu yicitwa demokarasi muburundi ?abantu banyuruzwa batwarwa nabande ?ivyuburundi biragoye.

30.07.2016 à 20:37
nzitonda emile
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.