IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Igisata c’ingenzi > Uburundi bwiteze kwakira ingenzi nyishi

Uburundi bwiteze kwakira ingenzi nyishi

mardi 23 Ndamukiza 2013

Mu Burundi harafashwe ingamba zikomeye mu kunagura igisata c’ingenzi kuva mu mwaka w’2011,kuko ubu vyibonekeza ko ico gisata citaweho,mbere kikaba kiri no mu bisata vyo kwinjiriza igihugu amafaranga y’agaciro Atari make,na cane cane ubu hitezwe ingenzi zirenga 500.000 mu mwaka wa 2011.

Kuva mu mwaka w’2010,u Burundi bwagendewe n’ingenzi zishika kuri 350.000.Muri uyu mwaka w’2013 u Burundi buzokwakira ingenzi nyinshi nkuko ubushikiranganji bw’ubudandaji n’ingenzi bubimenyesha.

Mu bushikiranganji rero,bariko barategura imigambi nyayo yotuma haba ingenzi nyinshi zigendera igihugu,aha twovuga nk’ugutumira ingenzi,zigaheza zigatemberezwa mu ntara zifise ibigo vy’iratiro,aha twovuga nk’ikigo musée vivant,source du Nil, n’ibindi.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.