Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Poritike
CPI yatanguje amatohoza ku bugizi bwa nabi bukorwa mu Burundi (Video)
Yanditswe taliki ya 25-04-2016 - isaha 12:31' na IGIHE

Ivyiyumviro vyanyu

Amatohoza ni meza cane gose.Ariko bahere mu mwaka wigihumbi1965.gushika mubihumbi 2016.kuko ahohose hishwe abantu.

5.05.2016 à 09:03
Burundi

Bahere kuri nkurumbi n abicanyi biwe ntihagire ibindi mubaza

27.04.2016 à 13:52
karebu

@ Kamaro abambere ni Nkurunziza na Nyamitwe

26.04.2016 à 18:37
Zoe

Nyarutse mudukureko umurwi w’Abahutu b’abicanyi kamwe n’umurwi w’Abatutsi b’abicanyu, Abarundi turuhuke kuko iyo mirwi 2 yatugize imbohe.

25.04.2016 à 20:15
Mahoro

ntayandi matohoza kuko abakora amabi muburundi barazwi nabo bahurikiye muri CNARED,nubarungikire imitahe yokubahagarika urabeko bindaca behera...e nibo bagisibije !!

25.04.2016 à 17:06
kamaro

Bamusarira hiyo turazi ko muri ibihenda maso.

25.04.2016 à 16:38
Nene Nesta

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.