Accueil > Poritike > Domitien NDAYIZEYE: Imvugo umugabwe CNDD FDD ikoresha, ntitorera inyishu (...)
Domitien NDAYIZEYE: Imvugo umugabwe CNDD FDD ikoresha, ntitorera inyishu ingorane (Video)
lundi 4 Ndamukiza 2016, par
Source: Tele rennaissance
IGIHE
Messages
4 Ndamukiza 2016, 09:59, par tari
Ikibazo nicabarundi sicabanyarwanda ntakamaro rero Ko ibibazo birihagata yabarundi kobija kuganirwa nabanyarwanda abarundi nibicarane baganire ikibazo curwanda wumve Ko kizosubira kuvurwa igituma ivyobivurwa biterwa na nkurunziza agomba kwirengagiza ibibazo yateje mugushaka kuvyitirira urwanda kandi atawuyobeweko ariwe nyirabayazana wibibazo uburundi bufise
4 Ndamukiza 2016, 18:51, par None?
Domicien izomvi wazimereye ubusa! Wewe wokwicara igihugu kibanyi kiriko kirashombera ama grenades kirungika nabaza kuyatera mubanyagihugu bawe! Mbeyemwe umuntu ameze nka Domicien baribamuhaye kuramucwa igihugu bigenzegute!?
Mbega uraziko ahubwo urwanda rutisubiyeko kotuzova muguhendahenda tukaja mumashoti bwabundi urimuburundi udakurikirana politique!
Twebwe twakomeje gucisha munzirazose kugira ntidutse akaranga kabasokuru nabasogokuruza kubwitonzi, umva twarabibwiriye ati nimugezaho ntibumva, tubwira ibihugu bibanyi navyo biti cwe, tubwira ubumwe bwa Afrika nabwo buti cwe, turongera tubwira UNO noyo ngo cwe, amashirahamwe atandukanye araheba aradufasha harimwo na HCR na radio RFI bikorera amatohoza nabo basanga ivyotwavuga nivyo ariko ahokugira igikorwa kugira urwanda baruhe gasopo ahubwo igitutu gikomeza guterwa reta yuburundi! None noyohoba urwanda rukomeye rufise inguvu kudusumvya ntakibuza tworwiyahurirako handese ko twiyiziko urwanda rwikigihe kuritwebwe abarundi turubona nkokuvuna ibabi ryiteke canke nkokurya piece of cake.
5 Ndamukiza 2016, 15:49, par intore
ndagusetse caneeee @none murarenga gato frontière..umunwa gusa warabarenze..nimba arico mugwanisha tuzobakuramo izo ndimi
5 Ndamukiza 2016, 19:43, par None
Ahomutama Babwire Ivyobitazi Vyahiryayejo Arivyogutera Amavokagusa !!
6 Ndamukiza 2016, 06:39, par None?
Nimureme ntacotuzobakora niyaba kw’Isi hariho ibimenabanga najewe narimenye ariko reka ndabihindurire ahanyene nukori ntaco tuzobakora rekatwigumire twirira amavoka mureme mwiryohererwe baze mwikomereze kudusukamwo abaza kutumaza za grinadi ntankomakomyi ndasavyerero mureme narinihenze kukomwebwe muratinyitse ntitwokwubahuka kuzoza kwiyahura kubantu nujaze nkamwe.
9 Ndamukiza 2016, 10:41, par Ndayisaba Cluade
Ndungikikira Indirimboshasha Ya Yoya
10 Ndamukiza 2016, 19:40, par King
MBWIRIMANA Salvator