Accueil > Poritike > Ibimenyeshamakuru bimwe bimwe vyaraye bitewe
Ibimenyeshamakuru bimwe bimwe vyaraye bitewe
jeudi 14 Rusama 2015, par
Mwijoro ryokuruno wa gatatu, Radio Renaissance, Bonesha vyaraye bitewe



IGIHE
Messages
14 Rusama 2015, 06:43, par Wababaye
Kuraho Ayomabisha Yamaradio
14 Rusama 2015, 07:04, par B .F.
Mana Turasavye Ubugombe Bwawe Bube Mu Burundi Nk,uko Buba No Mw’ijuru.Ubwicanyi N,akaguma Ntivyereye Uburundi.Mana Dutabare Amen Kandi Amen. B.F
14 Rusama 2015, 07:09, par Aneth
Vyatewe Kubera Iki
14 Rusama 2015, 07:10, par Aneth
Vyatewe Kubera Iki
14 Rusama 2015, 07:25, par TUYIKEZE Desire
None abarundi tuvahe tujahe?
14 Rusama 2015, 08:02, par nzorijana
INnocent muhozi ehe ingene araba wômengo ni impene iri mukiziriko aka kazehe nahora ngirango ģafise ivyiyumviro bizima kumbe ni aka extremiste butwi
14 Rusama 2015, 09:08, par Barnabé
None Ubu Igihugu Cacu Tugifategute?Tujahe Tukavahe?Tubazende?Nakamaramaza Kugihugucarimumahoro.
14 Rusama 2015, 09:14, par NZOJIYOBIRI David
IMANA NITUJ IMBERE MURI VYOSE.
14 Rusama 2015, 09:15, par Frédy
nme ga yemwe uburundi burakanagaye ibintu vyose bibe ruhebwa mana tabara uburundi
14 Rusama 2015, 09:40, par Bigirimana patrick
Birababaje
14 Rusama 2015, 10:28, par ASMAN
KUWUKARA NTIBIGOYE NKUKUWOTA
14 Rusama 2015, 10:32, par CIZA Jean
Mbe ayomaradiyo yaraye ahiye ayo niyo yonyene? REMA yoba nayo ikomeye? uwomugabo atazi kugira isuku kumunwa afise amacakubiri arenze. kumutima wiwe hari ugwiri nkuko kumunwa wiwe hameze.
14 Rusama 2015, 10:54, par Melchiade
Reka Ashe Nibo Babitanguye Guturira Rema Barihuse Nimba Niyombare Bamutumye Imiduga Yaturiwe Intanduruka Ni Vital-pacifique Rufyiri Leonce Sinduhije N,abandi Benshi Imyiyerekano Y,amahoro Bavuze Turabonye Iherezo Ryayo Abarundi Ca Ubwenge Tubone Nifurije Abajejw,umutekano Kwongerw,inkomezi N,uhoraho
14 Rusama 2015, 11:34, par mahoro
Innocent MUHOZI yahoze mugisoda ca kera FAB. umwicanyi karuhariwe
14 Rusama 2015, 11:45, par HABONIMANA Numérien
ikigoy nuk benshi tutavuga ukuri ark Imana izoc urubanza
14 Rusama 2015, 11:55, par JONANSI
INYISHU NTIRIMUGUTWIKA AMARADIO,BARIHENDA
14 Rusama 2015, 12:18, par Hakizimana
ariko mbaze amahanga? ibibintu birimobibera iburundi ibujumbura mwadutabaye tutaramarana nkomurwanda mukaduha abaturinda ni mana izabahemba abantu barimobarapha murebera nkomu rwanda 1994.
14 Rusama 2015, 13:17, par Nishimwe Eloge
KUbwanje Boreka Gusambura Igihugu Hanyuma Bagakoresha Ubutungane Kuko Ejobundi Tuzicuza Kuvyo Twiyononeye Ahobitagenda Neza Tukavyihwereza Hamwe Kuko Igihugu Nicatwese
14 Rusama 2015, 13:17, par NZOYA prime
dushats twokwitonda kuk bwan muhozi ntamacakubiri yigish kwiradio.twibuk ko harigih tuzokener izo radio.uwuvuga ko muhoz atasuk agira muramufash kurigir abe nkabandi.Imana sumuntu nkatwe!
14 Rusama 2015, 14:36, par ornella
reka kwiyita mahoro kandi uri magume.ubona ivyo uvuze arivyo gusa igikenewe nuko Peter atarota atwara igihugu naho isi nijuru vyokoranako twokwemera guhona’imyaka cumi amaze twarabonye impembo yaduhay.ariko jewe sinatangaye kuko ikizobwagura umusega ukibona kizezuye.none umuntu yica inzoya umutama’umukecuru mwashaka bigende gute?jewe sinicuza kuko ntamwanya nigeze inta ngondamutore.
14 Rusama 2015, 14:54, par Gervais
MANA,tabara uburundi n’abarnd!
14 Rusama 2015, 14:58, par VICENTO
Abarundi murakwiye kwisubiraho mukigira kumateka yanyu , ibi ntaho byazabageza murisenyera ko nk,impene mwari mumaze guterintambwe igaragara none mugiye gusubira inyuma , ntabwo RWASA, MINANI, SINDUHIJE ,NGENDAKUMANA , NYAMITWE, ADOLPHE, NABANDI BIFUZA INEZA Y,UBURUNDI BARASHAKA AHAZAZA HIMIJYANGO YABO KUBWIVYO NIMUKANGUKE.
14 Rusama 2015, 15:56, par ubuhanu zibwacu
Uwusumwanya wo guterana amajambo. Senga kuko satani yateye uburundi kandi iryahanwe riratashe ni mwiyeze. Ariko ignorance yaramaze abarundi kuko iradiyo niyabose ntikwiye guturirwa. Kweri naka muna
14 Rusama 2015, 16:12, par karl
Uwuzowatsa uzohera iwe uherere iwe !!!
14 Rusama 2015, 16:30, par Ernest
Ivyo vyose biriko biraba ni ingaruka y’ivyaha abarundi bakora,iyaba bari bazi kw’ijambo ry’Imana rivuga ko icutagomba kobakugirira ntukakigirire uwundi,ntivyari kugenda kurya!!!!!!turiko turasubizwa inyuma na bene wacu bibibe gito!!!!! Guturira les médias siwo muti da!!!!! Kdi harya barinda bayaturira bahwanye na beneyo bpbona ibara!!!!!! Imana idufashe iduhe urukundo vraiment,twubake notre petit pays turi hamwe. Tubisabe umukama kweli,kdi azobikora.
14 Rusama 2015, 16:37, par Baobab
@Melchiade
"Reka Ashe Nibo Babitanguye Guturira Rema Barihuse Nimba Niyombare Bamutumye Imiduga Yaturiwe Intanduruka Ni Vital-pacifique Rufyiri Leonce Sinduhije N,abandi Benshi Imyiyerekano Y,amahoro Bavuze Turabonye Iherezo Ryayo Abarundi Ca Ubwenge Tubone Nifurije Abajejw,umutekano Kwongerw,inkomezi N,uhoraho"
Uburofa nk’ubu nibwo butuma igihugu kiguma gitwarwa nko muri 1966 igihe Ntare 5 hanyuma Micomibi batangura guhirika ubutegetsi! Urumva ko tukiri muri 1960! Gukurakuranwa ku butegetsi mu mahoro ntibishoboka! Uwuhashitse aca ahamata!
Nkurunziza biramunanira kwumva ko gutwara imyaka 10 bikwiriye? Na Obama yakoze ibikora isuka agira yigire akoze imyaka 8 gusa! Murumva ga yemwe ako kamaramaza?
14 Rusama 2015, 21:07, par nduwayo
ko batanguy guturira izo nyubakwa nziza cane gutyo,tweho abanyagihugu batoyi kuzoba gufyonda ibihere.imana izigame uburundi
14 Rusama 2015, 22:03, par GURA
Mbega iyo mihimbira ayo ma radio abagize iki ? bazohava bavugako ari umusazi yabikoze ivyo birofa
15 Rusama 2015, 08:31, par hermes
ABATUTSI BARABONYE KO IVYABO VYAMAZE KUJA AHABONA NTIBAGITERANA INTAMBWE NIMWE MBI ABARUNDI BABAKURIKIRANA KWI SEGONDA KUYINDI MUGABO UBWICANYI BWABO NIBWO BUBOGABOGA MUMITIMA YABO NTAZINDI NDOTO BAFISE ATARI UBWICANYI GUSA
15 Rusama 2015, 10:14, par NDAYISHIYE J Festus
Iki ni ighe co gusenga kuko si igihe co guterana amajambo kuko murabonako atarabantu bariko babikora ahibwo ni Satani yahagurukiye kutubuza amahoro.
15 Rusama 2015, 14:18, par nzoyihaya
none ivyovyabaye vyagenzegute? umukuruwigihugu arihe? ubu
16 Rusama 2015, 10:17, par bukuru
uyo numugambi mubi wa leta ya nkurunziza wokuzivya abanyagihugu.badusubije inyuma ya 1993.barabe neza iyo leta igomba kugira ihonyabwoko ryabo badasangye ivyiyumviro kabe akamizwe ningoma
16 Rusama 2015, 10:59, par claudine
ndabona umuriro bawujimirije aho watanguriye nkuko bamye babivuga!!
16 Rusama 2015, 14:03, par Imnirabiraba
Imana iriko irihweza inkozi zibibi kandi igiye kubaha ibibakwiye abasenga mwihangane mukomeze kandi Nkurunziza niba akunda Imana nabarundi narekure areke ubwoba afitye Adolphe yamuteye areke naba banyandanini bafatanije kuko yoba avuyeko neza akagumana agateka
16 Rusama 2015, 14:29, par Manzi
bashingantahe namwe bakenyezi Nkurunzinza yakweguye akareka kubeshya niba manda ziwe2 yazirangije nibarikotegeko shinga ryiburundi ribivuga, ntagoziriya mpoho ziwe zisumba izo bagosora yarafise, ntanubwo abasirikare biwe bamusha ubutwali yaremeye afugwa nabakenyezi ntakivugwa. nkankurunzinza pierre nibarumukizwa nahereze abandi . ibubunda byose bya bagosora abirambikahasi. asigara bandika abakenyezi ibyobishakiye mucyahoze zäire . leta yakabila igomba kuzishyura
17 Rusama 2015, 08:28, par IRAKOZE KHALED
ivyo vya coup d’etat ni politique yabo ba cndd fdd bakinye kubera abanyagihu bave mwibarabara ,ico nobabwira nuko ntituzova mwibarabara ntakuntu umu dd yokubita umu dd umugenziwe iyopolitique turayiyamirije bashaka kuduhenda wapi