IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Imyiyerekano y’abarundi i La Haye imbere ya CPI

Imyiyerekano y’abarundi i La Haye imbere ya CPI

vendredi 5 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Mugatondo ko kuri uyu wa Gatanu, Abarundi bazindutse mumyiyerekano i La Haye imbere ya CPI (sentare mpuzamakungu mpanavyaha).

Photos: Emile Nibasumba


IGIHE

Messages

  • Ahonyene Pasifique Nininahazwe haramurindiriye.

  • YEMWE IYO MUNYUMA NIMBERE YIBIR IWE HO TUZOHAVA ATANZIMIHOHO CANKAHUNZE PE

  • YEMWE IYO MUNYUMA NIMBERE YIBIR IWE HO TUZOHAVA ATANZIMIHOHO CANKAHUNZE PE

  • Komereza aho natwe yadusemye tubarinyuma nate yomoke turarushe

  • Komera barundi numutima tugomba guharanira agateka kacu pee.

  • Ndizera ko leta y’i Burundi igerageza kubona amafoto y’abo bantu. Ndizera ko abo bantu bashyugikiye inkozi z’ikibi uzagerageza kugera i Bujumbura abarundi bazamuhereza inkoni akumviriza. Ikindi nanjye ntuye i La Haye gusa mumyigaragambyo hari huzuyemo n’abatutsi bakomoka mu Rwanda.

  • Muri mirongo irindwi hapfuye ibihumbi, muri mirongo icyenda nagatatu hapfa ibihumbi kandi ababishe ubu nibo bari guza ama Gerenades mu gisagara aho gukubitwa intahe, NKURUNZIZA arazi aho ababyeyi be bagiye, arazi inyene yagiye mu ishyamba!! ! Igiti ntikigukora mujisho kabiri!!

  • Qu’est ce qu’ils sont malins,nta numwe tubona neza,uretse wa mutinganyi Audifax,nawe yunamitse amaso,ariko twa dushatsi twiwe nkutwo inyoni yagwaje iyindi mu mapfa nti du passa inaperçu,regardez tous son accoutrement,un vrai PD,ewe burundi waragowe,nuwo ngo ashaka kuja muri transition n’umugambwe wiwe ari we munywanyi wenyene,mbega basha ca pancrace ko ntakibona,la fouille au corps bamukoreye tanzanie ntiyamworoheye!!Vraiment hari umuntu numwe mwomenyamwo,ndabira ni imparugwa,kari akaguma bimwe vy’i buruseli,nagira ubu hari akazuba niho mwari gusidukana n’iyonka gusaba ko bubaka potences pour pendre notre président et nos leaders,murashuhagiza neza n’imvura y’urushana yaradusize umugani wa Inarunyonga,i la haye ntazojayo,ahubwo abo ba putshistes mutahe muje gucibwa urubanza nyabuna nayo kuza kutumanikisha i la haye muvyibagire iyo migozi hari naho arimwe yotora twa munigo?Ubu mwumva mutonye mu bazungu,ariko ako kanyaro kazohera kandi peter turamutora musare,
    Mbega mwoba mwabonye i foto ya wa mwana w’umuhutu baturira mw’i pine?
    Kandi Audifax yari mu myiyerekano,yarabonye bamuturira ntiyamutabaye kandi aziko yariko azira ubuhutu,ba baboyi bose bicwa yarabona ,none amafotos yabo ko tutayabona?Vraiment c’est grave,abo bose bashaka gutegeka?Basha iyo mandat irakomeye peye,bose ni mandat kandi aho wosanga hari abatazi nico isigura,canke arya ma articles nkuwobaza na Audifax ati uzi iki kuri constitution na accord d’Arusha wobona atishuye,na ba bana bo mu buhonga ngo mandat batagiye no mu wa mbere !!Ewe ibibera mu burundi ni théatre zitwengeje cane!!

  • Kubona umuhemu nka nkurunziza yipfuza gutwara uburundi gushika apfuye, ni ivumwe ku gihugu

  • Reta yuburundi ikwiye kwaka ubwene gihugu abo banyeporike baja haze. Nibabafate babake passports zabo.

  • nivyiz guserura iciyumviro kndi uwundi akubaha icuwundi ntawotukana ntateka bitanga

  • vuganeza nshimye ijambo uherejeho muburundi theatre zitwengeje cyane urandyohera rimwe uvuga bibi ubundi byiza donc iyo nkukurikiye neza unyibutsa umutipe bitaga kantano wakora kuri radion RTLM 1994 muvugabimwe kabisa courage n impanga yawe

  • vuganeza nshimye ijambo uherejeho muburundi theatre zitwengeje cyane urandyohera rimwe uvuga bibi ubundi byiza donc iyo nkukurikiye neza unyibutsa umutipe bitaga kantano wakora kuri radion RTLM 1994 muvugabimwe kabisa courage n impanga yawe

  • ni mukomere ku rugamba muriko turabe ko hari icovamwo

  • NTAVYINSHI VYOKUVUGA NIBUMVIKANE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.