Accueil > Poritike > Mutabazi : Ibiganiro vyobera mu Burundi, Reta igacunga umutekano (...)
Mutabazi : Ibiganiro vyobera mu Burundi, Reta igacunga umutekano w’abadatekanye (Video)
mercredi 3 Myandagaro 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
3 Myandagaro 2016, 20:48, par Kanyosha
Ndibaza Ko muburundi ndufisemwo abagabo nabagore bijunjanijambo beshi bameze nkuyu Mutabazi arinacogituma twipanze mu Burundi bwacu kuburyo vyatangaje Isi yose.
14 Gitugutu 2016, 00:40, par Morodikayi Jon
Nonemutabazi ngaho uvuziki ?,besha woba wacitse kwicumu ukongera kunyisokako ?. Nayivyo biganiro uriko urahaya ngaho bibera ngaha muburundi, twama twabigiyemwo tukumva ibivugirwa mwo! burya nibazo ko woba waramaze kuzuragenda mubice biberamwo ibiganiro vyamahoro ungereranije ni bi bibera ngaha ntaho bisa bisana nibibera hanze yigihugu, kuko ibivugirwamwo ni vyo gushigikira guhonyanga amategeko gusa ntabindi.
22 Rusama 2017, 07:46, par CLAUDE
EGO