Accueil > Poritike > Rwasa Agathon: Ntahonyabwoko ryoshoboka mu Burundi (Video)
Rwasa Agathon: Ntahonyabwoko ryoshoboka mu Burundi (Video)
mercredi 20 Ndamukiza 2016, par
Source: Tele Renaissance
IGIHE
Messages
20 Ndamukiza 2016, 09:04, par tari
Icowirengagije nuko Nico gihe co 72 hariho abarundi babibona ukonyene ubivuze mugabo nticabuza Ko inganda zitikira nibuvuga Ko abarundi Atari ibijuju batohendwa wombwira gute ingene nuyumusi abantu birirwa baricwa kandi ababica batumwa nubutegetsi kandi ubwo bumaze igihe buhari ababuriko igihecose babumazeko nicogihe bamaze basahura itunga ryigihugu mugabo abobatuma ntawe bahayeko nanubu ntawe bahako mugabo barabatuma kwica benewabo bakavyemera urumvako ico arikimenyetso cuko iryohonyabwoko ryoshoboka washaka nkakarorero nimba ubutegetsi bushobora kwirirwa burakwicana abanywanyi bawe urimukibanza nkico wumva bwonanirwa nukugira ihonyabwoko gute mbega mwihonyabwoko niho tuzoza turabonera kwabantu bapfuye gusa ushaka kutubwirako abirirwa barapfa ataco bitwaye canke nivyabindi ngwatawuvugana umutsima mukanwa ariko icowomenyaco amuguranka niyo mazikesha
20 Ndamukiza 2016, 09:43, par kamaro
urakozemutama guhumuriza abenegihugu, abakirindiriye gukamisha ihonyabwoko nibasubize ameru mwisaho!!!. uwabatekeye uyomutwe yaubatekesheje nabi,
20 Ndamukiza 2016, 10:43, par kkimtha
erega mutama harabashaka gudandaza ibiziga burya ntibaryohewe niryojambo uvuze mugabo imana irabibona bazorindira babure kandi bazopfabangara nkagayini yavumye namaraso yamwenewabo aberi none nabobipfuza ihonyabwoko ngobonguke bazopfabangara nkagayini
20 Ndamukiza 2016, 12:30, par Iribuka
Wariye uratanguye kwumva aho amabondo ageze none uriko uravovota ,mbega aba fnl isinzi batawe munzuzi ,abandi batorwa ibiziga ,bazizwa ngo nuko bagushigikiye burya bazize iki ? ntube wahomoka kare kunoba udukorotse kumeza ya nkurumbi ,ukareka guhenda abantu nguri namahinduka uharanira,bicwa bazira ubusa,nakare ntarukiza uburundi bwiteze i ngozi ibiva i ngozi twarabibonye
20 Ndamukiza 2016, 12:35, par cakira
wagahunguwe Tari,wewe urasumvya uyumugabo wijunja nijambo RWASA ivyintambara? nama ndakubwira kubwenge bwawe bwayaze! MUTAMA twubaha kandi uzoguma ufise icubahiro Nyakubahwa RWASA Agaton uzokwame ugira umutima wo gunda igihugu cu burundi nkuko muriko mubikora ubu ,ndazinezako mwashegeshwe nintambara uwutazintambara naba barinyuma yubukoroni babazungu nka CNARD ariko ntantambwe ,nukorero Mutama,hakagira akazungu kazobabwira imigambi yintambara muzoce mukabwira muti:MVAKOO!!
20 Ndamukiza 2016, 14:53, par turaje
Rwasa wowe turagushaka irahe ubazwe abanyamurenge wishe mugatumba , warangiza ngo nyonyonyo ivyo wakoze nihonyabwoko wamuhirimbiri we
20 Ndamukiza 2016, 15:30, par copy
Ikimpumuriza nuko nzi neza ko nawe uzi neza ko ivyo uriko uravuga atarivyo, ariko kubwa amaronko n’inyungu ugomba kuvuga ivyo sobuja ashaka kumva. Ntabwo umuntu ari igitungwa abicwa bose leta ibigizemwo uruhare izobibazwa, buri mutegetsi ahari ubu yicare azi ko azobazwa amaraso ariko araseseka ubu. Nta kidashoboka, kurya CNDD itari izi ko yopfuye itwaye igihugu (kuko nta nguvu yo gutsinda yari ifise) ni nako ishobora gushengezwa kandi yavyita ibisanzwe. TUREKE KWICA BENE WACU KUKO UBWOKO SIBWO BWUBAKA!!
20 Ndamukiza 2016, 15:51, par deus
monsieur rwasa nintore 2010 imbwa zaramuhenze none ubu nguyo arabogoye igihugu imana imuhezagire
20 Ndamukiza 2016, 16:23, par None?
Inyuma ya H.E Papa NB kurunziza na nyakwubahwa icenera cambe cumukuru winama nshingamateka Rwasa Agathon ndagushize nawe mubandi ba papa baringaha mu Burundi, nkaba nyakwubahwa Eduardo Nduwimana, nabandi beshi ariko hariho naba maman beshi nka Concilie Nibigira nabandi ntodondagura ngondabamarengaha.
Kandi ndabijeje ko ejo hazoza muzovurwa komwaharaniye agateka kigihugu canyu namoko agize abarundi Imana yahaye igihugu cacu/canyu cu Burundi.
Twebwe abarundi twabatoye mwebwe ndongozi zacu biratunezereza iyo twimvise hagize injavyi zifatira mugahanga indongozi zonubwoko runaka ko izindi ndongizi zombundi bwoko zica zihangurukira icarimwe kugira zimurenganure, ivyo biramaze gukorwa keshi canecane nkigihe hamamarijwe ngo muburundi haariko harategurwa genucide nabinye indongozi zacu zomubwoko bwose ziyamiriza akokabi kabishe.
Yewe najewe novugati mbega mu Rwanda vyabaye ababikoze vyabunguye iki cotuma tucatubikora ngonatwe tucunguke? Mbega twobikora kugira natwe tugire amarira namaborongo nkayashikiye abanyarwanda?
Iconzi hariho abahendwa na Kagame ngo natwebwe iyotutabitanguza ivya genucide ngontituba twarabaye president atitwaremeye turaheba nabacu dukwega icotuma bagirirwanabi kandi twarabona kwaringombwa ko bacabagirirwanabi atariko icotwashaka kwarukugira bapfe ariko dushike kucotwashaka, ivyorero abarundi isinzi bomumoko yose nivyobase gushigikira kovyoba nicigituna mubona iyohageze kwiyamiriza akokabi ucumengo abarundi bose bakoze umugambwe umwe, abatazi intumbero yabo bacabavuga ngo abarundi bose bagiye mumugambwe uri ku Butegetsi!!!.
20 Ndamukiza 2016, 16:32, par walas
ariko uwumusaza ndamera pe yararavye kunja mukwaha kwa KAGOME ati nopfuma nja muri Leta ya Nkurunziza. urumugabo pe komera
20 Ndamukiza 2016, 17:19, par karorero
Rwasa Obama Rwasa Obama aho rero ahuiuuu!!!bwabumenja Ngo Ni sindumuja bwamenyerey gukamisha ibiziga na genocide turabe aho buzomenera abatunzwe nibinyoma muzohera nkifu yimijira kuko amase yakera ntagohoma urutaro abantu bakoreshej ikinyoma arko uburundi bwakra sibwo bwubu tuzobakubita nkizakabwana mpaka mugiy kumurongo niharambe kizigenza icegera cambere cinama nshingamateka Agathon Rwasa.
21 Ndamukiza 2016, 01:43, par petero
Imana ihezagira umuntu wese avuga, agendera mukuri kugira Uburundi burokoke !!!
21 Ndamukiza 2016, 08:21, par Kipling
Ndi baza uwo ninararibonye muri politique na jonoside avuye kwitobaho iburundi ntinomuhiyuza na gato ahubwo nabandi nibamukurikire twubake igihugu
21 Ndamukiza 2016, 12:52, par FIRMIN
KOMERA RWASA NTIWISHINGE NDITIJE KUKO INTUMBERO YIWE TURA YIMENYA
21 Ndamukiza 2016, 17:34, par Aferky
Ewe rwasa urahumba, uribagiwe Abanyamurenge wahoneje kubera ubwoko bwabo. Naho utohanwa kwisi mwijuru hoho uzobisigura, canke rindira kurutonde niwashikirwa nkururnziza azokwereka kuko arakuzi ico urekereje ko ari urya mwanya
22 Ndamukiza 2016, 16:11, par NOWA
NINKURU NINZIZA ARIKO MWIKEBUKE MUREKE KUVUGA AMAJAMBO ATABEREYE
23 Ndamukiza 2016, 09:02, par jean
Genocide yatanguriye Mu gatumba none ngo ntizoba!!!
23 Ndamukiza 2016, 16:34, par Michel
ISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUISIYAHEZE KUKOTWESE TWAREMWENIMANA NONE UBWOKOBWAZANANYEHE?KANDIMANAYAREMYUMUNTUMWE!
12 Rusama 2016, 21:54, par Manariya
Ego Mutama Bandanya Uduserukira Nimba Mweho Bokwunva ?
12 Rusama 2016, 21:55, par Manariya
Ego Mutama Bandanya Uduserukira Nimba Mweho Bokwunva ?