IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Umuco > Saint Valentin yatumye bahindura inyambaro

Saint Valentin yatumye bahindura inyambaro

vendredi 15 Ruhuhuma 2013

Mu gihe kuri uno wa kane wari umunsi wa Saint Valentin,umunsi w’abakundanye,bamwe bari bahinduye inyambaro kuko bari bambaye impuzu zitamenyerewe kuboneka.

Mu bibanza bimwe bimwe vy’ubunwero twaciyemwo,vyaboneka ko abri muri ivyo bibanza cana cane abigeme bari bambaye impuzu zitamenyerewe kwambarwa .

Abo twabajije muri abo batubwiye ko umunsi wa Saint Valentin bagerageza kwambara impuzu nk’izo ngufi mu ntumbero yo kunezereza abo bakundanye mu gihe mbere aribo baba babibasavye baciyumvira imyambaro baza kwambara.

JPEG - 38 ko

Abahungu twabajije bamwe batubwiye ko,mu gihe izo mpuzu atari nziza kuzambara kuko bititura imico n’akaranga,abandi batubwiye ko ivyo ari ibisanzwe na cane cane mu gihe abakunzi babo aribo baba babibasavye.

Mwomenya ko impuzu nk’izi zidakunda kwibonekeza atari mu biteramo biba mw’ijoro.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.