Accueil > Poritike > Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yamenyesheje ko yaraye ashitse mu (...)
Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yamenyesheje ko yaraye ashitse mu Burundi
vendredi 15 Rusama 2015, par
Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yamenyesheje ko yaraye ashitse mu Burundi
Nk’uko yabimeyesheje abicishije kumuhora ngurukana bumenyi Twitter, yamenyesheje ko ari mu Burundi kandi ko ashimira ingabo mbere n’Abaporice bashoboye kugwanira agateka k’igihugu, mbere arashimira cane n’abanyagihugu bashoboye kwihangana muri bino bihe bitoroshe.

IGIHE
Messages
15 Rusama 2015, 10:22, par mugumya
UYU JAMA ARABABESHA KUGIRANGO ABASODA BAMURWANYA BACIKE INTEGE...YACIYE HEHE? KO ejo mbere ya saa sita yavuze ngo imbibe zose zuruguruye uwushaka gutemberera uburundi wese naze....we ko yari yinyegeje mu cumba muri hotel TZ
15 Rusama 2015, 10:25, par Sikubwabo Ramadhan
Nuko yakoze guse isegesho ukoryaba rirerire kose amaherezo yaryo abari Amena.
15 Rusama 2015, 10:26, par kibeni budu
komera mutama
15 Rusama 2015, 10:32, par mercie ange
iradio na television y igihugu nirwawe ntiwitinye kutubwira ijambo nyihumure maze twemere ivyo will ariko aravuga.imana niyo nkuru kandi ishaka ryayo riranguka mwanka canke mwemera. amen
15 Rusama 2015, 10:47, par Melchiade
Komera Muzehe Bakinda Bagaramye Bicara Bagira Nte? Nibihe Wa Munezero W,amafuti Yigishwa Na Ka Karwi K,inkorabara Zirongowe Na Vital Pacifique Rufy.Nabandi Bikamamazwa Yayamaradiyo Nasubire Avuge Siriro Ko Yafatiwe Mu Kibenga Mwotubwiru Ubwo Bundi Bugabo Aho Bwihishe Mutubwira N,amazina Nizere K,abarundi Barindiranye Igishika Ijambo Rivuye Mukanwa Rigenda En Direct Bamwe Barara Barakinda Ati Mwaruhiye Ubusa
15 Rusama 2015, 10:49, par Ndimpona jonthierr
ABO BAMENJA BADUHIGAKO IKI? BASHAKA DUFATIKI?
15 Rusama 2015, 10:50, par koroneri
NIBADUFATIRE IYOMBWA NIYOMBARE TUISHIREKO ABANABINTOKE MTUMAWACU NYAKUBAHWA UMNKURU WIGIHUGU NKURUNZIZA NIWIRAMBIRE NGIRANGO BARABONYE KUTARI WEWE WAHISHIZE KOARIMANA YAHAGUSHIZE KANDI KWATAMWANA WUMTU YOHAGUKURA
15 Rusama 2015, 11:07, par Chacha
Oya sha nareke kutubesha katariyerekana murahumba.sha vyongeye yoza haruwutsinda frimasoni.abarundi rira mwihorere twaratewe peeee
15 Rusama 2015, 11:10, par ntacoroshe
ego kaze ariko ntubuje kuri mandat ya gatatu.
15 Rusama 2015, 11:18, par MBACIRE AGACE TURIGABO
NYAKUHORA KUGOMA IRAMBIRE NDAGUKEJE BIBUKE KO IYONKONA NTIYARUZWA UWUZOHIRAHIRA AKAYARUZA NAKAZIKIWE IZOMUNOBA !!!! BIBAZA GO NIYASAKE BAHERANA !! OYA SIYO !!! BARIBAZI GO URABURA UCA ?? BIBAGIRI KO INKONA ITARINDA KANDI IMENYA NEZA ASHAMBA MURITONDA
15 Rusama 2015, 11:20, par Keryy
Qui est à la tête de ce coup d’ Etat c’est Nkurunziza contre lui même pour pouvoir mettre en execution ses ambutions d éluminer tous ceux qui sont genants pour 3 ième mandat les generaux ,la société civile,les manifestants,l,opposition,les medias.sinon le fameux coup dÉtat meme un enfant de 5 ans ne peut pas imaginer un tel plan,Niyombaré a fait rouler des généraux intègres mais genant pour Nkurunziza comme le général Ndayirukiye,et beaucoup d’ áutres cibles.tous les barundi devraient ouvrir les yeux et dénoncer ce plans genocidaire de Nkurunziza ,maintenant la situation est plus grave que le 3ième mandat où nous allons assister à des arrestations arbutraires.
15 Rusama 2015, 11:22, par ZABULON
KAZE NYENICUBAHIRO ABENEGIHUGU TURAGUKUNDA.TURAZI AHO WADUKUYE,UBU UMUHUTU ARIGA NEZA AKARONK UBURENGANZIRA NK,ABATUTSI.JEWE NDASHIMA.NDAKEJE INGABO ZASHOBOYE KWOMORA ABANSI.NI BABANDI NYENE KUKO AYO MAKAMBI YAGUMUTSE NIYO YISHE NDADAYE.NASHIKIRIZE IJAMBO KURI RTNB AREMESHE IMITIMA Y,ABENEGIHUGU.
15 Rusama 2015, 11:24, par ZABULON
KAZE NYENICUBAHIRO ABENEGIHUGU TURAGUKUNDA.TURAZI AHO WADUKUYE,UBU UMUHUTU ARIGA NEZA AKARONK UBURENGANZIRA NK,ABATUTSI.JEWE NDASHIMA.NDAKEJE INGABO ZASHOBOYE KWOMORA ABANSI.NI BABANDI NYENE KUKO AYO MAKAMBI YAGUMUTSE NIYO YISHE NDADAYE.NASHIKIRIZE IJAMBO KURI RTNB AREMESHE IMITIMA Y,ABENEGIHUGU.
15 Rusama 2015, 11:35, par LIBERE NIMUBONA
NYAKWUBAHWA PRESIDENT PETER NAZE TURAMUSHIGIKIYE,KANDI TUMWIPFURIJE KURORANIRWA MUVYO AKORA VYOSE
15 Rusama 2015, 11:37
kama iko Burundi ni uwongo
15 Rusama 2015, 11:47, par KABUSA
TABARANYA UNYARUKE MUTAMA INGABO ZIGIHUGU NABANYAGIHUGU TURINYUMA YAWE WIRAMBIRE NYAKUBAHWA AGATEKA AHO KAMYE
15 Rusama 2015, 11:54, par koko
n’ibikomeye
15 Rusama 2015, 11:58, par nshimirimana ariona
Vyizza
15 Rusama 2015, 12:00, par chef
arakaz neza mugihugu ciwe uwutamwemera niyitware kuri police arakabaho nkurunziza ok
15 Rusama 2015, 12:11, par kamariza
Hallow my fellow burundians,I hope you got what you were pretending to get isn’t it? Viva my President N Pierre!! I’m always behind you walking in your steps.
15 Rusama 2015, 12:18, par PORITO EZECHIEL
NYAKWUBAHWA,PEREZIDA.HORAKUNGOMA,IMANA IMURAHORANA.
15 Rusama 2015, 12:42, par KAZE
KARIBU SANAAAAAH Mzee! Uwanka yangare. On va maintenant s’occuper des autres nyankaburundi comme ce Vital
15 Rusama 2015, 13:32, par nshimirimana damas
komerwa amashi wewe nyene inganji.utatinye urukamvye akaza kuraba urugo gwawe.turi inyuma yawe.
15 Rusama 2015, 13:35, par GANZA BURUNDI
KAZE NYENICUBAHIRO MUSHIKIRANGANJI, MUSHINGANTAHE ABENEGIHUGU TURAGUKUNDA, TURAGUKENGURUKIYE, KURAGUKEZA, INTWARO YAWE YAME I BURUNDI.
ABANSI N’ABAGWANIZI BAHERE, KANDI EGA MUGABO BAKWIYE IKIGONGWE KUKO BATASOBANUKIWE NAVYO.
15 Rusama 2015, 13:42, par nshimirimana
ndabateye amashurwe n’impundu.habwa icubahhre murugo rwayu.turinyuma yawe.
15 Rusama 2015, 13:43, par nshimirimana
ndabateye amashurwe n’impundu.habwa icubahhre murugo rwayu.turinyuma yawe.
15 Rusama 2015, 13:45, par barutwanayo cassim
Songambele my president!You’re the one we only want.
15 Rusama 2015, 13:45, par barutwanayo cassim
Songambele my president!You’re the one we only want.
15 Rusama 2015, 13:47, par barutwanayo cassim
Songambele my president!You’re the one we only want.
15 Rusama 2015, 13:57, par juma
urakaza neza mzee!turaguhaye ikaze.
15 Rusama 2015, 13:59, par nkotanyi
Hahahahahahaaha, sha ibintu by’abarundi rwoe birasekeje peeee, Gen urwana iminsi ibiri koko??????????? ufite airport ufite imipaka ,ufite blinde ufite abasoda?? yayayayaya, igioda cy;uburundi kiri bizarre kweri hhhhhhhhhh, bamwe mujya muvuga ngo uburundi bwarwana nu u Rwanda koko mufite aba general nka aba koko??? murababaje kabisa
15 Rusama 2015, 13:59, par vuganeza
@kerry
Reke guta ubwoko,murawunywa naho urura!!!
15 Rusama 2015, 13:59, par Alain evrard
Karibu mutama wacu
15 Rusama 2015, 14:03, par Alain evrard
Karibu mutama wacu
15 Rusama 2015, 14:55, par yoyi
Urwishe ya nka ruracyayimwo, amaherezo uzapfa urwa Habyalimana canke ndadaye kuko urupfu rurakuboneka mu maso
15 Rusama 2015, 14:58, par nshimirimana damas
babwire bakuve inyuma abobasi b’igihugu.sagwa amahoro nabawe,hezagigwa n’imana wewe nyakubahwa wakuye igihugu mumwiza,ntiwatinye urukamvye ngugume inyuma y’igihugu cawe.kaze turinyuma yawe.imana ibafashe muribi bihe bitoroshe.
15 Rusama 2015, 15:12, par JUVENAL
NIBARINNDIRE IGIHE C’IMANA YAMUSHINGIYE KUKO NTA NUMUNOTA NUMWE AZORENZAKO.
15 Rusama 2015, 15:12, par JUVENAL
NIBARINNDIRE IGIHE C’IMANA YAMUSHINGIYE KUKO NTA NUMUNOTA NUMWE AZORENZAKO.
15 Rusama 2015, 15:40, par kabesro
Nn ariko abarundi turashize ingani tuzokwame mundyane bwubutegetsi umusi imana yatuvumye niho tuzokwemera
15 Rusama 2015, 15:52, par VR
MURAKAZA NEZAAAA !! IMANA IRIKO IRIYEREKANA
15 Rusama 2015, 16:14, par Gitwe
STOP Nkurunziza😜😠😛😠😱
15 Rusama 2015, 16:16, par Nico
ariko ndabona abantu ngo kaze nyaguhora kungoma mukantwenza??!!nimba ar’Imana yanyu ahubwo ikigirwamana!!sinon uwo azopfa yumye kuko nubuhanuzi bwarabivuze ashobora kuba yahivye ubuzima azopfa nka khadafi muzoba mubwira!!U Burundi ntibwaruta Lybie!!Kandi ikibi ntaho cigeze kinesha ineza!!jamais!ikibabaje nuko mwabihinduye ivyamoko muriko muravuga ngo nabatutsi!!harumugenzi wanje yaciye kuri gard du nord mukanya baramutuka ngo ngo ehe ubuzuru bwanyu mwabatutsi mwe ngo tugomba tubamare!!ntabwoko buhera muribesha kuko nabahari sikubwimpuhwe zanyu!!
15 Rusama 2015, 16:42, par nku rikiyinka
arikose niko bakina poritiki petero yakwemeye kuki yandika yavugiye kunsamirizi ko bavuze ko itarafatwa
15 Rusama 2015, 16:58, par murundikazi
@nkotanyi
Mbega ico gisoda c’urwanda urata co carwanye na nde burya iyo mubona umuntu abareka mukirata?Ico kwa Havyarimana ata munitions bari bafise namwe mufise amabombe mwigendagendera,mufise ama bases arrières!!Ico muri congo naco ni igisoda naco!!!Ba mwitonda burya birafasha !
15 Rusama 2015, 19:03, par CR7
@murundika,
Anyway sinzi impamvu yabivuze nkotanyi agereranya ivyo bisoda vy’urwanda n’uburundi kuko sinzi niba hari nuwohirahira abigereranya, ngira na Peter arabizi. Wewe ugirango mbe abasoda birwanda barwanye na habyarimana gusa? nyuma bagiye congo muri 7mois bari bashizeho Kabila Pere, haciye igihe kabila bagiranye ikibazo basubiyeyo barwanye na presque tous les pays en SADEC, niba wibuka neza il y’avais plus des 8 pays au cote congolais harimo nababa souther mutinya et meme les Angolais. nyuma uzobaze muri congo combant entre l’armee rwandaise et ougandaise, hama ikindi ubaze n’ingabo z’i rwanda zirimubihugu bingahe kw’Isi mubutumwa bw’amahoro. Canke urabaza FDRL ntiringaho i burundi bamwe muriyo? Nkubariye bikeyi cane ngira uwogereranya ivyo bisoda bibiri yoba atabizi neza. ninkuko wofata un billet de 100 dollar ukayagura un kg de sucre.
15 Rusama 2015, 20:28, par john
Felicitation kunzego zumutekano zikigendera ibanga ryemeye. Nashike murwiwe.
15 Rusama 2015, 21:15, par Manirampa
nukuri imana iradukunda ndece irakunda abarundi
15 Rusama 2015, 23:33, par remesha
Juste pour tranquiliser les burundais et un clin d’oeil pour Cyrille, la liberte ne se negocie pas elle s’arrache
16 Rusama 2015, 00:27, par Kado
Nyakubahwa Peresida, ngo ibihe ntivyoroshe?
Mwebwe nyene muturongoye mworeka inyungu zanyu mukarondera ineza y’ Uburundi n’abarundi, ibihe vyokworoha, tukinjira mw’ici neza.
Ariko nta mutekano uri mu gihugu ntaco muhuma amaso amakungu, twese turabibona kandi namwe murabibona.
Kandi ntuzoboneka vuba mu gihe ibiturire na nsumire inda arivyo biza imbere mu gufata ingingo, aho gukoresha ubwenge Imana Nyakuri yaduhaye,
Na mwe heba kwitoza, muhebe ubukuru bw’igihugu, duheze turabe uwusubira mwibarabara? Duheza turabe ko amatora adaca ategurwa neza, imitima itekanye, atawugira ngo ndarenganijwe.
Nyakubahwa Perezida, mu muryango ikintu canke ingingo iteranaya abana, umuvyeyi ku neza y’umuryango, arashobora kuyiheba.
16 Rusama 2015, 01:18, par Egide
Petero Nkurunziza Uri Umusoda Koko Warwanye Murakoze
16 Rusama 2015, 05:13, par vuganeza
@nico
Ububeshi bw’abatutsi twarabumenyereye,mbega iyo uvuga ngo azopfa yumye,mweho ntimuzopfa?Upfa wumye ,upfa je ne sais pas comment le resultat est le meme,c’est la disparition .Ngo iciza gitsinda ikibi c’est fou de voir qu’il ya des tutsis qui revent bakora iciza,mubigira mubibona kuko vous êtes sadiques,kiretse nimba ugufise dix ans so na nyoko batakubwiye ingene baduhambiye ba papa mu ma wc abandi mu ma fosses communes,abakobwa bagasogotwa imigano bakabatungira nka brochettes,abagore bakababaga inda bibungenze abana bagata hanze,inzoya bagata mu mbabura abandi bagasamisha za baionnettes,ivyo vyose tubirengako kugira ubuzima bubandanye,nawe ngo babwiye umugenzi wawe ngo uwari ubuzuru,uri umubeshi urakeneye kwitonesha mu bazungu kuko kuri gare du nord hari abahutu n’abatutsi kuko cnddfdd irimwo amoko yose peut etre qu’il faudra voir!Nimwe mutanguye gushira iyo coup d’etat yanyu mu vy’amoko sinzi igituma kandi arimwe mwama muririmba ngo nta moko akiri i burundi,ubu vyahindutse mwabihinduye muchezo wa ndani ya cnddfdd,ngo dufate abatutsi,encore des mensonges kubera abo bantu bose guhera kuri godefroid ntiyari akiri ndani ya cnddfdd nabo bandi bafashwe,nimwige kumaramara n’ubuntu birakenewe,mwarigize ibigigwamana mwebwe nyene pas nous,ariko ntimuri imana.
16 Rusama 2015, 13:00, par Nico
Vuganeza niko mupfuye nico kigirwamana canyu ngo ni Peter!muzi ngo muri mukuri mais muriko muriyimbira imva nzanyu mwebwe nyene!!mbe nkubu ikintu kigaragara mwishimira mwegejeje kuburundi nigiki?KO nyamacakubiri ariyo yabuzuye yababujije guteza imbere igihugu c’Uburundi mbona tukiri abanyuma kwisi!!ntanubwenge mufise muba mukwiye kukazibira mwamahwa!!mbe mwe nimwishe?ikarusi iwacu imiryango yabatutsi mwazimanganije ingana gt?kugeza aho murya imitima yabantu mukayotsa???waba warakoze statistique ngumenye Ntenga Marangara abo mwishe rubi??kuva 1993 kugera 2005 naho mugiriye kubutegetsi mwoba mwibuka abo mwishe nabahutu benewanyu barimwo???!!!maramara mukazibe muri ibimenabanga ibinywamaraso ibikoko bigenda!ivyo navyo uvuze ngo bacumita ngo abakobwa iyo nimitwe interahamwe mwazanye mwujuje u Burundi ziriko zirabaha kuko naba spécialistes cane mukwica gutyo!!so tais-toi ntaco mufise muvuga mwamaze
16 Rusama 2015, 16:46, par japhet
Petoro Nkurunziza uri umugabo abushitse kand uzohorane ishaka nkukwo tuzogushigikira
16 Rusama 2015, 17:21, par lady
vyose vyarumvisiswe: indunduro yavyo n’iyi: Wubahe Imana, Witondere Ivyagezwe na yo; kukwo ari vyo bibereye rwose umuntu wese. Umusiguzi 11:13
16 Rusama 2015, 17:48, par jean pierre
Karibu excellence!! Ingabo zaraye ziguteye iteka kandi nazo zaryiteye! Birababaje uri serugo gufata urugendo ugasanga uwundi mugabo yinjiye urugo rwawe. Guhera hanze y-igihugu uri pres ni ibara kandi zina murundi wese akunda igihugu yari akwiye kubona ko ari ibara kandi akamaramaza ku gihugu!!!
16 Rusama 2015, 22:16, par nene
asha twebw turi igihugu c’Imana.peter ahari ari mugihano c’Imana bagiz montage ari mubitaro aragwaye .yiteg guhanwa nkawa mwami yanka kwumvira Moise agasenga ikigigwa Mana abakimushigikiy mutihanye igihugu kigiy guhona.Imana itubabarir twes
17 Rusama 2015, 13:20, par pascal
mbega mana uzodukurako uyumuvumo waturungikiye ngo uduhaye umurongozi nkurunziza kandi aduha inkurumbi vyavuye kuki ngumuduhe???mana ndasavye ikigongwe uduharire udaharuye ivyaha vyacu umudukureko.igihano waduhaye kiratumye twama muvyaha aho kwihana.mana kuki washimye kumpa umuvukanyi nka Peter nkurunziza????mana kuki washimye komvuka iburundi nari nakoze ikosa irihe gushikaho utambabarira??raba neza papa yishwe nintambara 1993 none nanje igira impitane.nokora iki ngugire imbabazi ndakubajije mana???ndagusavye uzekumpa rps munzozi.haraho nibaza kutagitanga imbabazi.
17 Rusama 2015, 16:39, par GILBERT
NYAKUBAHWA KOMERAKUMUHETO TURAGUSHIGIKIYE,ABANYAMWUMBATWESE. NDI GILBERT
18 Rusama 2015, 02:03, par Nduwimana Gerard
Eeemwe Uramvye Azobna!! Mana?Mbega Abarik Bapfa Bazobazwa Nde?Igihug Si Cawe?Haragz Ahw.
18 Rusama 2015, 02:04, par Nduwimana Gerard
Eeemwe Uramvye Azobna!! Mana?Mbega Abarik Bapfa Bazobazwa Nde?Igihug Si Cawe?Haragz Ahw.
18 Rusama 2015, 02:05, par Nduwimana Gerard
Eeemwe Uramvye Azobna!! Mana?Mbega Abarik Bapfa Bazobazwa Nde?Igihug Si Cawe?Haragz Ahw.
18 Rusama 2015, 12:05, par mazina
Mbe na igihe yoba yarahunze?????????????????????????????????????????? ko iminze 4 jrs idakora???ariho twari twizeye!!!Mazina
19 Rusama 2015, 18:47, par Ahmadi
Ntamvura idahita.vyose bizohera nukubishira mumaboko yimana
20 Rusama 2015, 11:17, par rosa paula
mbe nico kuvuganishavu ryinshi gasha itonde ibintu vyarahindutste wewe nyene wiboneye ko ashigikiwe ningabo nabanyagihugu isinzi taraje sha kandi twaje twashiswe kuri kukurusha vuga witonze rero kuko nushavura uzomeneka kuri piter wacu muziyahura
20 Rusama 2015, 11:21, par rosa paula
abakwanka bakwandureko mutama!! abarundi isinzi turi inyuma yawe komera