Accueil > Poritike > Zimwe mu nkurikizi zizova kwihagarikwa yimfashanyo (Video)
Zimwe mu nkurikizi zizova kwihagarikwa yimfashanyo (Video)
vendredi 8 Ndamukiza 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Messages
8 Ndamukiza 2016, 23:46, par yves
urumushingantahe wamuga, iyo tugira benshi nkawe
9 Ndamukiza 2016, 05:40, par None?
Mbeyemwe uyumugabo ntarigera abona nagatoya ukwibintu bimeze!?
Twaravuze ntiduhindura ikivimba kizomeneke mazenatwe ubukene buzotwice dusezerizi ariko akokagaye ntituzogasubiremwo ubugirakandi. Ndumva Domitien avugako hakuba imva woba imbwa turase tuzopfuma tuba imva hakuba imbwa. Rekandagusubiriremwo retayacu twitoreye izoganira nuwosese ategwa nogutembagaza kubutegetsi noguturira abantu. Nambawumva niwumve canke usange mugenzawe murwanda iyoyirirwa afashwa na Kagame kwararaza amakete yogutunatuna igihugu ciwe camavukiro.
9 Ndamukiza 2016, 12:34, par tari
Komera kumuheto batama bacu bomurisenarede nimukomere kwibanga dutuye tubizerako mudakakwanga nimituragaro kanatsinda urwo rugamba mwamye mururwana nikindi gihe atariki ahubwo turasaba Ko nanyakubahwa niyombare yova mugacerere agahumuriza abarundi kuko dushakako ariwe yozoserukira abatavuga rumwe nankurunziza mubiganiro kuko nintwari yarerekanye Atari inganga buriri
9 Ndamukiza 2016, 19:06, par Kanyosha
@ Yves, gwiyomugirabenshi bameze nkiki kigabo intwaro yogusangira ubutegetsi bwu Burundi namokoyose ntibayarabaye? Ndakeneye ivyuvuze nivyo, ivyobiganiro vyanezerezwa noguterwa amazirantoke gusa nivyongirango bikumbuye.