Advertisement
Kumenyekanisha
Econet Leo yatanguje uturusho twa "Naviguez & Gagnez"
Yanditswe taliki ya 25-11-2016 - isaha 11:04' na IGIHE

Econet leo yatanguje akarusho ku banywanyi bayo bagura kandi bakoresha internet. Ako karusho katangujwe na Econet Leo ni "Naviguez & Gagnez", kagafasha abanywanyi baguze internet kuronka amanota.

Amanota umunywanyi aronse aguze internet, uko aduga niko yironkera amahirwe y’ugutsinda mw’ijonjora (Tirage au sort) riba ku munsi munsi.

Akarusho ka "Naviguez & Gagnez" gatanga udushimwe ku batsinze muri iryo jonjora, utwo dushimwe tukaba tugizwe na :

Internet ya GB imwe kuri batanu batsinze ku munsi
Routeurs Wi-Fi Huwaei kuri batanu nyene batsinze ku munsi
Ama terefone ngendanwa ya Android azotangwa rimwe mu kwezi.

Kugira umunywanyi yinjire mu bahiganirwa udushimwe twa "Naviguez et Gagnez", asabwa kugura internet ya Econet Leo mu kwandika *405#OK.

Ivyiyumviro vyanyu

none tuzohiganwarwiki

26.11.2016 à 21:09
onesime

ubwo burush butsgw yufise amanota meshi gus

26.11.2016 à 12:14
sebastien bimenyimana

Nivyiza ariko amafaranga biriko nimenshi cane kandi iyo GB uyiguze uyikoresha une seule journeee,urumvako utogura nyinshi ataco uzimaza

26.11.2016 à 01:00
######

Abo nabamanyanga ahubwo nibugare hakore smart na lumutel gusa abandi nababandi,ehe raba muminsi iheze bakoze ngo "NIHATARI"amahera mwayaha abo mugomvye imiduga muheruka kugurisha,mwayihaye abo mushaka,mbe kirya nicamunara ?

25.11.2016 à 15:17
WWWWWW

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.