IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI

Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI

Thursday 29 March 2018, by Jean De Dieu

Econet leo yabazaniye BWAKEYE BURUNDI, akarusho kadasanzwe. Bwakeye Burundi, akarusho kaje mu ntumbero yo kworohereza abanywanyi badahengeshanya gushigikira uwo muhora. Ni akarusho kabaha ubushobozi bwo guhamagara kw-ifaranga 1 gusa ku musegonda inomero zose za Econet leo, mu kiringo c’amasaha abiri ari hagati y’isaha cumi n’imwe z-agaturuturu gushika isaha imwe y’agatondo.

Muti bikora gute ?

Umunywanyi wese afise ikarata y’umuhora wa Econet leo ararekuriwe guhimbarirwa ako karusho muri ico kiringo gatunganijwemwo, n’ukuvuga hagati y’isaha cumi n’imwe z’agatondo (5H du matin) gushika isaha imwe z’agatondo (7H du matin).
Umunywanyi atora iterefone yiwe irimwo ikarata simu y’umuhora wa Econet leo, akishiriramwo ama inite, agaheza agaterefona incuti, abagenzi, ababanyi, n’abandi bose yifuza basanzwe bari kumwe ku muhora wagukiye bose wa Econet leo. Abahamagara kuri 1F kw-isegonda. Umwanyi arekuriwe guhamagara abo yifuza bose muri ico kiringo, ata nkomanzi.

Ntimutangwe rero kumenyesha abanyu iyo nkuru ihimbaye, ngo nabo bahamagare abagenzi n’incuti zabo batavunitse na BWAKEYE BURUNDI.
Bwakeye Burundi!!!
Econet leo ntaco itagira ngo yorohereze abanywanyi bayo.
Econet leo izokwama ibatangaza!
Econet leo, turi kumwe namwe!


IGIHE

Forum posts

  • oya ni mureke LUMITEL yarabakubise hasi.yoyo iraduha n’ uturusho ariko mwebwe vyose ni cash.mbe ko mutaduhaye msg kumusi w’Abakenyezi ?LUMITEL ITWITAYEHO.namwe ni mwikubite agashi.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.