Ingurane Reta iheraniye ibanki nkuru hamwe n’abikorera utwabo yababa mu miliyoni amajana ane z’ama dolari , akenshi bigatumwa nuko Leta iteba gusubiza, ingaruka zica ziba nuko amahera y’amarundi aca ata agaciro
SC:Tele renaissance

Urarivuze nubwo urivugana ubwoba burya aruwumva abayumvise kandi kugira ubwo ntagitangaje uravye ubwicanyi bwagahomera bunwa akokarwi kishize kubutwgetsi kariko karagirira uwowese atagashigikiye murayo mafuti yako ariko uburundi burakeneye abashingantahe bimvugakuri kandi barinda nkamwe bo kutuja imbere kugira twiganzure izo nkora bara
Ayo baramazekwibwa,ntayo bazokwishurwa, bakayishura naho umunyagihugu azoba yamaze kusigara imbokoboko. kuko bativye umunyagihugu ntayo bazoronka, bananiwe kuyishura bagifashwa namakungu, ubunaho bazoyakurahe? twebwe abanyagihugu nitwe tugiye kuyabonaaa.