PARCEM: Irashima itanguzwa ry’ibibanza bisadanzwe ku bijanye nivyubutunzi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 7 Munyonyo 2016 saa 08:29
Yasomwe : 8019
0 0

Kuva aho Leta y’Uburundi imenyeshereje ko hagiye gushingwa ibibanza bidasanzwe kubijanye n’ubutunzi, ishirahamwe PARCEM rirashima iyo ngingo kubwaryo ngo nikintu ciza cane bizotuma ubutunzi bw’igihugu bwisununura. Bivugwa na Faustin NDIKUMANA umuyobozi w’iryo shirahamwe akamenyesha kandi kugira bigire akamaro n’uko abarundi bokwijukira guhindura ingendo kubijanye no kurya ibiturire (...)

Kuva aho Leta y’Uburundi imenyeshereje ko hagiye gushingwa ibibanza bidasanzwe kubijanye n’ubutunzi, ishirahamwe PARCEM rirashima iyo ngingo kubwaryo ngo nikintu ciza cane bizotuma ubutunzi bw’igihugu bwisununura. Bivugwa na Faustin NDIKUMANA umuyobozi w’iryo shirahamwe akamenyesha kandi kugira bigire akamaro n’uko abarundi bokwijukira guhindura ingendo kubijanye no kurya ibiturire n’ibindi


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha