IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > IFARANGA > Impande zibiri zitanako amakosa ku bukene bw’amafaranga y’agaciro

Impande zibiri zitanako amakosa ku bukene bw’amafaranga y’agaciro

vendredi 22 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko kigiye guhagurukira abavunjira amafaranga y’agaciro mu rufuri. Godefroid BIZIMANA, icegera c’umuyobozi mukuru w’igiporisi avuga ko ico gikorwa kizoshirwa mu ngiro nk’uko igiporisi catujije abadandariza mu mabarabara y’igisagara ca Bujumbura baheruka kwirukanwa.

Mu gihe hibonekeza ubukene bw’amafaranga y’agaciro mu gisagara ca Bujumbura, n’aho abonetse akavunjwa ku mafaranga y’umurengera, umukuru wa banki nkuru y’igihugu, Jean Ciza, yagiriza abo bavunja amafaranga ko bashaka kwunguka umurengera. Jean CIZA abwira abo bavunja amafaranga ko akazi barangura katoroshe, akavuga ko bagakoze uko bidategerezwa, ifaranga ry’Uburundi ritakaza agaciro bigatuma ubutunzi bw’igihugu butosekara. Umukuru wa banki nkuru y’igihugu abasaba kwubahiriza ivyo biyemeje.

JPEG - 56.3 ko
Jean CIZA, umuyobozi mukuru wa banki nkuru y’igihugu

Abakora uwo mwuga w’ukuvunja amafaranga y’agaciro bariyamiriza ivyo bagirizwa ko barondera inyungu z’umurengera, bakavuga ko ata ruhara bafise mw’itituka ry’amafaranga y’agaciro, ahubwo bagasigura ko ikibazo gihari corondererwa ku bantu bavunja amahera batabifitiye ububasha.

Ukutumvikana n’ugutanako amakosa akaba arikwo kwibonekeza hagati ya banki nkuru y’igihugu hamwe n’abafise amazu y’ukuvunja amafaranga y’agaciro. Abacuruza amafaranga bagiriza ibanki nkuru y’igihugu ko yabatse uburenganzira bwo kugura amafaranga y’agaciro muma banki y’ubudandaji, iyo akaba ari imwe mu mpamvu zituma ayo mafaranga akena, iyo banki nyene ikagirizwa ko itanga ayo mafaranga ku bantu ku giti cabo, kandi hisunzwe aka mwana wa mama.

Ku bijanye n’ubukene bw’ayo mafaranga y’agaciro hamwe n’iduzwa ry’ingene avunjwa, imyidogo ni myinshi mu bantu bayakenera nk’iyo bashaka kuja kwivuza hanze mu mahanga canke abafise abana barihira amashure biga hanze y’igihugu.

Ku mazu yo kuvunjiramwo mu gisagara ca Bujumbura, ku biciro vy’ibanki nkuru y’igihugu, idorare rimwe vyanditswe ko rigurwa hagati y’amafaranga y’Amarundi 1660 n’i1665, rikagurishwa hagati y’1665 n’1670. Yamara ku bafise ayo mafaranga bayagurisha canke abakeneye kuyagura, suko bigenda. Idorare riri hagati y’2650 n’2660 kuwugurisha, hamwe n’2700 kuwugura.

Kuri uwu wa gatanu, ifaranga ry’abanyaburaya « euro » risanzwe ritanaboneka ahatari hake, n’aho ribonetse rikagurwa 2800, rigaheza rikagurishwa 2900.


IGIHE

Messages

  • Nkatwe dufatingengo zohanze tugiye Gushira nkabana binyoni

  • ABARUNDI DUFISE AMANYAMA NATWE TURI IMBWIGA.

  • TWAHORA TWUMVA IGIKORON,TURAKIBONYE,

  • IGIKORONI CA ZANAMAGI ZANAMASORO GISUBIRIWE,NA ZAMAFARANGA!

  • IVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDIVYO EFENEL YAHORA IVUGA NGIVYO BIRASHITSE ATANAKANYA,IBINTU VYOSE VYADUZE IBICIRO,TUGIY KUBA ABANDE?

  • AHUBWO NIBAGURE AMAKAMBI

  • TWIGIZE ABATUNZI NATWE DUKENYE REKADUKOME

  • jewe nibaza ko boshaka bakareka guta umwanya batana ko amakosa, igihugu nico gifise ingorane mudatoreye umuti ingorane igihugu gifise ngo hasubire kuba umutekano jewe ndabamenyesheje ko na 3.000 rizoshikako, none ntimwumvise ico parcem yababwiye none murondera iki ? aho mwirondeza inyishu ingorane muzibona.

  • BINDARIYE SUWABIKE

  • MBONA,ICOBIVAKO,TUCIRENGAGIZA,TUKIZI,MUGABO,NTAKUNDI,IVYIMANA,IGOMVYE,NIVYOVYIZA

  • Ivyanditswe mûri bibiriya biriko birashika. Uyumusi nubuKen bwi dorare kubera harivyo dusabwa nabakozi ba shetani tutemera , akarorero nkuguhuz ibitsina kubabisangiye , ejo naho muzokwunva ngo ntushobora gusuma batagushizek ikidodo ca666 , akataraza kari munyuma reka kurondera ibibaz iyobitari singorane yibiringo vya président ikibazo niyagahunda ya 666 . Igikenewe rero nigiki? Nukwihana tukiyegerez imana kuk ivyanditswe vyose biriko birashika, ikibazo cuburundi surwanda kandi si nkurunziza.ikibazo nigahunda za666

  • Mbega niho mukibibona kwigikoroni catwinjiranye ?

  • Nyakubahwa Jean Ciza, reke kurinderera ingorane aho zitari; irabe mwebwe nenye kuko ico ni ikimenyetso c’uko ataco mushoboye (Incompétence).

    Ugutwara igihugu si ukubadarara mu ntebe, kunywa champagne no kwiruka inyuma y’amafaranga mucokeza mu mipfuko yanyu (corruption). Ugutwara igihugu ni ubwenge, ni ukwiyumvira uti mbega ngize iki inkwirikizi ni iyihe, ni ukwiheba(sacrifice), ni ukuronderera ineza abanyagihugu bose. Rindire akataraza kari inyuma, aho isinzi ry’urwaruka ruri muri chômage, mwima akazi ngo n’uko atari aba DD, aho bikangurira bizoba ibindi. Subize itaburiya, kabapfuye. Mbega none ko atarwego narumwe rugenda neza, hose muzohashira abapolisi?

  • ABARUNDI REKA DUKOME AKABIKORAKABIZI KARYA IMBOGA KARITSE MBE NIKUBERA IKI URONDERA IKIREZI KANDI ARIWEWE WACIYAMBITSE KUKUBOKO HUMUKE BARUNDI IYO NINTWAROMBI HARAHO IBATI RYARIBWAJE KUBIHUMBI17.000 F? MUKUVURA ISUMBI MANZA UVURE ICARIZANYE

  • Imana Irakunda Uburundi N’ Abarundi Nta Mvura Idahita.

  • Jew niyumvira ko yoba ari aya mafaranga mashash atagir akamaro.

  • Ingorane zayoleta nuko itangakazi kubanywanyi bumugambwe gusa itabanje kurabububasha bwumuntu.Uyo arongoyiyobanki biboneka neza kwatize bikwiye,ingorane nizondyane zirahomugihugu zatewe na perezida.nareke gutumwikomo kubantu atacobazi ntahavabicisha kwa nkurunziza bakazirubusa.

  • Iduga ryamahera y’agaciro rirategwa na Kagame 😠😠ðŸ˜

  • Nabado ntacomurabona, birazwi yuko ivyobakora babikora kukamwana wamama! ntagihugu kiriho gisazwe gikoresha igiturire Nkuburundi, igiturire muburundi bwacu nico catse indaro. Igi porisi naco corwanije igiturire, nicocambere mukurya igiturire, nkakarorero abadandaza imiti ya magendo twama twabikurikiranye usanga igi Porisi nkibifisemwo uruhara, kuko nihusanga bakura ayo bajakuborerwamwo noguhonga abamaraya. Uburundi biragoye kugira buzoveyo,bukamera nkibihugu bindi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.