IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > Leo-Econet : Inkuru nziza ku bakina mw’ihiganwa "Ni Hatari"

Leo-Econet : Inkuru nziza ku bakina mw’ihiganwa "Ni Hatari"

jeudi 22 Nzero 2015

Ihiganwa "Ni Hatari" ry’imihora ya Leo na Econet rirabandanya, abakina muri iryo higanwa bafise amahigwe menshi kuko ikiringo caho ihiganwa ryorangiriye carungurujwe gishirwa ku rindi sango.

Kuva kw’igenekerezo rya 17 Nzero gushika kuri 19, imihora ya Leo na Econet yagumye itanga umuriyoni w’amarundi ku bakina bakaronka amahigwe yo gutsinda mw’ihiganwa "Ni Hatari". Kw’igenekerezo rya 17 Nzero hatsinze Niyokwizera Floribert, kurya 18 Nzero umuriyoni wo muri "Ni Hatari" watsindiye Mugabonihera Nestor, hamwe na Nduwimana Alexis yatsindiye umuriyoni kw’igenekerezo rya 19 Nzero 2015.

Amahigwe ni menshi ku bakina mw’ihiganwa "Ni Hatari" kuko ihiganwa ryorangiye kw’igenekerezo rya 23 Nzero, ariko igenekerezo ryungururijwe kw’igenekerezo ritaramenyekana, kandi tuzobashikiriza vuba.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.