Urunani rw’amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c’impanuka ASSUR(Association des Societes d’assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n’ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k’ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > MainSlideNews
MainSlideNews
Articles
-
Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha
15 November 2018, by vianney -
BRARUDI yaronkeje udushimwe abatsinze mw’ihiganwa « Pfundurura Utsinde »
8 November 2018, by vianneyIshirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI ryatanze udushimwe dutandukanye ku bantu batomboje muvyo bise Pfundurura Utsinde. Kugira utombore, umuntu agura icupa ry’ikiyeri inyuma yo kuryugurura afata umufuniko akawuharura kugira arabe ico yatomboje indani mwuwo mufuniko.
-
’’Nta caha na kimwe nakoze mu kuvuga Oya.’’-Hon. RWASA Agathon
21 mai 2018Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi, umushingamateka RWASA Agathon, amenyesha ko ata caha na kimwe yakoze mu kuvuga Oya kw’ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro, kuko vyemewe kandi bitegekanijwe n’amategeko.
-
Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF
14 November 2018, by vianneyIshirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy’Uburundi imfashanyo y’amafaranga angana imiriyoni 23 y’amafaranga y’amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko.
-
Econet leo yatanguje ubuhinga bushasha « Econet Connected Car » bufasha gukwirikirana imodoka aho igeze
2 November 2018, by vianneyIshirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje kumugaragaro, kur-uno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2018, ubuhinga bushasha biciye mu buhinga bwa none « Econet Connected Car» bufasha gukwirikirana imiduga aho igeze umwanya ku mwanya hamwe no kumenya uko umuduga uriko uratwarwa nuko umushoferi ariko yigenza.
-
Umugambwe CNDD-FDD urashimishwa n’ivyavuye mu matora y’ibwirizwa nshingiro
22 mai 2018Umugambwe CNDD-FDD, umenyesha ko ushima ibitigiri vy’ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, vyatanganjwe n’umugwi w’igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora CENI. Uwo mugambwe umenyesha ko, ari ikimenyetso gikomeye kandi kiremesha, cerekana yuko abarundi bisununuye bapfundika ijambo ntabanduka ku bijanye n’ingene bashaka kurongorwa.
-
Ekereziya Gatorika y’Uburundi yumvikanye ku ntererano y’amatora yatanze
4 Rusama 2018, par Egide NDUWIMANAN’aho abamenyeshamakuru batatumweko nk’uko vyari bimenyerewe ku yindi mirwi y’abatanze intererano y’amatora, amakuru dufise avuga ko Ekereziya Gatorika y’Uburundi yatanze mu ndwi iheze intererano y’amatora ingana n’amafaranga imiriyoni umunani z’amarundi.
-
Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyatanguye kuja ahabona
18 mai 2018Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, mu ntara zitandukanye z’igihugu ibiharuro mfatakibanza vyatanguye kuja ahabona.
-
Umugambi nyobozi w’itunganywa rishasha ry’igisagara ca Bujumbura wuguruwe
28 novembre 2017Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yuguruye ku mugaragaro kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 28 Munyonyo 2017, umugambi nyobozi wo gutunganya gushasha igisagara ca Bujumbura. Mw’ijambo yashikirije, asaba abajejwe intwaro guhimiriza abanyagihugu mw’ishirwa mu ngiro ry’uwo mugambi werekana ishusho nshasha y’igisagara gushika mu mwaka wa 2045.
-
Umushikirizamanza kizigenza wa Republika yashizeho umurwi w’amatohoza ku bwicanyi bw’i Buganda
14 mai 2018Umushikirizamanza kizigenza wa Republika, amenyesha ko bashizeho umurwi wo gutohoza abakoze ubwicanyi bwabereye ku mutumba ruhagarika, komine Buganda, intara ya Cibitoke, ababafashije hamwe n’ababatumye. Sylvestre NYANDWI avuga ko uwo murwi wahawe ikiringo c’ukwezi kumwe, kugira ngo uzobe washikanye iyo dosiye imbere ya sentare.