Ibiharuro mfatakinza : Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, Oya ku majwi 19,6 kw’ijana

Yanditswe na IGIHE
Kuya 18 mai 2018 saa 04:43
65640
0 0

Inyuma y’ibiharuro vyatororokanijwe mu ntara zose vyerekana ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro vy’umurwi utegura amatora ku rwego rw’igihugu CENI, vyerekana ko Ego yatsinze ku majwi 73,18 kw’ijana, mu gihe Oya yaronse amajwi 19,6 kw’ijana, mu ntara 18 zigize igihugu.

Mu ntara 18, ibiharuro bimeze uku :

Muramvya :Ego : 79% , Oya : 15%
Kirundo :Ego : 83,01% , Oya : 12,2 %
Mwaro :Ego : 61,74% , Oya : 27,81%
Rumonge :Ego : 66,52% , Oya : 25,75%
Bubanza : Ego : 80,6% , Oya : 12,55%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,1 % , Oya : 44%
Bujumbura province : Ego : 75,74% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:71, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72,67% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,76%, Oya : 9,57%
Ngozi : Ego:82,8%, Oya : 10,1%
Makamba : Ego : 65,6%, Oya:26,2%
Gitega :Ego :75,8, Oya :18,3
Muyinga :Ego :81,4, Oya :10,9
Cibitoke : Ego :80,8, Oya : 13,79
Cankuzo : Ego :70,52, Oya : 19,8
Rutana :Ego :62,91, Oya :21,8
Kayanza : 82,45, Oya :18,89

Gushika ku muhingamo wo kuwa gatanu igenekerezo rya 18 Rusama 2018, umurwi CENI wamenyesheje ko muri rusangi amatora yo kwemeza cabke guhakana ibwirizwa nshingiro yagenze neza mu gihugu cose.


Kumenyekanisha

1
Nestor 20-05-2018 à 08:01

Emw Ni Barek Abenegihugu Twaraciy Ubwenge.Twararyemeje Abavyanka Nibihangane.

2
Assan bikorimana 19-05-2018 à 17:19

Imanamushoboravyose
Nihabwe , icubahiro.

kandibamenyeko, ukurigucamuzikontigushe.
Ntagihe ikinyomakizigeragitsinda.

Nkabankeje, abarunditwese.

kubatoye Ego .

Nabatayitoye, Mwesendabipfurijekuroranirwa.

mungozanyu, moralize.

3
True 19-05-2018 à 11:22

none baravuga iki ? ni bareke uburundi bwibere ubwamata n’ubuki ababwanka bakomez kubwipfuza babubure ! mbega yes.

4
Mahoro 19-05-2018 à 07:16

Nibazako harimwo hamwe habaye ukwihenda.Uteranije mu ntara vyorenga 100%gute ?

5
Inkona Ntiyaruzwa 19-05-2018 à 07:03

Ohooo ?!?Twarababwiy Ego Nitsinde.Nibasubir Ngo Amatora Yibwe.

6
EE 18-05-2018 à 21:03

YOOO !!

7
arexandre yamuremye 18-05-2018 à 20:26

Total yibwirizwashingiro

8
Manirakiza Léonard 18-05-2018 à 19:24

Twongeye Kwikukira Imana ishimwe

9
PHILIPP 18-05-2018 à 19:07

NDIHANZEYIGIHUGU ARIKONDASHIMYE KWAMATORAYAGENZ EGO.IMANA IYIHEZAGIRENABATO YEMWESE ABATOYE OYANAMWEMUHEZA GIGWE TUZOGUMAGUSENGE RA.IGIHUGUNABAGITWARA.NABATWAGWA IMANA IBAHEZAGIRE

10
SERGES 18-05-2018 à 17:30

Neza Cane !Abarundi Turamaz Kwemeza Ko Dusezereye Intwaro Z’inzomekerano !Ni Harambe Uburundi N’abarundi.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha