Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo kuzirikana igihugu kuruno wa gatanu igenekerezo rya 2 Munyonyo 2018 ku barongoye abandi mu butungane, mu mabohero hamwe n’abandi bakozi batandukanye bakorera mu bushikiranganji bw’ubutungane.
Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye
Intwaro ibereye
-
Umukuru w’igihugu yatanze inyigisho kubakozi batandukanye bo mu bushikiranganji bw’ubutungane
2 November 2018, by vianney -
Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije inama nshikiranganji
31 October 2018, by vianneyUmukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruno wa gatatu igenekerezo rya 31 Gitugutu umwaka wa 2018 inama nshikiranganji aho integuro z’amategeko zishika 6 arizo ziri k’urutonde rw’ivyigwa.
-
Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru
30 October 2018, by vianneyUmukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatanze inyigisho zo gukundisha igihugu ku bamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 30 Gitugutu umwaka wa 2018 mu ntara ya Muramvya.
-
Abakomiseri baheruka gutorwa muri CNIDH barahiye murayo mabanga
11 October 2018, by vianneyAbakomiseri 2 bashasha baheruka gutorwa kuja mu murwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH barahiye murayo mabanga kuruno wa kane igenekerezo rya 11 Gitugutu 2018 imbere y’umukuru w’igihugu n’imbere y’inama nshingamateka.
-
Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi
5 October 2018, by vianneyUwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu (...) -
Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji
3 October 2018, by vianneyInama nshikiranganji yakoranye kuruno wa gatatu igenekerezo rya 3 Gitugutu umwaka wa 2018 irongowe n’umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA.
-
Pascal BARANDAGAIYE yamenyesheje amashirahamwe akorera mu Burundi ivyo ategerezwa kwisunga
3 October 2018, by vianneyUmushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE yatunganije inama n’amashirahamwe mpuzamakungu akorera mu Burundi mu ntumbero yo kuyamenyesha ivyo bategerezwa kwisunga mu bikorwa vyabo.
-
Edouard NDUWIMANA:“Amashirahamwe adaharanira inyugu za poritike sayo kugumura nayo gutanga impanuro”
25 September 2018, by vianneyUmuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA mu nama yatunganije n’amashirahamwe adaharanira inyungu za poritike yamenyesheje ko amashirihamwe yabo atarayo kugumura ariko ihangiro yayo ariyo guhamagarira abanyagihugu kwiteza imbere no gukebura reta mu gutanga impanuro mu ntumbero yo gukinga amatati.
-
Mugamba: Musitanteri yahagaritswe mu mabanga mu kiringo c’amezi 3
25 September 2018, by vianneyMusitanteri wa komine Mugamba Anicet NIYONZIMA yahagaritswe mu mabanga yo kurongora iyo komine mu kiringo c’amezi atatu inyuma yaho yagirijwe kutabungabunga neza ubutunzi bw’iyo komine.
-
Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji
19 September 2018, by vianneyInama nshikiranganji yakoranye kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2018 irongowe n’Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA hakaba hari integuro z’amategeko zishika zitanu zari k’urutonde rw’iyo nama.