Mugamba: Musitanteri yahagaritswe mu mabanga mu kiringo c’amezi 3

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 September 2018 saa 12:24
20790
0 0

Musitanteri wa komine Mugamba Anicet NIYONZIMA yahagaritswe mu mabanga yo kurongora iyo komine mu kiringo c’amezi atatu inyuma yaho yagirijwe kutabungabunga neza ubutunzi bw’iyo komine.

Anicet NIYONZIMA yahagaritswe kuko atigeze amenyesha ibijanye n’utunenge twibonekeje mu makori n’amatagisi atangwa n’ishirahamwe OTB y’i Tora hamwe nokutabungabunga neza ubutunzi bwa komine.

Bitegekanijwe ko umuhanuzi wa musitanteri ajejwe ivy’intwaro n’imibano ariwe azoba aratwara vy’imfatakibanza iyo komine


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha