Murizo nyigisho zo gukundisha igihugu,umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yasavye abamenyeshamakuru gukoresha ubwenge mu mwuga wabo hamwe no gushikiriza ivyubaka igihugu mu kugiteza imbere.
Iruhande y’abamenyeshamakuru izo nyigisho zitabwe kandi n’abavugizi b’inzego zose z’igihugu hamwe nabo mu kigo kijejwe gucungera uko ibimenyeshamakuru bikora mu gihugu c’Uburundi CNC(CONSEIL National de la Communication).



Murakagira Iteka N’itekane Banyakwubahwa Kunyigisho Zogukunda Igihugu Mwama Muratanga.