IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije inama nshikiranganji

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakoranije inama nshikiranganji

Wednesday 31 October 2018, by vianney

Zimwe mu nteguro zari k’urutonde rw’ivyigwa ni nk’integuro y’itegeko rijanye n’amacuniro,integuro y’itegeko ritunganya igikorwa co kubaga ibitungwa,itegeko rijanye no kugenzura ibitungwa.

Ibindi vyari mu rutonde rw’ivyigwa muriyo nama nshikiranganji yakoranijwe n’umukuru w’igihugu n’integuro ijanye no guteza imbere igisata co gusuzuma imodokari «Contrôle technique »,integuro ijanye n’amasezerano hagati ya reta y’Uburundi hamwe n’igihugu ca Arabiya Sawudite mu bijanye n’umutekano no gukinga impanuka hamwe n’utuntu n’utundi.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Hangama ku ngoma mwana w’Imana, tukuri inyuma. Kandi udutegurire umugabo ameze nkawe pour 2020. Ntituzosubire kugwa mw’isanganya. Nkurunziza Oyé? Oyé.

  • Andika han Nyakubahwa Petero Nkurunziza Sebarundi Songambere Mubikogwa Ahari Inama Haba Imana Yovyose.

  • Mutama wacu wakora ariko harahantu ukora ugasha kandi niho hononye iterambere ry igihugu.Je simbona ko murwanya ikintu bita igiturire no kwiba smatungo ya leta nka kurya muhagurukira ikibazo c umutekano iyo hagize agakacira.Tohoza bukebuke uzobona ko igihugu kigeze habi cane mukurya ibiturire kuburyo ataterambere rifadika tuzoshika ko mugihe mudahinduye umukenyuro.

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.