Uwahoze ari buramatari wa Bubanza yagenywe kuba umwunganirizi

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 5 October 2018 saa 04:32
22485
0 0

Uwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu (...)

Uwahoze ari buramatari w’intara ya Bubanza Tharcisse NIYONGABO yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati

Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena inomero 100/149 ryo kw’igenekerezo rya 4 Gitugutu 2018 rimenyeshako Tharcisse NIYONGABO agenywe mu mabanga yo kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu.


Kumenyekanisha

1
NGE 8-10-2018 à 07:51

Ba mutubwira ivyo avuga natwe tumumenye

2
Busurahende 6-10-2018 à 03:56

Uwo Tharcisse Niyongabo asubiriye nawe bamushinze ayahe mabanga? Niwe bariko barategura kugira atware muri 2020? Aravuga agaheba akarenza urugero kurusha abamutumye.

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha