IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 11 batangura mu kibuga mu rukino ruhuza Uburundi na Etiyopiya (...)

Abakinyi 11 batangura mu kibuga mu rukino ruhuza Uburundi na Etiyopiya bamenyekanye

dimanche 1er avril 2018

Abakini 11 batangura mu kibuga ni :

20.Rukundo Onesime
2.Ndaye Chancel
11.Bigirimana Ramadhan
15.Selemani Moustapha
17.Ndoriyobija Eric
6.Mbirizi Eric
8.Muryango Mabano
10.Kwizera Eric Kirungo
5.Ramadhan Pascal
12. Djuma Mohamedi
3.Shaka Bienvenue

Abasubirira abandi ni :

1. Nduwimana Haile Shalom
16. Kashindi Joseph
19. Ndizeye Eric
4.Nsengiyumva Rahim
14.Eza Armel
7. Ulimwengu Jules
9. Mavugo Cédric

Abahagarikizi bane b’urukino bava mu gihugu ca Somaliya, mu gihe umukomiseri w’urukino, ava mu gihugu ca Misiri.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.