IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > Umumenyereza w’intamba mu rugamba asaba abarundi kuzoja kuwushigikira mu (...)

Umumenyereza w’intamba mu rugamba asaba abarundi kuzoja kuwushigikira mu rukino ruzowuhuza na Mali

Monday 15 October 2018, by vianney

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa mbere igenekerezo rya 15 Gitugutu 2018,Olivier NIYUNGEKO yavuze ko kubona bararonse inota rimwe mu gihugu ca Mali bibaha amahirwe angana na 60 kw’ijana yo gushobora gutsinda.

Olivier NIYUNGEKO asaba abakunzi b’umurwi nserukiragihugu kuzoja kuwushigikira kuko intsinzi ibonetse azoba ari umunezero ku gihugu cose.

Mu rukino rwabereye i Bamako mu gihugu ca Mali ku musi wa gatanu w’indwi iheze,urukino rwaheze igihugu c’Uburundi kinganya n’igihugu ca Mali ubusa ku bundi vyose bica bitahukana inota rimwe rimwe.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.