IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > Aigle Noir uza mu kibanza ca mbere k’urutonde mfatakibanza mw’ihiganwa mu (...)

Aigle Noir uza mu kibanza ca mbere k’urutonde mfatakibanza mw’ihiganwa mu cicaro ca mbere

Monday 29 October 2018, by vianney

Umurwi wa Messager Ngozi watsinze 5 umurwi wa Messager Bujumbura ibitsindo 2 ku busa bituma uyo murwi wa Messager Bujumbura uza ubwa nyuma muriryo higanwa.

Umurwi waVital’O FC watsinze umurwi wa Ngozi city ibitsindo 3 k’ubusa bwa Ngozi City.

Inyuma y’izo nkino,k’urutonde mfatakibanza umurwi wa Aigle Noir niwo uza mu kibanza ca mbere n’amanota 35,umurwi uza mu kibanza ca kabiri n’umurwi wa Musongati Fc ufise amanota 31,ubwa gatatu umurwi wa Ngozi City n’amanota 21.

Kuva mu kibanza ca kane gushika mu kibanza ca 16 arico ca nyuma ,imirwi ikurikirana uku gukurikira ,Buja City,Vitalo FC,Rukinzo Fc ,Les Lierres,Rumamuru Fc,Flambeau de l’Est,LLSB4A,Flambeau du centre,Kayanza United,Messager Ngozi,Olympique Star,Atletico Olympique hamwe na Messager Bujumbura uza mu kibanza ca nyuma arico ca 16 n’amanota 6.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.