Abakinyi b’Intamba bazokina na Afrika y’epfo bafata urugendo kuri uwu wa gatatu

Yanditswe na Egide NDUWIMANA
Kuya 15 Munyonyo 2017 saa 11:15
Yasomwe : 5022
0 0

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi mu rukino rw’umupira w’amaguru w’abakobwa bafata kuri uwu wa gatatu urugendo rubashikana mu gihugu ca Afrika y’epfo, aho bagiye kwitegurira urukino rw’ugusubiza ruzohuza Uburundi na Afrika y’epfo kuri uwu wa gatandatu.

Urwo rukino rw’abigeme batarenza imyaka 20 ruzoba kuri uwu wa gatandatu, umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi, amenyesha ko abakinyi atwaye mu gihugu ca Afrika y’epfo bifashe neza, haba mu magara canke mu myimenyerezo bakoze.

Mu rukino rwa mbere, Uburundi bwari bwatsinze ibitsindo bibiri ku busa bwa Afrika y’epfo.

Abakinyi 18 b’Uburundi bafata urugendo kuri uwu wa gatatu rubashikana muri Afrika y’epfo

1. IRAKOZE Jeanine
2. NZEYIMANA Adidja
3. NAHIMANA Falone
4. MANISHIMWE Evelyne
5. ZILFA Suzane
6. Asha Djafar (C)
7. KANYAMUNEZA Erica
8. BUKURU Rachelle
9. IRANKUNDA Charlotte
10. BUKURU Joëlle
11. IRAKOZE Oriane
12. UWIMANA Aniella
13. IRADUKUNDA Diane
14. NIYONKURU Sandrine
15. NININAHAZWE Evelyne
16. IRAKOZE Ladouce
17. NAHIMANA Nasra
18. GIRUKWISHAKA Emelance


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha