IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura

Wednesday 4 July 2018, by vianney

Abo bantu bose uko ari 48 bava mu ntara ya Kirundo.

Bitegekanijwe ko zimwe mu mpuzu ziyandikishije kugira zihunguke zivuye mu nkambi y’impunzi ngaho mu gihugu ca Kenya zizozanwa mu mirwi ine.


IGIHE

Forum posts

  • Nimwitahire kuko ubuhungiro bwomwinomyaka busigaye arakayobera abahinga! Umvanamwe ayomashirahamwe yitwa mpuzamakungu ahokubafasha nokubakingira usanga abajamwo abigisha ivyubukozibwibibi harimwo nokubabwira ngo nimuhamagare nabandimwasize mugihugu bahunge ngobazoze bavuga kobahunze ibinibi!

  • Abo.Barundinibatahedusangireijumpubirezecane.Ubuhungirontamakiroarimwo

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.