IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Muyinga: Abantu 649 bakiriwe bahungutse

Muyinga: Abantu 649 bakiriwe bahungutse

Friday 17 August 2018, by vianney

Amakuru avuga ko abo bahungutse bakiriwe n’abajejwe intwaro bo mu ntara ya Muyinga.

Mwomenya ko abantu bangana 985 aribo baheruka kwakirwa n’abajejwe intwaro muri komine Gisuru mu ntara ya Ruyigi bavuye mu makambi 2 yo mu gihugu ca Tanzaniya.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.